Deprecated:  Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Umukobwa ari mw'isanamu nshasha ya Peter baramunyegeje mu maso
http://www.igihe.bi/umukobwa-ari-mw-isanamu-nshasha-ya.html
http://www.igihe.bi/umukobwa-ari-mw-isanamu-nshasha-ya.html
2014-12-24T08:40:18Z
text/html
rn

HomeNews

Umuririmvyi Peter Niyo yashize ahabona isanamu y'ururirimbo rwari rumaze hafi umwaka rusohotse.

Amajwi y'ururirimbo "Kizaka" yasohotse mu kwezi kwa Ruhuhuma 2014, rwaririmbwe na Peter Niyo afadikanije na Rudoviko Barcklay. Ayo majwi yakozwe na Kook-k mu mudiho wa "Afrobeat". Isanamu ikorwa n'umuhinyanyuzi Lizer Classic. Igitangaza mw'isanamu n'uko umukobwa atambisha ibisusu bamunyegeje mu maso. Ubutumwa bwo muri urwo ruririmbo ni kuryoherwa gusa.
Umviriza urabe n'isanamu nshasha (...)

Niyo Peter

HomeNews

Ururirimbo rushasha rya Peter Niyo rwasohotse
http://www.igihe.bi/ururirimbo-rushasha-rya-peter-niyo.html
http://www.igihe.bi/ururirimbo-rushasha-rya-peter-niyo.html
2014-02-06T10:27:25Z
text/html
rn

HomeNews

Umuririmvyi Niyongabo Peter batazira Peter Niyo ahejeje gusohora ururirimbo rushasha rwuzuye kwidagadura, kuryoherwa yakoranye na Rudoviko.

Nta mwanya uheze uririmbo «Kizaka» ririmbwe n'umuririmvyi w'umurundi rushize amaguru hasi. Nk'uko Peter Niyo abivuga, urwo ruririmbo yaruririmbanye n'umuririmvyi azwi kw'izina rya Rudoviko Barcklay, rukaba atabundi butumwa rutanga atari kuryoherwa.

Umuhinyanyuzi karuhariwe w'indirimbo KOOk-k niwe yaruhinyayuye arushira mu mudiho wa « Afrika Beat » ari nawo (...)

Niyo Peter

HomeNews