IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 13 Mukakaro

13 Mukakaro

mercredi 13 Mukakaro 2016

Igenekerezo rya 13 Mukakaro.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

1878: Inama y’i Berlin irarangira hashizweko igikumu amasezerano y’i Berlin. Aho ni mu Budagi.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1821: Nathan Bedford Forrest, umusirikare w’umunyamerika yari indononzi y’umurwi wabo bita aba Ku Klux Klan.

JPEG - 38.9 ko
Nathan Bedford Forrest

1864: John Jacob Astor IV, umunamerika y’ikorera utwiwe akaba umwanditsi n’umushakashatsi.

1927: Didouche Mourad, umwe mubaharaniye intahe y’ukwikukira kw’igihugu ca Algérie.

1934: Wole Soyinka, umwanditsi akomoka muri Nigéria yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kandika mu 1986.

JPEG - 8.5 ko
Wole Soyinka

1988: Steven R. McQueen, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 16 ko
Steven R. McQueen

Ibihimbazwa

. Argentine: - Umunsi mukuru w’itumatumanako amakuru ku rwego rw’igihugu.

-  Umunsi mukuru wahariwe abakozi bakora muvyo amasoko ntanganguvu.


Luc-Noel INGABIRE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.