IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Imirwi ibiri yo mu Burundi yitavye inkino muri Lesotho

Imirwi ibiri yo mu Burundi yitavye inkino muri Lesotho

mercredi 10 Ruhuhuma 2016, par egide

Mu mpera z’ino ndwi, hategekanijwe inkino zibiri imirwi yo mu Burundi izoserukamwo, mu gihugu ca Lesotho. Umurwi wa Vital’O uzokina kuri uwu w’Imana mw’ihiganwa ry’imirwi yabaye iya mbere mu bihubu vyayo. Umurwi wa Athletico Olympic nawo ukaba uzokina kuri uwu wa gatandatu mu nkino za (Conféderation). Abakinyi ba Athletico bafata urugendo kuri uwu wa gatatu, mu gihe abakinyi ba Vital’O bazokwurira indege kuri uwu wa kane.

Urutonde rw’abakinyi ba Vital’O bashizwe ku rutonde rw’abazoja muri Lesotho

1. Arakaza Mc Arthur
2. Biha Omar
3. Kiza Fataki
4. Niyonkuru Nassor
5. Nkurunziza D’Amour
6. Hakizimana Issa
7. Nshimirima David
8. Iddy Djumapili
9. Rugonumugabo Stéphane
10. Tambwe Floribert
11. Nahimana Shasiri
12. KAZE Gilbert Demunga
13. Barenge Pistis
14. Akimana Trésor
15. Hussein Shabani Chabalala
16. Ndayishimiye Deo
17. Boniface Amani
18. Mavugo Laudit

Umumenyereza azoherekeza abo bakinyi ni : Ndayiragije Etienne, akazofashwa na Haringingo Francis batazira Mbaya


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.