Accueil > Amakuru > Mu makungu > ONU: Igiturire muri Afghanistan
 ONU: Igiturire  muri Afghanistan
 ONU: Igiturire  muri Afghanistan
				
				jeudi 7 Ruhuhuma 2013
Icegerenyo cakozwe n’ishirahamwe mpuzamakungu rifatanije n’ikigo kijejwe kurwanya ruswa muri Afghanistan, cerekana ko ruswa yiyongeyeko ibice 40%, bagereranije n’uko vyari mu myaka itatu y’imbere.
Akamenyero ko gukoresha no kurya ruswa nako ngo biboneka ko kiyongeye muri Afghanistan.
Hafi ibice 70% vy’abanyagihugu babajijwe bavuga ko ari ibisanzwe ku mukozi wa Reta kongereza agashahara kiwe mu kwemera gufumbatishwa.
Jean de Dieu Munyembabazi
