IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Isango ry’ibiganio bihuza Abarundi ryahindutse

Isango ry’ibiganio bihuza Abarundi ryahindutse

vendredi 29 Ndamukiza 2016, par egide

Ibiganiro vyari bitegekanijwe i Arusha muri Tanzaniya, hagati ya Reta y’Uburundi hamwe n’abatavuga rumwe nayo kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 2 Rusama 2016 vyungururijwe ku rindi rizomenyeshwa hanyuma.

Amakuru ava ku bugereye umuhuza Benjamin William Mkapa amenyesha ko isango ry’ivyo biganiro ryahindutse kubera ibikenewe vyose bitarashikwako, mu bijanye n’imibonano kugira ivyo biganiro bisubire gutangura.

Irindi sango ry’ivyo biganiro rigashobora kuzotangwa mu ndwi igira gatatu y’ukwezi kwa Rusama.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.