Deprecated:  Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
	IGIHE Burundi
	http://igihe.bi/
	Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
	rn
	SPIP - www.spip.net
- 
		Alice Keza yasohoye isanamu y'ururirimbo "Izina Ryawe"
		http://www.igihe.bi/alice-keza-yasohoye-isanamu-y.html
		http://www.igihe.bi/alice-keza-yasohoye-isanamu-y.html
		2014-10-20T11:14:06Z
		text/html
		rn
		
		HomeNews
		
<p>Umuririmvyikazi Alice Keza yasohoye isanamu y'ururirimbo "Izina Ryawe". Aririmbira umusore avuga ko akunda. Isanamu ntiyakorewe mu Burundi ariko amajwi yakozwe n'umuhinyanyuzi w'umurundi. <br class='autobr' />
Alice ati :" Izina ryawe nzoryandika ku mutima ugukunda"... "Nimba bidakunda ko wombarira ko duhuza indome duhuze umutima, uzontera iteka ndagutere irindi maze tube umwe"... "Ntuze unsige jenyene Boy". <br class='autobr' />
Mwomenya ko isanamu y'ururirimbo yakorewe mu gihugu c'Urwanda. Ariko amajwi yakozwe n'umuhinyanyuzi Rubanza (...)</p>
-
<a href="http://www.igihe.bi/-amasanamu-363-.html" rel="directory">Amasanamu</a>
/ 
<a href="http://www.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>