Deprecated:  Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
	IGIHE Burundi
	http://igihe.bi/
	Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
	rn
	SPIP - www.spip.net
- 
		 Chameleone n'umugore wiwe Daniellah ,Imyaka itanu iraheze
		http://www.igihe.bi/chameleone-n-umugore-wiwe.html
		http://www.igihe.bi/chameleone-n-umugore-wiwe.html
		2013-06-07T05:26:14Z
		text/html
		rn
		
		HomeNews
		
<p>Haheze imyaka itanu Chameleone n'umugore wiwe Daniellah bambikanye impeta . Uno munsi, igenekerezo ry'i 7 Ruheshi 2013 akaba ariho bahimbaje imyaka itanu irangiye babanye.Bakaba banezerejwe kukungene iyo myaka itanu irangiye babanye mu mahoro n'umwumvikano udasanzwe. <br class='autobr' />
Kw' igenekerezo rya 7/ Ruheshi /2008, niho Dr Jose Chameleone yinjiye mw'ishengero ya Bbina Church asezerana n'umwigeme witwa Daniellah imbere y'Imana ko bagiye kubana akaramata kugeza igihe bazotandukanywa n'urupfu canke (...)</p>
-
<a href="http://www.igihe.bi/-inkuru-179-.html" rel="directory">Inkuru</a>
/ 
<a href="http://www.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>