Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ifoto y’umunsi
 Ifoto y’umunsi
 Ifoto y’umunsi
				
				mercredi 26 Ruhuhuma 2014
 
- Bamwe mu banyagihugu bemeza ko umukuru wa karitiye y’icenda mu Ngagara Prosperine Ndayishimiye, yanyomoje mu kudandaza ibibanza vy’abanyagihugu, yishimirije igiti afise. Basaba ko n’ubutunzi afise bukwiye kugirwako amatohoza, bakaraba uko yaburonse.
Soma inkuru ikwiye Agahinda niko kagira kice abavyeyi bavuga ko abana babo bahiriye mu mazu Kumase
IGIHE
