Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 10 Nyakanga
 Itarike 10 Nyakanga
 Itarike 10 Nyakanga
				
				mercredi 10 Nyakanga 2014
Igenekerezo rya 10 Nyakanga
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
422: Hatorwa papa Célestin wa 1.
1915: Ikimenyeshamakuru co m’Ubufaransa gikoresha  amajambo akomakomeye “Le Canard enchaîné” kiratangura gusohoka.
 
- Ifoto y’ikinyamakuru "Le Canard enchaîné"
1974: Ukwikukira kwa Guinée-Bissau.
2002: Igihugu ca Suisse cinjira mu muryango w’ibihugu bigize ONU.
2012: Hassan Cheikh Mohamoud, atorwakuba umukuru w’igihugu ca Somalie.
 
- Hassan Cheikh Mohamoud
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1638: Marie-Thérèse d’Autriche, umutambukanyi wa Louis wa 14.
 
- Marie-Thérèse d’Autriche
1917: Miguel Serraro, umwanditsi wakomoka muri Chilie.
1946: Michèle Alliot- Marie, umunyapolitike w’umufaransa.
 
- Michèle Alliot- Marie
1958: Chris Columbus, umunyamareresi w’umunyamerika.
1969: Ménélik, umuririmvyi w’umufaransa aririmba mu mudiho wa rap.
 
- Ménélik
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1889: Charles wa 3, umuganwa w’i Monaco.
1931: Salvatore Maranzone, umu mafya w’i Sicile.
1975: George Thomson, umuhinga muri Physique. Yaronse ashimwe kitiriwe Npbel muri Physique.
1977: Hamida Djamdoubi, umunya tuniziya yabaye umuntu wanyunyuma yaciriwe urwo gupfa mu Bufaransa.
 
- Hamida Djandoubi
1979: Agostinho Neto, umukuru w’igihugu ca Angola.
 
- Agostinho Neto
1983: Felix Boch, umuhinga muri Physique akomoka muri Suisse. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri Physique mu 1952.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wo kurwanya ukwiyahura.
. Chine na Hong Kong: Umunsi  mukuru wahariwe abigisha.
. Honduras : Umunsi wahariwe umwana.
INGABIRE Luc-Noël
