IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > OLUCOME yasohoye itangazo ryo guhoza no kuremesha Abarundi

OLUCOME yasohoye itangazo ryo guhoza no kuremesha Abarundi

lundi 28 Nzero 2013

OLUCOME yifadikanije n’abarundi bose na cane cane abagize ivyago mu mpanuka yatumye isoko nkuru ya bujumbura isha.

Muriryo tangazo OLUCOME yasavye abantu bose kwihangana no kurengera ivyabaye naho bibabaje.Irashimira kandi abagize ico bakora mugufasha gutabara abagize ingorane zitewe n’iyo mpanuka ndetse no kurokora ibidandazwa bimwe bimwe.

OLUCOME isaba Leta gufata ingingo zibereye mugukinga impanuka ,mu kwigisha abapolisi ubuhinga bukomeye bwo gukinga impanuka no kubaronsa ibikoresho bikwiye.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.