Deprecated:  Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Chris na Junior bagiye kugira amasezerano n'umugwizatunga w'umurundi
http://www.igihe.bi/chris-na-junior-bagiye-kugira.html
http://www.igihe.bi/chris-na-junior-bagiye-kugira.html
2014-06-26T10:48:00Z
text/html
rn

HomeNews

Abana karuhariwe mu muziki Chris na Junior baguma batera intambwe mu muziki. Hari amasezerano bashobora kuzogirana n'umugwizatunga w'umurundi.

Hariko havugwa amakuru ko abaririmvyi Chris Joel Niyotsinzi na Junior Juvenal Ninziza bashobora kugirana amasezerano n'umugwizatunga Siyoni. Nta mukono barashira kuri ayo masezerano, ariko ayo makuru aremezwa n'uwuriko afasha abo bana mw'iterambere ry'umuziki wabo. Ibijanye n'ibiri mu masezerano tugiye kuzobibamenyesha mu makuru yacu yo hanyuma.

Mwomenya (...)

Chris and Junior

HomeNews

Umugambi "Paka Promotion"uriko ufasha iterambere ry'abaririmvyi
http://www.igihe.bi/umugambi-paka-promotion-uriko.html
http://www.igihe.bi/umugambi-paka-promotion-uriko.html
2014-03-22T13:33:08Z
text/html
rn

HomeNews

Umugambi Paka Promotion uriko uraduza hejuru abaririmvyi b'Abarundi. Uwo mugambi watangujwe n'abamenyeshamakuru b'imicokama kugira bafashe abaririmvyi cane cane bataragera kure mu muziki ariko bashoboye. Abatanguje uwo mugambi batora umuririmvyi umwe bagakorana ibikorwa vyiwe vyose bijanye n'umuziki umwaka wose.

Paka Promotion ni umugambi uriko ukorana n'abaririmvyi b'Abarundi bariko berekana aho bagejeje isemo, bashaka na ntaryo uwubafata mu mugongo. Uwo mugambi urimwo abamenyeshamakuru (...)

Chris and Junior

HomeNews