IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imangazini T2000 yahiye iratokombera

Imangazini T2000 yahiye iratokombera

lundi 21 Nyakanga 2015

Imangazini y’abashinwa izwi kw’izina rya T2000 yahiye mu gatondo ko kuri uno wa mbere igenekerezo rya 21 Nyakanga 2015.

Nkuko abari ngaho babimenyesheje,uwo muriro wadutse nk’igihe c’isaha zitatu igihe abakozi bahakorera bari batanguye kwitunganya ngo batangure imirimo.

Amakuru ava aho kuri iyo mangazini amenyesha ko uwo muriro woba wavuye ku muyagankuba,ariko gushika ubu agaciro k’ivyononekaye ntikaramenyekana.

Igipolisi kijejwe gukinga impanuka cahavuye gishikana ikiduga muri bimwe bizimya umuriro bita Kizimyamwoto ariko,muri ico gihe vyaboneka ko ata kintu kinini bashobora gukiza.

Iyo mangazini T2000 isanzwe iri kw’ibarabara ryitiriwe umugambwe UPRONA hafi y’ahakorera ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet.

Van Naris Mugisha

Messages

  • uyu niwamugambi nkurunziza bamutuma ikuzimumu wokwica nuguturira amasoko nahandi Mugabe guko aracabandanya ikuzimu akorera ntasinzira ngo hatafyuye abantu canke gwaturire ibintu

  • gusabirabajecanemukozekwihangakandi,ababishinzwebabikurikirane

  • Birababaje kubona amasoko aguma asha turorera naho hatavuzw ko ari Imana yabigize kugra turonke mashasha.

  • NTAKUNDI ABOBACHINOIS NIBIHANGANE

  • Mbega Ubuhombe Muraraba Kandi Mutohoze

  • Mbe kuberiki abantu muguma mutukana mugwaye iki?muraraba neza ko atarimwebw mujayo

  • MBE WAMBWAWE mukobozi AHUVUGA NGO PETER HARI IVYO BAMUSAVYE IKUZIMU, WEWE RERO URUMVA KO MWAHURIYEYO UKUMVA IVYO BAMUSABA AZOTANGA. NONE NAWE BAGUTUMYE GUTANGA IKI? UBWO NAWE NTIBAGUSAVYE AMARASO YABAPOLISI NABASIRIKARE MUMAZE IMISI MWICA? (Nimba wemera IMANA, na Peter aremera IMANA : IGISIGAYE GUSA NUKO HAZOMENYEKANA UWUSENGA IMANA YUKURI NKA YAYINDI YA DANIEL, YA YAKOBO,YA ISAAC..., IZOKWIYEREKANA).

  • ngira niyontwarombi ije yimônogoza mukuzana fondamental nomuguhonvya bakavamahanga yobashimira gute ataberetse ukuri yarashaka

  • Nakajegeza.Ariko ! Ohoo!oo!oooo!!!!

  • ico cuka kiri mu burundi co guturira amaso l’etat ikwiy kugitorera umuti

  • nibihanane ngomba mbaze umuyanditse izina mukombozi kwariwe vyukuri naho hakaba amwuteranya Imana izomuhana ariko nivyukuri ni prezida abituma nibi biracaza izuba rigombaritwice ikintangaza nuko aduhe nda ngo arimubikorarani vyimana nyamba arivyashetani aragowe isiraheze

  • NONE ABO BASHINWA NTANUMWE YASHOBOYE KUBASIGURIRA MUGISHINWA IVYO UMUKURU WIGIHUGU YASHIKIRIJE ABARUNDI NAMAKUNGU??????? YAVUZE ATI UMURUNDI CANKE UMUNYAHANGA AZITAMBIKA IMBERE YUYUMUGAMBI WAMAHORO IMANA IZOMUTURIRA CANKE NGO APFE NKIFU YIMIJIRA HIHIHIHIHIIIIIIII ABASHINWA NABO BITAMBITSE IMBERE MUKWEMEZA LETA ITATOWE NABANYAGIHUGU NIBAWUNWE NABADO.

  • Ahubwo badakuye meza hasigaye guturira ubuhanga bwabo. Ingaruka yogufata ubutegetsi kugikenye.

  • EGO MAMAYANGU REKA AYO MANGAZINE ATOKOMBERE NAKARE ABO BA CHINOIS NIBO BAMUTERA PETER AMANYAMA HAMA UWO NIWO MUTEKANO YAVUGA UH EREGA NAKUMBURE AKINJURE KUKO NTIWOTWARA UMUNYAGIHUGU ATAMATORA NYAKURI YABAYE! MBE
    " kaka girwamana" peter Na mukiwe denise AHERUKA GUHENDA BENE BURUNDI NGO NIKO KAMWERETSE YUKO Irya mbunuza ngo ni peter YOGUMA ITWARA UBURUNDI ntibarabona NEZA YUKO KABAHENZE NTIMUZODUTWARA MAMA YANGU!

  • Jewe ndibazako chine atagihombo kinini yagize kuko yamye itemera ko reta ya Nkurunziza ariyinkozi Z’ ikibi niyo chine yabaza uko vyagenze mubishure ko yahiye nk’ isoko nkuru ya Bujumbura.

  • Uwuraho ati Imana ya Daniel...., mbega burya Imana ubivuze neza ko ugize uti igisigaye nuko hazomenyekana uwusenga Imana y’ukuri ariko mu gihe wewe n’abandi nkawe mutariyimanya mwirinde ntihagire uwo muhuvya kuko Yezu Kristu yivugiye atoi:"Igiti cose kirangwa n’ivyamwa vyaco kuko atawokwamura ifigiye ku mikera canke imizabibu ku matovu." Buriya rero Imana ntimugume muyigira ubupfindo yoyo yarimenyekanishije mu bikorwa vyiza vy’abana bayo. URUKUNDO, UKURI, UBUTUNGANE, UKWICISHA BUGUFI, UBUGAMBURUTSI, UKWIGURA ABANDI n’ibindi bisa nivyo nivyo bishobora kuturangira umuntu yubaha Imana kandi agendera mw’ishaka ryayo. kandi Imana ntiyigeze yemera kuba icabona mu bugaba bw’abantu nk’uko tumaze imisi tuvyumva hano i wacu ngo:"imana yo mw’ijuru niyo cabano". naho mwoba mutarayimenye murigishanya kuyubaha kuko niyo mucamanza w’ukuri atawe arenganya kandi adakeneye ivyagiriji kuko ivyo dukora vyose atakinjegejwe mu maso yiwe.
    Burya icabona kirashobora kubesha canke kikagererwa, ariko Imana uko siko imeze ahubwo dufashanye tugarurane ntitubandnye kuyishinyaguriza muramenya ko ivyo idashobora kuvyihanganira igihe kirekire.
    Ndabasabiye ngo ibababarire kandi ibagwirize ikigongwe ntimutinye kwigarura irabakunda cane ariko muhebe inabi cane cane ikibi mucite ikibi nayo iciza mucite iciza naho vyoba bibakura amata mukanwa. muhezagirwe!

  • nyamba ari amadayimoni yabo abihindutse hama ngo numuyagankuba

  • Ukwihangana kube kuruyo muryango wabuz’ivyawo bihanganire muri Christo ntazoreka kubongera ibindu guko ntacaha bakoze cotumababonayo makuba

  • Mukombozi uwuter’ivyago nisatani si President wacu nahumwanka turinyumayiwe kera hariho ibiro bimwe bimwe vyinjirwamwo nubwoko bumwe arikubu namwe muri DPE ndumunyagihugu muto ivyo vyose ndabikesha Pierre Nkurunziza ahubwo niyirambire.

  • nimwirabire intwaro yigikenye ntakindi ishoboye ewe peter urahimiye uburundi uri umuvumo wuburundi ndakubariye

  • NUKURIVYATUBABAJE AHOTUVYUNVIYE ABABIJEJWENIBIHUTE GUTOHOZA BABASHUMBUSHE KUKO BADUFATANEZA TUGIYEKUGURA IKINTU NDANGIJE NDABAHOZA BIHANGANE

  • NUKURIVYATUBABAJE AHOTUVYUNVIYE ABABIJEJWENIBIHUTE GUTOHOZA BABASHUMBUSHE KUKO BADUFATANEZA TUGIYEKUGURA IKINTU NDANGIJE NDABAHOZA BIHANGANE

  • yewe abo bafise amahera yumurengera mundwi 2 haraba hasumba uko hahora,

  • Mana Tabara Uburundi.Isoko Yarahiye Bavuga Ngo Yahiye Kubugombe Bw’IMANA abategetsi nibagere ico bavuze kuri T2000 nayo twumve

  • Mana Tabara Uburundi.Isoko Yarahiye Bavuga Ngo Yahiye Kubugombe Bw’IMANA abategetsi nibagire ico bavuze kuri T2000 nayo twumve

  • Ico nosaba abarundi mwese nukwo mwokwubahana,mukongera mukubaha ababakurira,cane cane abategetsi,biraboneka mumvugo zacu abarundi bubu ntandero tukigira,dusubire kwuga kwubahana!!Ikindi novuga Reta irahagabira mwiyo miriro y,amasoko n,amamangazini,tuzohava twibaza ko atari mpanuka gusa hari nivyoba vyinyegeje inyuma.Mwibaze gusa ingen ubushomer nubuken biguma vyiyongra kubera iyomiriro!!Abo bashinwa nabo nibihangane kubera tuziko batunze hano kurino si kandi arabakunzi bareta y,uburundi ni basanure vyihuta iyonyubakwa yahiye mbere reta yongere ibategeke basanure iyo soko nkuru,bazane imitahe bashiremwo bongere bahakazi abo bashomeri buzuye mwayo mabarabara.!!Mugabo kotubona nabo atacobikura aribasatuntu twanje,atamuntu bahakazi,burya twebwe urwaruka rushomereye turabibona,tuzoteba dusabeko botuvamwo,ntituzemera ko harabaguma barya bonyene natwe turorera!!Reta fata ingingo zibereye zotuma twese tubaho sinon,bizogora gutwara abantu bashonje!!amahoro si kuri terrain,umutekano n,amahoro biri munda!murakoze!

  • None ko masokmuburndi agashandtsenamamagasin Reta ikora iki?ahontahotujnthotuva

  • Kombon muburnd amasok asha namamagasin Reta Ikra Iki? Mama Fasha Uburnd

  • emwe birababaje ntaterambere tuzokwigeratugira kuko tuguma dusubirinyuma nk’ibirenge kuberukutumvikana hagati y’abatwara,nabatwagwa rekatubiturimana gusa.

  • emwe birababaje ntaterambere tuzokwigeratugira kuko tuguma dusubirinyuma nk’ibirenge kuberukutumvikana hagati y’abatwara,nabatwagwa rekatubiturimana gusa.

  • Nimwihangane Muzokwubaka Iyindi Soko Ntawury’(ikitamubiriye)

  • wewe wiyise mukombozi reka kwigira ivyushaka kuko wendunva urumusanzesheke kuko ikintucose kiba kumwanyawaco kandi icowomenya kowadutuririye amazu mukatwiba inka nibindi ntoheza vuba ibivunja ntibirimkubica ibinwamaraso gusa teranya abenegihugu ariko ntahomuzogera kuko tubarushubweng siryamber duhisha ariko iyomwijuru nicocabona

  • Ahubwo nkurunziza yasaze ubu arashiririye nyene muguturira amasoko reka urya mwana yatemeye mwishamba amuhumire . Ico nomubwira nareke kuguma icisha imana mukanwa .

  • NTAKUNDI ARIKO IGITUMA UMURIRO WAMA UTURIRA UGATONGORA AMATOHOZA NYAYO AZOTEBA AMENYEKANE.ABAKURU BARAHANYARUKA GUSUMB ZA KIZIMYA NAVYONYENE NUKUBIRABA NEZA.LE 21 SIHEZA MU BURUNDI.

  • ndasavye nyakubahwa umucamanza mukuru wa repuburika valente bagorikunda ashireho umugwi wamatohohoza

  • oya ntacumuntuyovug gus uburundi bwahorabukeny bigiyekwunyuk umuhinga nuwogusengera ikigihugu cacu ku kw’imana yonyene niyoyokudutabara

  • Ntagitangaje Kuko Muburundi Umuriro Ni Mucezo Wa Ndani

  • Rek twihangane imana irabona igihugu cacu

  • WE WIYISE MUZOPFA MUHERE NKIFU YIMINJIRANO YACUDUHENDA KUKO SABATUTSI BOSE BADUSAHUYE KANDI SINABAHUTU BOSE UYUMUSI BIGIZE INTUMVA NKAWEWE ZIMBONERAKURE! BUYOYA NAKARWI KIWE NIBO BADUSAHUYE! SABATUTSI BOSE NKUKO UNO MUSI PETER NAKARWI KIWE ARIBO BISAHURIYE ITUNGA RYA LETA BAKANICA ABAHUTU BABA FNL NUWO WESE ATEREKWA 3EME MANDAT! NTUGOMBE KUDUHENDA NGO NI ABATUTSI BOSE BATUNZE NKUKWATARI ABAHUTU BOSE BUCA BATUNGA NGO NUKO HATWAYE ABAHUTU HATUNGA AKO KARWI KONYENE KABA GATWAYE UBURUNDI KAKADUFUKAMA MUNDA TWESE ABANYAGIHUGU!

  • Turahaye Pore Abagwizatunga Barangurira Imigambi Ahohantu. Icakabiri, Nukuraba Ababahohantu, Mukaja Mwishrahamwe Ryamatara Koko Kwarumuriro Wumuyagankuba. Mwongere Murabe Abagomvye Kwihigihugu Kunguvu,harinaho Aribo Bipfuza Kudusubizinyuma. Kuko Nivyo Bakoze Mumigumuko Bisanivyo.

  • y. mana yaturir isoko nkuru ya buja n ubu irabandanya gukorer ikibi uburundi.

  • nimwihangane mana tabara.uburunfi

  • nimwihangane mana tabara.uburunfi

  • JEWENOREME SHA,ABOBANTU,IBINTUVYABOVYOBAVYAHIYE BAZORONKA IBINDI UMUSURE NIWOBACAKIYE KUMASHWA RAYINYUMA URINYUGUTURA URIGURUKIRA UCUVUGATI HARIHAGOYAMAGARA NAYAMASHWARA AYANDAZOMDRA

  • MUBURUNDI DUHIRIYE TUKIRIKO KUKO TWARIDUKWIYE KUBA DUFISIBIDUGA VYISHI KUMAHINGURIRO AKOMAKOMEYE KUGIRA BIGUMEHO BITARUKWO MURABONA KO TWEBWABANYAGIHUGU ARITWE TUHAHOMBERA,MUMISHAHARA NO MUKWI YUNGUNGANYA, MUSENGE NDABONA BIRIMWO SATANI

  • uwo muriro m,uburundi w,umuyagankuba wagisibije reta y,ubrd ntavyibona ngo ikinge iyompanuka canke ???

  • Reta Nitunganye Amatohoza Mbere Nabahinga Batere?Mukumenya Icahaturiye Usangwa Ari Umuyagankuba Rejidezo Irihe Ivyahiye !Kuko Abanyamahanga Bohava Bareka Kuzana Imitahe Mugihugu Cacu Imana Nifashe Abahinga Kumenya Icateye Uwo Muriro Mubandanye Gusenga Murakoze Amen.

  • Twarahomvyekubona T2000ishaigatokombera

  • ubushinwaburahuyenivyo.mwihangane

  • kwizera pheniance ntibizigusha nubusanzwe asanzwe ari acagome.Nagiyekubashorera bashakakunkubita.

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.