IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Imodoka yunguruza abanyeshure ba ISCAM yatewe gerenade zibiri

Imodoka yunguruza abanyeshure ba ISCAM yatewe gerenade zibiri

jeudi 24 Ntwarante 2016, par egide

Gerenade zibiri zatewe imbere y’ibitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge (Hôpital Militaire de Kamenge) mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri. Igitigiri c’abakomeretse ntikiramenyekana.

Izo gerenade zibiri zatewe imodoka yo mu bwoko bwa Bus yunguruza abanyeshure ba ISCAM yari irenganye igeze aho ku bitaro vy’abasirikare mu Kamenge, ariko akaba ata n’umwe yakomerekejwe n’izo gerenade muri abo banyeshure ba ISCAM (Institut Supérieur des Cadres Militaires).

Nk’uko bivugwa n’umwe mu banyagihugu bakorera hafi y’ahatewe izo gerenade, uwaziteye yari kw’ipikipiki, bamwe mu banyagihugu bariko bararengana akaba aribo bahakomerekeye. Igitigiri cabo ntikiramenyekana.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.