IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Umuntu umwe arishwe mu myiyerekano

Musaga : Umuntu umwe arishwe mu myiyerekano

mercredi 13 Rusama 2015

Mu myirekano iriko ibera ku Musaga, abantu batanu barashwe n’abaporisi, umwe aciye yitaba Imana.

Muri iyo myiyerekano, yitabwe n’abantu benshi, barimwo abo mu makomine ya Musaga, Kanyosha, n’abo mu ntara ya Bujumbura Rural, igiporisi kibaka carahiye ko batarengane ngo binjire mu gisagara ca Bujumbura. Abo banyagihugu bo muri izo komine bankiwe gushika mu gisagara ca Bujumbura, imishamirano ikaba n’ubu iriko iraba, kuko nabo bashaka kwinjira mu gisagara hagati.

Iyo komine ya Musaga, ikaba ari imwe mu makomine yo mu gisagara ca Bujumbura, abanyagihugu baho bagiye baraswa mbere bamwe bakitaba Imana, mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.