IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Gerenade yakomerekeje abantu bane

Musaga : Gerenade yakomerekeje abantu bane

vendredi 18 Ntwarante 2016, par egide

Gerenade imwe yatewe muri zone ya Musaga kuri uwu wa mbere, hakaba haciye humvikana n’amasasu yamaze akanya gato.

Iyo gerenade yatewe kw’ibarabara rya mbere aho bita Ku Gasoko muri zone ya Musaga, ikaba yatewe ku nzu y’uburiro. Abantu bane nibo bakomerekejwe n’iyo gerenade.

Inyuma y’amasasu make y’abaporisi, haciye hafatwa bamwe mu rwaruka rwo muri iyo micungararo yumvikanyemwo iyo gerenade.

Muri iyo zone hakaba hari hazindutse haraba igikorwa c’ugusaka ibirwanisho.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.