IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Petero NKURUNZIZA : « Nta honyabwoko rizoba mu Burundi »

Petero NKURUNZIZA : « Nta honyabwoko rizoba mu Burundi »

jeudi 12 Munyonyo 2015, par egide

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA aremesha abarundi, ababwira ko ata honyabwoko rizoba mu Burundi. Petero NKURUNZIZA yamenyesheje ko ahakanye indimi zose zatura umuvumo ku Burundi.

Mu masengesho y’igihugu (National Prayer breakfast) yama aba rimwe mu mwaka, yabaye mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yahamagariye abarundi kwunga ubumwe, abizeza ko ata honyabwoko rizoba mu Burundi.

Ayo masengesho y’uwu mwaka w’2015 yatunganijwe ku civugo « Mu butandukane tuzohona, twiyunze tuzotsinda.» (Divisés nous périssons, Unis nous vaincrons (1cor.1 :10) ».

Eduard Ward Brehm, ari mu batanze insiguro, yahamagariye abarundi kurengera ibibatandukanya, bubake ubumwe bwabo kugira batorere hamwe inyishu z’ibibazo Uburundi buriko buracamwo.

Muri ayo masengesho atunganywa na Reta y’Uburundi, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yasavye abarundi kutaba imbohe za kahise, ahubwo barabe imbere. Nk’uko yabishikirije, igihugu kizoshobora kwubaka kazoza kaco keza biciye mu murwi w’igihugu ujejwe kumenyesha ukuri hamwe n’umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro.

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yemereye abarundi ko ata honyabwoko rizoba mu Burundi, ahakanira abo yavuze ko batura imivumo ku Burundi.
Kubw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, nta wundi muntu n’umwe azokunda Uburundi kurusha abana baco, hamwe n’Imana yaburemye atawe igishije inama.


IGIHE

Messages

  • Ego mutama muze murahumuriza abarundi, basesa nkuyoze bamaramare

  • Nimuganire Mushira Hamwe Atamoko

  • Nukuri mutama Petero Nkurunziza uvuze neza,mugabo warukwiye kugira ico ushikiriza abarundi na amakungu kubiherutse kuvugwa nu umukuru wi igihugu cu u Rwanda Paul Kagame.Ubundi rero u Burundi buzubakwa na abarundi si abanyarwanda bazotwubakira igihugu ni twebge nyene abarundi tubifashizwemwo ni Imana rugira vyose mw’izina rya Yesu.

  • ego musaza ureke Kagame amaramare na bazugu bamukoresha

  • komera nyakwubahwa abarundi bose tuzogushigikira gushika kumuhero wisi naho tuvoma inkara zitoba igihugu cuburundi uzogitwara gusha ushaje. injavyi nazo iyo zagiye gusega murwanda no mububirigi zirushe zizotaha dusangire kwubaka igihugu cacu.

  • Umutegetsi umwe waho hiyo, ubwiwe yivugiye ko adatahura igituma baguma bavugango muri congo, Burundi na Tanzania ko hari ubutare ariko igihugu gituranyi atabwo kigira, ko agiye gukora ibishoboka ubwo butare aburonderere Laisser-passer yo kwinjira mu Rwanda ngo ntahandi rero bigiye guca atari gutekinika intambara mwivyo bihugu hama ubutare bwihungire buja mu rwanda. Mugani wawawundi ngo intambara ntawe yahaye nuwo yahaye yaraye imwatse reka tubirabe ingene umugabo umwe afise urukoba rwirabura ashobora gukoroniza ibihugu bitatu.

  • Ariko banyakubahwa dukora dusenga! Ntibije mugusenga gusa ariko twibukeko abansi buburundi bariho muburundi, nohakurya yakanyaru bariyo!

  • TURAGUSHIMIY,KWIJAMBO NKIRYO,RYIHUMUR.URISECRUNDI KOKO,NIJAMBUVUZ,RIRAVEREKAN TUNASHIMA,NIGENE,WIBUKA GUSENGERA,ABURONGOYE URUMWE,KWISI UKUNDA,IMANA HEZAGIGWA,URABIKWIYE.

  • None parcelles mwavuze ko zishobora kuboneka kandi tuzi neza ko zibamwo abantu zizoboneka gute ? zizotangwa bakiriho?

  • Imana itubwira ibicishije mw,Ijambo ryayo ko nitwaramuka tugiye gushikanira ishikanwa Imana hari mwene data dufitaniye ingorane,twoca dusiga iryo turo tukagenda kwitatura nawe hama tukagaruka gushikana iryo shikanwa.None ubwo abadutwara baragendera iryo jambo?ko batemera kuyaga na opposition ubwo bumwe buzoshoboka gte?Umusenzi w,ukuri yemera inama akababazwa n,uko hari abapfa bapfira mu vyaha.Nayo ayo masengesho ni nkamwe y,inkoko adatera ubwoba Igisiga!Nzoba mbona!

  • mbega ngo aba pasteur babanyamerika ngo nibo bonyene bazi guhamagara imana, ivyo tutazobona muburundi muragapfa mudasenze murutwa nabantu babapagari. Ariko ni Mana yaragowe ibizaduka vyose , mugabo ntaco takambira imana ibagirire ikigongwe ku amaraso yabarundi mumaze kwihereza mumasahani.

  • Imana iguhezagir nyenicubahiro abakwanka ndabanka ntantambw maz Kagame amaramar n’ibipfu vyiw.Nimusab abashinwa baduterezimberigihugu abansi bamaramare.Warankuy’imutenderi,nibakugora uradutumako uzobukoz Nyakwubahwa.Mb tuzoronk’uwundi mwami nkaw,adatinyabazung rukamvy?

  • Ntahonya bwoko ikenewe .abatutsi nibeneweca .TUVUGA RUMWE KANDI TUVA HAMWE .
    abazungu baratubeshe .
    bama bakoresha aba extremist gusa mukuduteranya.
    abo ba extremist mubwoko bwose . nabo bazungu nibo bohanwa bikomeye

  • Erega Perezida aho uvuga ngo ntizoba Nuko udashaka kwiba. Or hariho abifhuza ingwano kwiba. Wewe naho woba ushaka amahoro hari abipfuza ingwano none uzogira gute. None wibaza kwibi bizohagarara gute. Ou bien urahava utange imihoho canke bagume batera akaduruvayo. Ewe nusenge ariko mbona bitoroshe abana ba shetani bashimitse. Jewe nibaza ko na option ko woheba iyo mandat pour ton propre interet familiale canke yumugambwe wawe. Jewe narabonye ingene mwashinze intahe uremera kandi ushaka amahoro contrairement yivyo abagutuka bavuga ariko ntamahoro azoba kuriyi mandant yawe uhagumye. A Vous de choisir: soit urahaguma habe ingwano canke genocide ufatwe mu nyuma wangazwe canke ufungwe, canke uhebe iyo mandant hakiri kare; Nyabenda afate ubutegegetsi u sauve umugambwe na bawe. ni vyo jewe ndakuraguriye nzokwibwira uwo ndi mu misi mike.

  • Barundi murarushe iyi nkuru ni iya Nkurunziza mugabo wagira ntimuzi gusoma. Mubanze mutekereze mwebwe mwanditse laisser passer nabadusebereza umukuru w’igihugu nimwicare mutekereze mwubake Bujumbura gusa nigira gutya mukabona byibuze yegereye muhanga ( ville de Gitarama) apana Kigali muzaba mwakoze muzogaruke ngaha hanyuma tuzavugana kuko ubu vous n’êtes que des bavards.

  • komera mutama shiri IMANA imbere ira sumba ivyo bihangange bishaka kutunyaga ivyacu bikoreshe kuumena amaraso bandanya uyisenga natwe abenegihugu turagusengera kandi ibitumva tibabona ko wahawe n’IMANA aho yagusubiza mucubahiro bari bagukubise kudeta nabobazungu ntibazogushobora wewe uridawidi wo mu gitabo c’IMANA ntanuwundi mutegetsi kwisi akunda IMANA nkawe abakurondera bazokwandurako abobazungu bareke baze bazoyoberwa icabazanye basanze abarundi tufatanye munda ahubw baje gushigikira inkozi zikibi ubu honyene igihugu gitwara umututsi none abobantu bashaki komera sebarundi IMANA irakubona AMEN

  • Nkurunziza azotwara abarundi gushika 2020 avec ou sans dialogues inities, kuko na genocide yakorewe abahutu i 72 i Burundi, kandi ikaba izwi hose kw’Isi, ntibarayemera muri ONU, hanyuma ngo iyo mu ntamatama niyo bazofatira ibihano ruhasha? Nimwige guca akenge!...

  • none aho ga petelo yis hima azodutwala tutag omba naleke abandi ba twale nihosawa

  • none aho ga petelo yis hima azodutwala tutag omba naleke abandi ba twale nihosawa

  • Ihishira impyisi ikakunarira Abana Nkurunziza azaruhuka Ariko amazeho abatutsi muburundi amakungu akwiye guhaguruka bagakubita iyonkoramaraso

  • KOMERAKUMUTEKANOWABANTUBAWE MUTAMA IZONJAVYINAZOZOHAKURYA ZIGIRINTAMBWE NAHOZITONTOMA ZIRAZIRIZE IMANA IZOZIGUKIZA

  • KOMERAKUMUTEKANOWABANTUBAWE MUTAMA IZONJAVYINAZOZOHAKURYA ZIGIRINTAMBWE NAHOZITONTOMA ZIRAZIRIZE IMANA IZOZIGUKIZA

  • Uzoguma wica cumi cumi mundwi canke cenda gwiza urabe mumwaka abantu uzoba wishe ingene bangana erega siwewe uzi ubwenge wenyene nabandi barabuzi ifu yimijira bisigura iki kuzubwenge ukaba ariwewe wavyivugiye yuko bazohera nkifu yimijira

  • KOMERAMUTAMAKURIRYOJAMBO UBACUNGE

  • Komera di nyakwubahwa.Abarundi twese tukurinyuma mazureke abakijebajeba!

  • bivakuriwewe, ndakwunganiye, nyakwubahwa emerauhanugwe, iyompanuroniyo, icowomenyaco, ubuigihugucose ntanahamweudafise, ugwarukagwimbonerakure, kandumenyeko, ibigwanishobabifise? uwabivyiyombutontumuzi? ivyoyafuyakozeuzobizira, weweugihema, niwewuzovyishura ahubwonuwoyamusubiriye, nagirenkawe, aheabatarose, mutamaigihugucononekayekera, nabobihayantacobazoshobora, kuko, tugezehabi, hindurinzego,vuba, utiyibagiye, ruriye uryanatweturinyuma zaburi50,kumuro18, kuza22 cankezaburi51 ,kumurongo1mu

  • Piere Nkurunziza ati: ntahonyabwokp rizoba mu burundi hazoba ubwicyanyi bwikivunge ritanguriye kukwica umwumwe aho najewe ndamushigikiye ninako vyavuzwe binemezwa numuvugizi wa cndd fdd.ibiboreza Nkurunziza anywera iwe munzu bituma ahindagura amajambo ashikiriza abarundi namakungu .Nyakubahwa vuga rimwe gusa amahoro numutekano bicye biboneka mu Burundi kuko ingorane ziri mu burundi zatewe nawe icyo no guhanura nuko wosaba inguvu zivuye ku imana zikagushoboza ugaheba kwishyira hejuru ukamera nkabandi nka BUYOYA,NDAYIZEYE,NGENDAKUMANA,NTIBANTUGANYA.....ukavavanura nabaguhenda bari muri cndd fdd aribo ba NSUMIRINDA bashaka kuguta murudubi bashira imbere inda zabo badashira imbere inyungu zabanyagihugu hanyuma wubahirize ivyo wasezeranye nabarundi namakungu yo gutwara imyaka 10 gusa .Imana ikije imbere niba koko uyisenga udasenga SATANI

  • Ewe pita pita warushe no mumaso biraboneka kuburewe amaraso yabantu uguma unywa

  • Ndamukunda papa Petero Nkurunziza umukuru wigihugu cu burundi gayemwe!!! Biranezera caaaaaane. Mana warakoze.

  • nukuri tutitejesoni aho murakanagaye dusambure umugwabwe wacu dukunda harabuze uwundi mugumyabanga twoshiraho nka tanzania ibintu bikaja muburyo sha nitwikubitagashi.mbaze nyakubahwa aho mu mugwabwe ntawe ndufise wicabwenge yoshobora gutwarigihugu?

  • Ndamukunda papa Petero Nkurunziza umukuru wigihugu cu burundi gayemwe!!! Biranezera caaaaaane. Mana warakoze.

  • vyanka bikunda twabonyeko bagongomba kwica umutama wacu kuko yabananiye gukura ataco bamwagiriza umuzungu azohonyora kugataka kuburundi ntawe dukeneye habanamba kimwegusa bazobabashaka igwano kygira bamikure bamwishe natwe ntitwemera hazosigarumwe

  • NYAKUBAHWA KOMEZA AMASENGESHO

  • NYAKUBAHWA KOMEZA AMASENGESHO

  • Eeh erega yarabivuze ko BAZOHERA NK’IFU Y’IMIJIRA , nukuvuga ko bazoza barica kamwe kamwe , umuryango umwe umwe , hazogera muri 2020 yashitse kuco ashaka ! Natembe atembagare kk ntaco yamariye Uburundi n’Abarundi atari ukubateza urubwa mu makungu, batazi kuvuga imvugo yubaka atari iyica ivutu niyo kwica gusa ! Twamusavye kubahiriza amategeko agenga Uburundi aranka none gayemwe agomba gutwara igihugu kitagira amategeko ! Nagende haze uwundi ABAHUTU dufise benshi kandi bariho boyobora ABARUNDI n’UBURUNDI bufise amategeko ! Naveho na equipe yiwe yooose haze bashasha eka naho hoza ABAZUNGU bagapfa kutuyobora neza kandi bagakurikiza amategeko nta kindi kuko Abarundi vyatunaniye.
    Nagende arabe ingene amahoro asesekara mu gihugu cose !

  • aho nyakubahwa ico nico nkukundira twes turinyuma yawe abo nabo barara baratumena amatwi nayo ma grenad suko tuyabuz nuko dukunda gusenga natwe twoberetse noe twe dushra imbere allah komera nyakubahwa uwukwanka akwandureko

  • Kuri iyi Si, on ne controle absolument rien, na cane cane ibirimwo abantu nka politique. Nta kidashobora guhinduka k’umwanya muri iyo domaine nimba atavyo muzi. Murabaza Mbonyumutwa, Kayibanda, Havyarimana, Micombero, Bagaza, Buyoya, Ndadaye, Ntaryamira et bientotabo ntiriwe ndondagura amazina ngaha. Muje no mu makungu bateye imbere muri democratie. Uheruka batora umukuru w’Igihugu mugabo ntumenya ingene bamutaye hanze kandi yaragifise izindi mandats zo gutwara imbere yiwe alors que muri ibi hihugu vyacu hakora ubwicanyi n’agacinyizo iyo hageze ko intwaro ihinduka... Hagiye gusubira gupfa abatari bake kandi ngo ntirujinama...

  • Icokinwamaraso Aho Ahendabantungontitubboo Amabi Akora Shanumwanawawe Arabibona Kandi Azishura Umenye Arabakwegera Gukugwamwimitima Nkukubikoreragabandi

  • JEWENDIMURUGOMBONDASHINAYOMASHENGESHOKOMERAMUTAMA

  • IMANA YAKUDUHAYE IKUDUTUNGIRE!!! ABAZUNGU BAZIYAHUZA UMUGOZI KUKO AGATI GATERETSWE N?IMANA NTIGAHEN....
    NI WIRAMBIRE NDAGUKUNDA CAAANEEEE!!!!

  • ntawukorera abami babiri,muri babiri utoramwo umwe kuko adashobora kubanezereza bose.iyo uhisemwo inzira ya politike kora politike,iyo ihisemwo gukorera Imana korera Imana iyinezereze yo nsa mukuyirangurira ivyo wimeze.iyo utambikije uyovya abo urungoye kuko imigere ibiri ntitereka kuko barajuragirika.uyu musi mugikorane ejo muri politike hiryo yejo ngo mara aba na bariya.ahavuga ngo honyabwoko rizoba?kamwekamwe si ihonyabwoko.kuva 2010 bakoresha umugambi wa <<leo>> mukumara abo badasangiye ivyimviro,mu nyuma bagakoresha ngo ni muri << systeme>> kuko twari twamaze kumenya umugambi wa leo ico ussigura. Nareke gufuka inkore ku maso ababuze ababo bataryaye nubu bakiriko.

  • Peu après l’expiration de l’ultimatum lancé par Nkurunziza, je lance ce cri d’alarme, le peuple burundais dans son ensemble est en danger. Tout le monde sait très bien qu’un génocide politico-ethnique est en cours au Burundi. A part des discours, des communiqués, des mots, des résolutions, des négociations annoncées mais qui ne commencent pas, etc. tout semble indiquer que le peuple burundais est abandonné àlui-même. Un terrorisme d’Etat a été instauré et des crimes contre l’humanité sont commis au quotidien et le monde observe. Pauvre Burundi ! L’Histoire récente est pourtant riche en leçons, en la matière. Tous les génocides : celui des juifs, des arméniens et récemment des Tutsi au Rwanda ont été préparés et exécutés par les pouvoirs en place. Ces pouvoirs ont utilisé les moyens de l’Etat mais aussi leur armée et leurs miliciens pour commettre ces crimes abominables qui ont emporté des milliers, voire des millions de citoyens innocents. Le schéma est toujours le même. Pour le cas du Burundi, des preuves irréfutables montrent qu’un génocide politico-ethnique se prépare depuis belle lurette.

    1. Nkurunziza et son parti CNDD-FDD contrôlent tous les organes étatiques et sécuritaires, y compris l’armée et la police depuis plus de dix ans. Dès le lendemain de sa prise de pouvoir, Nkurunziza et son parti ont créé une milice Imbonerakure composée par les jeunes affiliés au parti mais aussi les anciens combattants, les démobilisés FDD. Deux hauts cadres du parti CNDD-FDD dont l’ancienne Vice-Présidente de la République affirmaient déjàen 2006, que les miliciens étaient au nombre de 30.000. D’après le site web « Burundi news », certains miliciens étaient envoyés au Soudan où ils s’entrainaient avec les Janjawid 2 . L’armement et les entrainements de la milice Imbonerakure ont bien continué jusqu’àla création d’une journée dédiée aux anciens combattants en 20113 au cours de laquelle les miliciens défilaient en tenue presque militaire et comme des militaires. Plusieurs rapports4 ont épinglé le comportement de ces miliciens depuis des années dénonçant leur comportement sous l’œil complice des forces de l’ordre. L’on se souviendra que ces Imbonerakure ont été envoyés pour s’entraîner en République Démocratique du Congo àKiliba Ondesi5 . Le Président de APRODH Pierre Claver MBONIMPA est entrain de payer le prix pour avoir dénoncé ces entrainements : sa famille ne cesse d’être décimée !

    2. Le 8 avril 2014, Jeffrey Feltman, sous-Secrétaire général chargé des affaires politiques a informé le Conseil de sécurité évoquant des rapports récents faisant état de « l’armement et de l’entrainement de la jeunesse du parti au pouvoir, Imbonerakure ». L’un de ces rapports, c’est le document confidentiel6 daté du 3 avril adressé aux départements des affaires politiques et du maintien de la paix de l’ONU, ainsi qu’aux envoyés spéciaux pour la région des Grands Lacs des Nations Unies et des Etats-Unis.

    3. Aujourd’hui, ce n’est plus un secret pour personne, les Interahamwe qui ont commis le génocide contre les Tutsi au Rwanda sont bien installés au Burundi et ont été intégrés àl’armée, àla police, au service national des renseignements et même àla présidence de la République7 . Tous ces miliciens Imbonerakure, Interahamwe et ex-Mayi-mayi portent des tenues policières ou militaires, menacent, intimident, agressent et tuent des citoyens paisibles en toute impunité avec la complicité des forces de police ou autres agents de l’Etat.

    4. Des discours du Président de la République Pierre Nkurunziza, du président du sénat Révérien Ndikuriyo, du Président du parti CNDD-FDD au pouvoir Pascal Nyabenda et du porte-parole de ce parti Gélase Ndabirabe appellent bien àla haine et certains font recours au même jargon utilisé au Rwanda àla veille du génocide contre les Tutsi. On retiendra le plan « Safisha », « Kora », « Guguna », « Kumesa », etc.

    5. Nkurunziza Pierre a divisé les forces armées burundaises dans le seul objectif de casser les équilibres établies par Arusha, d’affaiblir les FDN et ainsi instaurer un terrorisme d’Etat sans que celles-ci puissent intervenir de façon concertée pour stopper sa barbarie.

    6. Plusieurs lois contraignantes ont été votées toujours dans cette logique d’imposer par tous les moyens ce troisième mandat « maudit » car volé. Je pense àla loi sur la presse et plus particulièrement celle annoncée par Nkurunziza dans son discours du lundi 02 novembre 2015, une loi anti-terroriste qui instaurera certainement la peine de mort. Cette loi annoncée et qui sera mise en place rapidement bouclera la boucle toujours dans l’agenda caché de commettre un génocide politico-ethnique conformément aux lois élaborées par les concepteurs de ce génocide.

    7. Tous ces crimes de génocide sur fond de terrorisme d’Etat se commettent dans un blackout total. Toutes les radios et TV privées ayant été anéanties. Les citoyens burundais n’ont plus droit àl’information àl’exception notable de celle véhiculée par les planificateurs de ce terrorisme d’Etat et de ce génocide politico-ethnique.

    8. Le 6 février 2014, le Président de l’ADC-IKIBIRI, Léonce Ngendakuma adressait une correspondance au Secrétaire Général des Nations-Unies dans laquelle il lançait un cri d’alarme et demandait une « prévention d’une catastrophe humanitaire en perspective au Burundi »

    9. La fermeture du BNUB au Burundi rentre dans cette stratégie de Nkurunziza et son parti de se préparer àcommettre des crimes abominables en l’absence des témoins gênants. Les quelques observateurs des droits de l’homme de l’Union Africaine qui sont au Burundi sont enfermés dans un hôtel, ils ne sortent que quand il s’agit des shows organisés par Nkurunziza et sa clique. Il semblerait d’ailleurs qu’aucun texte ne régit ce déploiement des observateurs des droits de l’homme qui ne font que compter les morts.

    10. Nkurunziza et sa clique instrumentalisent plus particulièrement la justice mais aussi l’administration, les corps de défense et de sécurité. Le pauvre Valentin Bagorikunda, procureur général de la République signe les yeux fermés n’importe quoi ! Cette liste n’est pas exhaustive. Ce cri d’alarme est lancé àtous les hommes et femmes du monde entier en particulier ceux des pays démocratiques. N’oubliez pas les Burundais qui, aujourd’hui vivent dans la peur, interpellez vos gouvernements pour qu’ils interviennent de toute urgence pour stopper la folie meurtrière de Nkurunziza et son parti CNDD-FDD. Demain, ça sera trop tard si un autre génocide est consommé en Afrique des Grands Lacs alors que tout le monde l’aura vu venir. Que faire ?

    1. Le Conseil de Sécurité des Nations Unies s’est réunie ce lundi, il faudrait de toute urgence une résolution qui autorise l’envoi immédiat d’une force de maintien de la paix au Burundi pour sécuriser la population et désarmer les milices sur tout le territoire national.

    2. Il faut des sanctions immédiates contre Pierre Nkurunziza et tous les concepteurs de ce plan macabre ainsi que les exécutants. Nkurunziza n’est plus un homme crédible avec qui négocier, il faut plutôt l’arrêter vivant et le juger. Ce n’est pas pour rien qu’il se cache déjàet ne répond plus au téléphone ! Pourquoi négocier avec un criminel de son rang ? Pour lui donner des honneurs et une porte de sortie digne d’un homme responsable ? Après autant de burundais massacrés et de sang versé de tous ces jeunes, j’ose espérer que les politiciens nous épargneront ce spectacle désolant. L’impunité des crimes d’Etat doivent être combattus partout dans le monde et plus particulièrement au Burundi.

    3. Le Conseil de Sécurité des Nations Unies doit de toute urgence autoriser l’ouverture d’une radio privée qui couvre tout le territoire national afin de donner un message de paix, de réconfort àla population burundaise pour contrecarrer les médias de la haine contrôlés par le pouvoir dont la RTNB. A mes compatriotes burundais : Le peuple burundais est aujourd’hui comme un orphelin de père et de mère qui habite une région où règne la loi de la jungle et des gangsters qui rançonnent les citoyens, qui pillent, qui violent, qui torturent, qui tuent de façon abominable. Dans cette jungle, les jeunes qui ne sont pas tués, sont castrés avec de l’acide. Même des cadavres sont torturés. Des jambes sont coupées et des cœurs sont enlevés aux cadavres. Quelle atrocité ! Du jamais vu au Burundi. Quelle haine ! Les images parlent d’elles-mêmes. Willy Nyamitwe, bras droit et conseiller principal de Pierre Nkurunziza, a beau démentir qu’il n’y aura pas de génocide au Burundi, les faits têtus sont làpour le démentir. Le fait de tuer systématiquement des familles entières et des couples sans armes rime àquoi ? La famille Nkezabahizi (cameraman àla RTNB) a été décimée pourquoi ? Le père Panta Léon Hakizimana et ses deux fils jumeaux Frank et Fleury Hakizimana ont été massacrés pourquoi ? Tous ces centaines de cadavres retrouvés ligotés, les bras au dos, c’est quoi ? Et pourtant, tous ces jeunes qui sont préalablement arrêtés par la police, on les retrouve dans les buissons, sur les rues et dans les rivières, etc. Tous ces membres des partis d’opposition de l’UPD, du MSD, etc. qui sont assassinés àtravers tout le pays, c’est quoi ? La ligne rouge a été dépassée, en plus des discours incendiaires de Nkurunziza, de Ndikuriyo, de Ndabirabe, de Bunyoni et bien d’autres, on observe ces dernières semaines des massacres dans des endroits sacrés pour le peuple du monde entier et en particulier les Burundais, rien ne peut justifier de tirer sur un cortège funèbre, empêcher les citoyens d’enterrer leurs morts et de faire leur deuil. Tirer un obus sur un bus avec des femmes, des vieillards, des enfants, catégories des personnes vulnérables ! Des élèves du secondaire sont enlevés de leurs classes et on retrouve leurs corps mutilés et assassinés, comme ce jeune élève du Lycée Municipal de Cibitoke ! D’autres citoyens innocents sont massacrés dans les bistrots comme ce fut le weekend passé àKanyosha. Que faire devant ces crimes d’Etat abominables et toutes ces actions de haute trahison : 1. Le Burundi appartient àtous les Burundais sans distinction aucune d’appartenance ethnique, politique ou autre. Donc, dans ces moments très difficiles, la seule arme redoutable reste l’unité, l’entraide et la solidarité. J’exhorte les membres du CNDD-FDD qui sont opposés àla destruction du Burundi comme Nation d’être les premiers àêtre solidaires avec ceux qui sont aujourd’hui pourchassés pour avoir refusé un mandat illégal, de trop et maudit. 2. La résistance et le refus de cette folie meurtrière incombe àtout citoyen. Le Burundi doit être libéré rapidement et se doter d’un gouvernement digne et responsable dont la première mission PDF Pro Evaluation 5 sera celle de sécuriser les citoyens et leurs biens, mettre hors de l’état de nuire toutes les milices qui sont sur le sol burundais : Imbonerakure, Interahamwe et les Mayi-mayi.

    3. Le Burundi est dans une situation de guerre, une situation de crise sécuritaire grave ! Nkurunziza ne décrétera jamais un couvre-feu pour des raisons que l’on peut bien deviner. A chaque compatriote burundais de prendre ses responsabilités. Aux citoyens du monde et àla communauté internationale :

    1. Le peuple burundais a besoin du soutien de vous Toutes et de vous Tous. Usez de tous vos devoirs de citoyens pour faire un plaidoyer auprès de vos gouvernements pour que des mesures soient prises de toute urgence pour protéger la population burundaise en danger.

    2. Au lieu d’apprêter des avions pour rapatrier les étrangers vivant au Burundi et abandonner les Burundais àleur sort comme ce fut au Rwanda, prenez plutôt des mesures de sécuriser tous les habitants de ce pays. Ça serait une honte pour les pays démocratiques de sauver uniquement les leurs et laisser les Burundais génocidés par un pouvoir que certains pays ont soutenu pendant 10 ans.

    3. Si rien n’est fait, et qu’un génocide politico-ethnique est consommé au vu et au su du monde entier, les survivants et les générations futures accepteront difficilement les larmes de crocodile des représentants des pays démocratiques qui auront assisté àcette hécatombe sans rien faire. Je ne saurai terminer ce cri d’alarme sans adresser un message de sympathie àtoutes ces familles qui ont perdu les leurs. Je pense aux nombreux orphelins, victimes des orphelins de 1972 comme s’ils n’avaient pas souffert de cela et comme s’il n’y en avait pas assez au Burundi. J’ose espérer que, tôt ou tard, ces criminels seront jugés et punis sérieusement àla hauteur des crimes abominables qu’ils commettent au quotidien.

  • abanyagihugu nibajekumavi basenge kugirango babebamwe hama bivune umasi.kandituzotsinda

  • Abakurira Peter vibuzimu mujibuntu bamwe barahendwa mukajanarwo kobuca yomoka canke akiyahura muzoca mubabande? Nama nbabwiye ejo ntimuze mugire ngo twarhenzwe uyo nkurumbi nakagwi kiwe ubu barindiri I lahe sabikigongwe hakirikare

  • NIYIRAMBIRESEBARUNDI.ECOFO TWIGAKUBUNTU NTAWUTOSHIMA IVYIWE

  • Peter nibamureke arashoboye kandi akoreshwa n’Imana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.