IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Louis Michel asaba ko amakungu atosubira ikosa ryabaye mu Rwanda

Louis Michel asaba ko amakungu atosubira ikosa ryabaye mu Rwanda

samedi 7 Munyonyo 2015, par egide

Louis Michel, umushingamateka w’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya asaba uwo muryango wa buraya hamwe n’isi yose ko mu maguru masha hogira igikozwe kugira ihonyabwoko rishobora kuba mu Burundi rihagarikwe.

Mw’itangazo yasohoye, Louis Michel amenyesha ko amakungu agifise iceyi c’ukubona ataco yigeze akora kugira ahagarike ihonyabwoko bwabaye mu Rwanda haraheze imyaka 21, uwo mushingamateka akavuga ko bitokwumvikana ikosa rimwe ryibonekeje irigira kabiri.

JPEG - 679 ko
Louis Michel ati : Ikosa rimwe ntiryoba kabiri

Abahinga mpuzamakungu batandukanye bamenyesha ko bishoboka cane ko Uburundi bushobora kurwa mu ngwano umwanya uwariwo wose, bivanye n’abantu baguma bicwa, iterabwoba, hamwe n’ihohoterwa rya kiremwa muntu.

Louis Michel avuga ko ashima ingingo z’ibihano vyafashwe n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya hamwe n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika kw’igenekerezo ya 1 Gitugutu hamwe n’igenekerezo rya 4 Munyonyo 2015, akamenyesha kandi ko ashigikiye ubuhuza bwa Yoweri MUSEVENi umukuru w’igihugu ca Ouganda asanzwe ariwe yahurijweko n’umuryango wa Afrika y’ubuseruko.

Uwo mushingamateka w’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya asohoye iryo tangazo mu gihe umunsi wa nyuma ari uwu wa gatandatu igenekerezo rya 7 Munyonyo 2015, mu kiringo umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yatanze kugira inzego z’umutekano zizobe zishobora gukoresha uburyo bwose zifise.

Abanyagihugu bo muri zone ya Mutakura na Cibitoke babandanya guhunga ku bwinshi, bakamenyesha ko bafise ubwoba bw’umutekano wabo inyuma y’amajambo yashikirijwe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA hamwe n’umukuru w’inama nkenguzamateka Reveriyano NDIKURIYO.

Tubamenyeshe ko mw’itangazo yasohoye kuri uwu wa gatanu, Fatou Bensouda, umushikirizamanza wa sentare mpuzamakungu mpanavyaha yamenyesheje ko atewe umutima uhagaze n’ibiriko bibera mu Burundi, akavuga ko yamenye ko abategetsi b’Ubuurndi bariko bakoresha imvugo zicanishamwo. Fatou Bensouda aragabisha, akamenyesha ko sentare mpuzamakungu mpanavyaha yiteguriye gushengeza abazokwagirizwa.

Bitegekanijwe ko inama nkuru y’umutekano ya ONU izokorana kuri uwu wa mbere, ku kibazo c’umutekano muke n’ubwicanyi bibandanya kwibonekeza mu Burundi.


IGIHE

Messages

  • Ndabaramukije!ndabasavye mwa makungumwe.reka kwihutira gufata ibihano vyubutunzi.ihutire nyabuna guhagarika buno bwicanyi bwarengeranye. na rino honya bwoko ririko rirakorwq ku mugaragaro.USA,UBuraya,UA, nubufaransa dufase si no imana izobatubaza.

  • Nyarukamumurengutse Nkurumbi Niwamazabantu Nyakugwamwiwese Tuvuganabikukoturushe Nkiconyereka Akanake Nakicananje Akadedemba Nkukwakinirakumivyimbayabrundiyamaze

  • mbega urwo nurukundo bakunda abarundi?canke nukurondera inzira y’ingene boshika kwiba ubutare bwacu.ariko tirimaso inkona ntisinzira.

  • ntakugugumwa.erega ntibizoba nko muri ribiya,irak nahandi.twebwe dushigikiwe nu burusiya ubushinwa nibindi bihugu bitavyemanga.twebwe naho bogiragute bizotuma bibe nko muri siriya.kuko muri siriya bisa nuko arubu rusiya na american birwana. akakagabo nako ka michel, kagame, samanta tawa,bose bisako ari inyenzi.

  • ntakugugumwa.erega ntibizoba nko muri ribiya,irak nahandi.twebwe dushigikiwe nu burusiya ubushinwa nibindi bihugu bitavyemanga.twebwe naho bogiragute bizotuma bibe nko muri siriya.kuko muri siriya bisa nuko arubu rusiya na american birwana. akakagabo nako ka michel, kagame, samanta tawa,bose bisako ari inyenzi.

  • mudatabaye vuba ihonyabwoko riratangira isaha zitandatu zijoro uyu munsi umukuru w igihugu numukuru winama nkenguzamateka yarabisinyiye ngo dukore akazi natwe twiteguye ntanumwe ari budutsike abagiye mu Rwanda baratubabaje tutabishe kandi icyo mwomenya mwamakungu mwe ihonyabwoko riratangirira isaha imwe mu gihugu cyose

  • mudatabaye vuba ihonyabwoko riratangira isaha zitandatu zijoro uyu munsi umukuru w igihugu numukuru winama nkenguzamateka yarabisinyiye ngo dukore akazi natwe twiteguye ntanumwe ari budutsike abagiye mu Rwanda baratubabaje tutabishe kandi icyo mwomenya mwamakungu mwe ihonyabwoko riratangirira isaha imwe mu gihugu cyose

  • mudatabaye vuba ihonyabwoko riratangira isaha zitandatu zijoro uyu munsi umukuru w igihugu numukuru winama nkenguzamateka yarabisinyiye ngo dukore akazi natwe twiteguye ntanumwe ari budutsike abagiye mu Rwanda baratubabaje tutabishe kandi icyo mwomenya mwamakungu mwe ihonyabwoko riratangirira isaha imwe mu gihugu cyose

  • Uyu musaza nasaze neza. Niwe ushyigikiye Kagame mumakungu (lobby). Kandi yigeze kuvuga ko abahutu barimbutse ntakibazo.I Burundi mube maso ubukoloni n’uburetwa birashaka kugaruka

  • Uyu musaza nasaze neza. Niwe ushyigikiye Kagame mumakungu (lobby). Kandi yigeze kuvuga ko abahutu barimbutse ntakibazo.I Burundi mube maso ubukoloni n’uburetwa birashaka kugaruka

  • Eh genocide yo murayirembeje ariko ubwicanyintawe bwereye nimwice abatutsi Na habyarimana yarabasize imana irababona

  • nukuri uyu mutama asaziye ubusa, none iryo honyabwoko rizokorerwa bande??, abahutu ? abatutsi? igisoda kirimwo bose , nomurireta nukonyene bimeze...sha nzanabona umunzungu wikijuju kabisa!!! urabona ako kabi mwifuriza abarundi?? ivyo ntibizoba kandi muzomaramara...

  • @ injavyi.com

    Hanyuma mwebwe mubukunda mufashije iki? Iyo igihugu kibaye icanyuma mubutunzi kwisi, hanyuma abantu bagapfa bahowe ivyiyumviro, amaradiyo agaturigwa, nibiki muba muriko murafasha abantu? amagara aruta amajana. Muzovyishura gumahamwe.

  • EKIZIGENZA EGOME NI UMUSAZA ARIKO UMENYE KO KINWA CAMUZEHE KINANUKA HARAKINI HAGISEME BONGO.

  • bibeshye babandanye iryo honyabwoko, tuzobereka sha.

  • Gira Ico Mudufashije Turahonye! Mana Fasha Uburundi

  • Ndumva neza ko umuntu agikekeranya intambara mu bdi, n’uwutigeze kubona intambara, twe nka barundi, twabonye igihgugu kigiye muntambara kuva mu kwezi kwa 4, rero ivyo uyo mushingamateka yagizeko amakenga, ahubwo mwari mukwiriye kuba mwararungitse, abasirikare mpuza makungu I bdi, kugirango bakingire abanyagihugu pafa ataco baziro,ndabona neza ko hashobora kuba genocide umwanya uwariwowose, ivyo bikaba muzo kwisigura musaba abasigaye imbabazi kandi biriko birakogwa bikanategugwa amakungu arorera, mukeneye ko mutuzanira imfashanyo ibihe vyaranse?

  • nagira mpanure ababazungu bashaka gusubiza uburundi munryane barabe neza ubwicanyi buriko bukorwa bwari bwaravuzwe nabatavuga rumwe nareta kuko uko biriko bigenda ariko murwanda vyagenze iyo niyo pra yabo bazungu nakagame yogucinyiza reta yitorewe nabenegihugu reta rero iragaba ize ireka amakungu abihwe nabobicanyi kuko vyose bashaka kuvyegurira kuri reta kugira bashike kuco biyemeje kingira bose rabaneza misiyo yakagame yatotse ikibabaje nuko bavyegeka kuri hutu bifuza ko hokora hima

  • Ntahonya bwoko buri mu Burundi hanyuma uwo mutana na teshwe ate. Hanyuma
    barundi ni mufatane mu nda kuko nta munyamahanga azokunda Uburundi gusumba uko abarundi babukunda.

  • mana tabara uburundi waremye kuko uburongozi wabahaye sibo raba ugire ici ukora

  • EWE MICHEL EKA URUMUBIRIGI NYEN! NTAWUNDI YOVUGANABI ATARUMUBIRIGI!!TWARABIYAMIRJ GENDA,MUZEMUDEDEMBERA HIYO MBEKOMWANKA,ABAHUTU MUZOBAHONYA?CANKE URIKO UTANGAZA,NGOMWONGER MUGIRIRE,ABAHUTU,IVYOMWAKOZ 69,72 KUDUGA,MURABIZ,UKO MWABIGENJ!NTAWANKWA,NABOSE IMANA,YABAHUTU,IRIHO.

  • Mbewamuya burayawe mbegantuziko twabimenyeko jonucide yabaye mu Rwanda kwaribamwe murimwebwe mwabigizemwo uruhare mbewibagiyeko biryavyabaye inkomoko yavuye kurimwebwe kuva mukiza kudukoroneza? Ururero kugiratwinanate twebwe abarundi tubereke aboturibo twahisemwo amokoyose kusangira duketwigihugu maze dukomezakwishimira amokoyacu ya Hutu, Tutsi, and Twa abotubavuze nihotubatuvuze uburundikoko. Ariko mwebwe ibivyogusangira kwamoko arimu Burundi ndabona birikobirabababaza kukokera mukidukoreneza mwarimwashizeho gusumbana kwabokoyacu Imana yatwihereye mufatabamwe mubashirahejuru abandi mubashirahasi, icubutumaze kumenya arinaco gituma duca ubwenge nuko ubwobwo mwarimwashizehejuru gusumba ubundi sibwobwabibasavye nimwebwe mwabigize kukagagazo bazakwisanga muconokwita icago batawemwo nabakoroni, ivyorero twaricaye turaheza duhitamwoko dukwiye kumera nkakera mbereyuko abakoroni baza kuturoga ubudusangira ivyigihugu twese. Ariko kubera hariho abarundi baziko ivyomwandambikanije mugihugu cacu twabibonye tukabikosora izojavyi nkuko Rwagasore yazivuze zikomeje kubiyegereza ngozirebe ko ububungane bwamoko yabarundi mwokwongera kubufuta mukongera mukagarukana ryasumbarasumba ryamoko yacu Imana yatwihereye. Ururero tukoturaraba uko ibibazobiri Bujumbura vyokenyuka, nabanyarwanda imbereyuko jonucide iba barimundirandiza yokugira ibibazobarimwo babivemwo ariko kuberamwebwe biciye mubanyamahanga barimu Rwanda bafise ubushobozi batanguye gufasha umurwumwe mugucengera nokugira bakore amabi yokugandagura umukuru wigihugu noneho ibara rirwira urwanda nabanyarwanda kuko abarungitwe nkabogufasha abanyarwanda bahindutse abogufasha agahandekamwe nkabanyarwanda. Nuyumutama wumunya bulaya azivyishi mumabibagakoreye bimwemubihugu vy’Africa arikwarabonako jonucide bamazigihe nashaka koyobamuburundi indashoboragukunda kiretse barungitse nkabantu bashoborakuza muburundi bakaka ububasha abarundi noneho ivyashaka vya jonucide bikacabikunda, mwibuke nomurwanda bananje kwaka ububasha abari ingabo zurwanda mubice bimwe nabimwe ngonineza kumbenubugambanyi! Shamwihende ubuho mwihende ndababwirako ibibintu vyomuburundi igihugu cizikwarigihangange canke coroheje kivyisutsemwo karabimaramariramwo kurugero ruteye isoni (Dawidi dusoma muri bibilia) u Burundi?

  • akabura kudedemba.nivyo bashaka kudutamwo, abarundi nta mubirigi tugishaka kwumva kwavuga gobahagarits ibintu umurundi azoca apfa ubu ntituriho

  • inama gukorana ni vyiza, mugabo bararaba ntibazofate ingingo zotuma igihugu gitabagara kuko aho ivy’uburundi bigeze, n’agatima kabi kadacika k’amacakubiri y’amoko yiganje mugihugu. hariho akarwi k’abantu katemera ko hoba inzego zitorewe n’abanyagihugu, iyo nayo ikaba ariyo democratie y’umwenegihugu uwariwe wese kw’isi yose. none kugarariza ubutegetsi canke ama coup d’etat ku inzego zitorewe n’abanyagihugu nivyiza? canke biremewe n’amategeko mpuzamakungu?ahubwo nibahumure izonguvu bariko bakoresha mugutera akajagari,nibiyegeranye bagire urunani bitegurire amatora arimbere kuko nimba bafise ukuri, bazotsinda ,atakuri naho bafise bizokwigaragaze mugabo biciye mumatora kuko urondeye umuti uzimya umuriro usanga uronse umuriro nyene . none iherezo n’irihe? rero tube twama dukeburana.

  • Mbe kobagira ubwoba!hari ihinguriro ryinkoho riri muburundi? Abirirwa barasa abapolisi nabanyagihugu bazikuyehe? Iyo mutakanga ibintu mushaka indyane mubunze ubumwe ntimubura ivyitwazo.ubu faransa na OTAN bwarashe lybia rabuko isigaye imeze? Congo mwirirwayo za monusco ntacozikora atarugukingira abasahura igihugu. Ko barabuza indiri zabicigwa kivu nahandi? Ubu imitwe ishuhiye uburundi kubera ivyo mwategura kuronka biriko bibaca mumyanya y’intoke! Teshwa mute abarundi twaraciyubwenge.ivyo mwatugiriye kuva mubukoroni birahagije.ntabazungu bokuducanishamwo dukeneye. Ntankoho nimipanga yokutumara tukeneye. Ivyo mwitwaza ngo mudufatira ibihano gumana ivyanyu ibibuze mububirigi tuzobironderera ahandi

  • Ngo agasozi kintahanurwa kahiye abagabo babona,
    Kiba mugihugu kitagendera kumategeko, ninko kuba munzu itagira inkingi. Mbe Reka mbaze Iri Jambo; agaciro kumurundi nakahe? Umurundi ninde?Ari hehe?mbe mwabantumwe aho ntasoni! Aho mwakiyambikiye ibara mumiryango, mubabanyi, mugihugu hamwe no mumakungu, mushakiki, mushaka hushika kuki?!.Kwicana mwaricanye,mwarihekuye,muhekura n’igihugu. Ntabakimwe vyabashikanyeko ntanico bizobashikanako tureste, kwikwegera umuvumo uva kurayo maraso yabene wanyu,amaraso yinzira karengane mukomeza gusesa.
    Murundi wese,uhuri hose, waba mukuru canke muto,utegeka canke utegekwa,Uburundi ni bumwe si bubiri. Uburundi numurage w’abarundi Bose.uburundi nitungo ry’umurundi wese. Nta muntu numwe yahawe uburenganzira bwo kwicira urubanza, guhohotera no kurenganya umurundi hamwe numunyamahanga aba muburindi, bidaciye mumategeko y’isanzuye Kandi atabera. Ntamu tegesti numwe afise ububasha kubuzima bw’umurundi uwariwe wese.umutegesti Nuwo kuyubora igihugu munzira yamahoro, n’ajambere kuneza y’igihugu nabene gihugu.
    Mwabashinga ntahe Niba mubaho nimuhaguruke mukure igihugu mukaga. Amajambo yoguteranya, gucanishamwo, no kuryanisha abarundi, ababikora Bose babisubize iyo habivanye. Ndasavye shimiste umurundi wewe yinvako Ari umurundi, avyiyunvamwo, akunda igihugu ciwe,abona umurundi wese nkumuvukanyi, yirinde Kandi yiyamirize, izo nkozi zibibi, zishaka kumuteranya no kumuryanisha Nuwo musangiye amararo namaramuko, ubwoko
    Gahutu, Gatwa Gutusti, numurage Imana ya raze uburundi, buzokwamaho kugeza isi irangiye. Nta numwe afise urusha gu koresha iryo Jambi mubwishi,bivuye kuciyunviro canke ikosa ryumuntu umwe. Nta murundi numwe yemerewe gukoresha ubwoko, mugushira imbere inyungu zawe canke akagwi munzira zoguhonyora ,kurenganya canke guhohotera ubundi bwoko. Uwo wewe ashira imbere ico kintu, numwansi mukuru w’Uburundi hamwe n’abarundi.

  • None abalimo gupfa nabatutsi gusa cg harapfa nabahutu ??? abamenya ibyuburundi mutubwire abarundi nabamenja nibadatabara baramarana

  • That’s Good idea Mr Louis Michel.....!!!Thanks a lot

  • Ariko ijambo nkurunziza yavuze ko twaryunvise ko yakanguriraga abarundi batunze ibirwanisho kubitanga kujyirango umutekano ugaruke mumujyi ntago yijyeze abwira abarundi kwicana , ariko abanyamerika batunva icyirundi , barashaka impanvu yogutera uburu

  • Uwo Muri Politique Natekerez Kk Ntatuz Erega Ishavu Ryimbwa Riherera Mukuzungagiza Umurizo

  • Un Chien Belge siwe yicishij Rwagasore kuko atiyumvamwo ubwoko bumwe bwarundi.We Michel Imana izokubaza Ubwonko wanse nubu wanka aho buri.Aho ntubonsko wokizwa

  • @None uri igicucu cy’icyomanzi. Kombona wandika byinshi usebya leta ya president Nkurunziza Imana yabahaye. Urandika ukagira ngo uri Radio Muhabura imwe yo mu Rwanda ...Nubundi wasanga ariho wakoraga kuko yabaga iwanyu muri 90-94 muri Camp Muha.

  • Kweri ubu niho ishingamateka nihigitahura ko muburundi hariko harategurwa ihonyabwoko nkiryabaye murwanda ? ahubwo amakungu adahangurutse rwa kore ukobishoboka kwose, Uburundi bugiye kurwa mukaga. kuko Nkurunziza hamwe nakagwi kinkorabara kiwe bavyiteguriye kuva kera, nimwibaze namwe inkoho zagiye zihabwa imbonerakure, ya zibaha ngobazozikoreshe iki mwibaza namwe? Noneho ya maze gutangaza ko chakiporisi ciwe nigisirikare kogitangura guhonya abenigihugu. Nagomba mpanure igisirikare chigihugu ntikirwe mumutego wa Nkurunziza, igikorwa canyu murakizi nico gucungera imbibe zigihugu. murabe neza ntimwicafuze mumakungu. na yigi Porisi camaze kwicafuza mukwica abatemeye imanda 3 ya Nkurunziza. baramaze kwibagira icobajejwe kwari gucungera umutekano wumunyagihugu noni vyo ntavyo bagikora! Ubu uwufashwe nigi porisi bukeye atorwa arikiziga, abagabo beshi babaye abapfakazi, nabagore nuko, kubwuyo mwansi wa mahoro.

  • non twe abarund tuzopfa gushika ryar?haaa ha ha urabesha sha na adolphe yarapfuye naw ntiwosya bwose

  • @ none?

    Wewe uvuga nkururaga. igihe reka gihere muve mugihugu namwe mwumve ingene bibabaza kwitwa impunzi womowe nabawe. Kandi jewe sinsi umutsi ndazi ko ugwanko ruhagaze kumoko ariyo maso yawe.

  • Ni ivy’ukuri raba mugire ningoga mudukureko aba bicanyi ba Nkurunziza baratumaze.Kandi turabasavye dushimitse ko mwotabara abanyagihugu bataratangura gutemana hagati yabo.Murakoze!

  • at World, mengo usa nuwanyihenzeko subira usome ivyonanditse neza.

  • Baravuko Iyumutama Ashaje Ubwengebwiwe Bumera Nkubwumwana Ariko Aribazako Ubuari.72 Sha Amenyeko Twamazekumenyako Nkurunziza Mumuhora Itungaryabarundi Iryonaryo Akaba Urubutare Michel Ndazikoushaka Inteko Mpuzamakungu Zizaguhagara Kugiramudutware Ubutarebwacu Nkukomubikora Muri Congo Turiteguye Uwuzohonyoza Ikirenge Kubutakabwuburundi Amenyeko Azocira Umugani Abamutumye urabaza Abagiyemumigumuko Ayobabonye

  • NIMUNYARUTSE BATAM NAHO TWEBW TWARENGEWE

  • Mbega abo basirikare nvamakungu sibobadufashije mugucanga igisirikare ni gipolisi vyuburundi? None uburero basanze barihenze kugezubu inzego zumutekano zacu kozirirwa zitumwako mumakungu nahananiwe na america(somalia) zikaba zivyitwaramwo neza ngaha iwacu niho zonanirwa canke mushakako iyo mision muzoca muyiha inkotanyi? Sha mwarasaze kuko ubu kweri ntamuhutu azosubira guhunga kwigwanira 90% twaravyigishijwe igihe mwishe ndadaye inkoho ubu numutama numukecuru babahutu barazizi pana kera ngo irasira imbere ninyuma

  • Hahahahah Abarundi murarushye cyane cyane peeeeee nuko rero ni twebwe kibazo noneho muritwaza iki ko kubera urukundo dufitanye n’abanyaburayi naho twabateranije hahahaha ni mubyuke mwiyubakire igihugu naho ubundi niba mwarananiwe kuba mwese abarundi nimwigire kuri Kenya basi mwese mube mu gihugu buri wese abe ubwoko ashka ariko mwubake igihugu cyanyu naho izo nterahamwe muri kwakira ngo muhuje ubwoko ntabwo muhuje na busa kuko bo babaye abahutu bamaze abantu mwe rero muharanire kuba abahutu bubaka igihugu. Abazungu mubihorere bariya il suffit ko mubereka ko mushoboye umuhutu wese mutari muzi mu burundi kandi mwumva afite ibitekerezo byo kubanganisha mu murwanye naho ubundi iyo urubuto ruboze rugumye mu nziza nizindi zirabora.

  • Yewe abantu mwese mwemera Imana kandi mukagirirwa ubuntu bwo kumenya ko mwisengesho Imana isubiza ndabinginze musabire ibihugu byacu Ubundi, Rwanda nakarere dutuyuyeemo amahoro atari yayndi atangwa nabantu ahubwo amahoro aturuka kuri rurema Imana ishobora byose... murakoze wumve ko nawe arumuzigo wikoreye...

  • uru rubuga ni urw aba extremistes apparemment

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.