IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Petero Karaveri Mbonimpa yamaze gushika mu Bubirigi

Petero Karaveri Mbonimpa yamaze gushika mu Bubirigi

lundi 10 Myandagaro 2015

Umukuru w’ishirahamwe ryitaho agateka ka zina muntu nako abapfunzwe yamaze gushika mu Bubirigi,aho agiye kuvurirwa inyuma yaho abantu bataramenyekana bamurasiye kuwa mbere igenekerezo rya 3 Myandagaro 2015.

Petero Karaveri Mbonimpa yafashe urugendo mw’ijoro ryo kuw’Imana igenekerezo rya 9 Myandagaro 2015.Mu gatondo ko kuri uno wa mbere yari yamaze gushika ku kibuga c’indege ca Zeventem,i Bruxelles ku murwa mukuru w’igihugu c’Ububirigi.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Mutama Muzokira Imana Ibazigame.Mubandanye Muvugira Hiyo Mumahanga Kura Ukuri Kuje Ahabona Mutama Kuko Urabona Kwa Ba Cnd Fd Ariyo Iriko Iratumara.

  • UGUKIRA KWIZA MUTAMA.IGIHUGU NAHARICO CAGIR KIKWIHEKUR KIRACAGUKNEY.IMANA IKUTUZIGAMIRE.AMEN

  • MBEGAYEMWE ABARUNDI BASIGAYE BASHAKA KWAMANAMARASO NKABAYANGAYANGA NIBAMENYEKO AMARASOYABANTU IMANA IZOYAHORA

  • Urucira mukaso rugatwara nyoko. Iyo ntagondwa Mbonimpa yigize umuvugizi w’inyangaburundi none ngo iri mubitaro. Abazungu ntabazi bashobora no kumutera urushinge agasinzirira rimwe.

  • Mutama wacu MBONIMPA ntuzugaruke,reka hageze ko dukoresha inguvu izimbwa zaba DD tuzomore.

  • ewe ahubwo vyontangaza nimba yagiye mububirigi nagira yururutsindege ashika kwiremboryijuru arikwarakigwa nabamarayika sinarinzi kwakiri kwisi icokinyagu cubwirabure nkayaney kirekuzinkombe nka honga iminwa nkiwese amaso nkintore zapfuvye iryoshano ndakurahiye wewe ntaburundi irikuratwara kandi wewe ntamisi usigaje utari musi yabwo nguhamvyabacu wagandaguye wamavyiwe.

  • Àbîca abandi muribuka yuko twese twambaye imibiri ibora sivyuma uyo mutama niyibereho abone abuzukuru nabuzukururuza

  • Mbonimp Imana Ikuzigam Murubw Bugway Bwaw.Turagusabr Kur Dawe Womw’ijuru.

  • Abantu Ntibahebura Aho Rero Babuze Amahoro Ngo Claver Yarakomeretse?Ahubwo Iyapfa .Mbe Abo Yahamagariye Mwibarabara Bariko Barasenga?Buriy Imana Irishura.Ahubwo Iyo Bata Mumutima

  • Ugware ukira mutama wacu turagukunda abakuvuganabi ubihanganire imana isumbingabo! kubwanje ntamuntu numwe kumpande zose nipfuriza inabi twese turi bene mugabumw

  • @muhuza,urandengeye
    gusa ,ntituze turahendwa,ntimwibagireko ububiligi bwahagaritse cooperation et ce na societe civile mwino minsi ira soufla ,rro calaveri ni montage nta mahera menshi akigira,wabonye igikobwa ciwe kingana n’inka,ama jambon na fromages yazabikurahe atabeshe ngo bamurashe après aje i bulaya,uyo na ba pacifique babeshe abantu bangahe bakabata za ouganda ngo bazobaronderera visa zo kuja USA,bakagwayo mu bukene nta ngere,ico n’igitama c’iki mafia n’umwana waco comudandaza mu gihe yomuzanira amadollari aboneka,ico ni ikibandi abakizi muri jeunesse na za gatarina abe yaraziteye.Aho yabereye yibaza ko yari yarananiranye kwica?Laissez tomber ntimukaze murahendwa.

  • Mega barundi barundikazi, iyo turiko turashikiriza akari ku mutima, twoba dushra imbere Imana? canke dushira imbere kameremere zacu. none ko umengo mu Burundi nta bapagani barimwo, iyo mikomo ivyo bitutsi no gushira imbere gusesa amaraso Imana iravyemera?

  • muhuza et fidelite hamw nabandi nkamwebw muvuga nabi cane Imana ibagirir ikigongwe urupfu mwipfuriza mbonimpa mubimenye neza ko murutwara ngaho mu mugongo iwanyu hma naho mwokinda mugaramye gute umuntu wese apfa hageze nkaswe mbonimpa nivyiza amaze gukorera abarundi isinzi namwbw mushobora kuzoshikirwa.

  • Muhuza Imana ikubabarire kuk ntuzi ahuri mbe ww utway ubuzma cnk namabuy?urucira umukate rugatwar ivoka knd igitumbw gica kurihiy iyaba waruz imisi naw usigaj ntiwoharuy iyabandi

  • }pacy
    je narinzi ko abatutsi mudapfa,nawe burya urupfu rwawe murajana,première nouvelle,eka dawe ga urupfu ni urwa twebwe abahutu gusa intore z’imana ntimupfa,sans blague iyo uvuga ivyiza yakoreye abarundi ni ibihe ,canke ushatse kuvuga ba nde?Ivyo vyiza yakoze bituma bamubibiriza amasoro nukuraba neza ivyarivyo,ndaguye ndagarutse ni montage uyo ntiyari kunanirana kwica iyo bamushaka,arakeneye ama euro y’ababiligi nyabuna ariko azobamenya bidatevye,ivyo vyiza yakoreye uburundi ni ibihe ko mwama mwidoga ngo turakenye,mais ,nari nibagiye,azi kureka amaboko mu bazungu agaheza akavuga ayamuhe yo kutudandaza ,haraho imana yomuhana.Nuko abahutu bamenyereye mu batutsi batamenye ibirozi bariye,on leur a averti qu’ils seront des sacrifices,ka rufyiri nako karindire,be n’ibindi bihutu bigira ubumwe n’abatutsi.

  • Nimukubite imbwa zomoke zijye kurya impungure mu Rda. Mbese twebwe abanyarwanda ni duhagurukira inkoramaraso kagame bazajyahe?? Bashatse baguma mu Burundi kuko mu Rda nibijagura bazicuza icyabatwayeyo

  • Nyamara ngo Mbonimpa yarirashe kubera ubukene kugirango ajye i Burayi
    Bamuhembe amahera y’ibimuga!! Abatutsi ni ba masikini kweri!! Ntacyo batakora abo basongarere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.