IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 17 Nyakanga

Itarike 17 Nyakanga

mercredi 17 Nyakanga 2014

Igenekerezo rya 17 Nyakanga

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1665: Intango y’ikiza c’inrwara ya Peste mu gisaagara ca Londres.
1787: Hatorwa ibwirizwa nshingiro rya Leta Zunzubumwe z’Amerika ryanditswe na Thomas Jefferson.
1822: Jean-François Champollion arashobora ubwa mbere gusoma inyandiko yabanya misiri yitwa « hiéroglyphes ».

JPEG - 34.6 ko
Jean-François Champollion

1935: Manuel Luis Quezón, umukuru wa mbere yatowe ngo arongore commonwealth yo muri Philippines.
1979: Uburiro bwa mbere bwa McDonald’s burugururwa mu Bufaransa i Strasbourg.
1980: Anastasio Somoza, umukuru w’igihugu ca Nicaragua yatwaza umukazo arapfa mw’iturika ry’imodokari yiwe.

JPEG - 31.7 ko
Anastasio Somoza

1988: Prosper Avril afata ubutegetsi muri Haïti.
1991: Koreya y’Ubumanuko na Koreya Y’Uburaruko ziremererwa kwinjira muri ONU.
1997: Papa Jean-Paul wa 2 yubaka isengero Sacré-Coeur y’i Marseilles.
2003: Umukuru w’igihugu ca Guinée-Bissau, Kumba Yala, asinya amasezerano nabari bahejej kumutembagaza ku butegetsi.

JPEG - 23.3 ko
Kumba Yala

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1918: Chaim Herzog, umusirikare akaba n’umunyapolitike wo muri Israël. Yabaye umukuru w’igihugu kuva 1983 gushika 1993.
1922: Agostino Neto, umwanditsi yabaye umukuru w’igihugu ca Angola.

JPEG - 25.9 ko
Agostino Neto

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1994: Karl Popper, umu philosophe akomoka muri Autriche.

JPEG - 84.3 ko
Karl Popper

1996: Spiro Agnew, umunyapolitike w’umunyamerika yabaye icegera c’umukuru kuva 1969 gushika 1973.

JPEG - 24.3 ko
Spiro Agnew

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.