Deprecated:  Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Kidumu avuga ko yariye uburozi yuriye indege imushikana muri Kenya
http://www.igihe.bi/KIdumu-avuga-ko-yariye-uburozi.html
http://www.igihe.bi/KIdumu-avuga-ko-yariye-uburozi.html
2018-03-28T13:08:18Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umuririmvyi rurangiranwa w'umurundi Jean Pierre NIMBONA benshi bazi kw'izina rya KIDUMU avuga ko yariye uburozi mu Burundi, yasohotse ibitaro ku mugoroba wo kuri uwu wa kabiri. Mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu naho, niho yafashe indege imushikana mu gihugu ca Kenya, aho asanzwe arangurira imirimo y'ukuririmba, akaba ari naho aba.

inkuru

HomeNews

Kidumu yikeka ko yahawe ishano mu rugendo arimwo mu Burundi
http://www.igihe.bi/Kidumu-yikeka-ko-yahawe-ishano-mu.html
http://www.igihe.bi/Kidumu-yikeka-ko-yahawe-ishano-mu.html
2018-03-27T08:53:14Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Inyuma yo kuremba akajanwa kwa muganga mw'ijoro ryo kuri uwu wa mbere, umuririmvyi Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidumu, arashimira abamutabarije bakamurokorere ubuzima. Amakuru dukesha urubuga rwiwe rwa Facebook yo kuri uwu wa 26 Ntwarante 2018, avuga ko Kidumu yiketse ko ashobora kuba yari yahawe uburozi.

inkuru

HomeNews

''Gufasha Aaron NTUNGA bikwiye kuva mu majambo bikaja mu bikorwa''-Kidum
http://www.igihe.bi/Gufasha-Aaron-NTUNGA-bikwiye-kuva.html
http://www.igihe.bi/Gufasha-Aaron-NTUNGA-bikwiye-kuva.html
2018-02-01T15:29:59Z
text/html
fr

HomeNews

Jean Pierre NIMBONA Kidum, umwe mu baririmvyi baza imbere mu bihangange vy'umuziki ndundi, asaba abarundi kuva mu majambo, bagaterera kugira Aaron NTUNGA ashobore gukwiza uburyo bwo kuja kwivuza mu gihugu c'Ubuhindi.

inkuru

HomeNews

Isanamu y'ururirimbo rushasha "Hadi Kifo" rwa Kidum Ft Ninny Zerah
http://www.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-Hadi.html
http://www.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rushasha-Hadi.html
2017-12-15T12:45:11Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Chansons

HomeNews

Ubutumwa bwa KIDUM ku biteramo vyiwe vyagenze nabi muri Australie
http://www.igihe.bi/Ubutumwa-Bwa-KIDUM-ku-biteramo.html
http://www.igihe.bi/Ubutumwa-Bwa-KIDUM-ku-biteramo.html
2016-11-14T09:16:44Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umuririmvyi Jean Pierre NIMBONA batazira KIDUM avuga ko ibiteramo aheruka kuremesha muri Australie vyagenze nabi kubera abantu bahimirije abandi kutavyitaba, bagiriza uwo muririmvyi ko asigaye ari umunyeporitike. KIDUM arashikiriza uko yakiriye ibimuvugwako.

Mu giteramo yaherukamwo mu gihugu c'Uburundi, Jean Pierre NIMBONA [KIDUM] yavuze ko yasanze amahoro ahari n'umutekano ari wose mu Burundi, ibitandukanye n'ibivugwa n'abandi banyeporitike yaba abari mu Burundi canke mu buhungiro. Mu minsi (...)

inkuru

HomeNews

Isanamu y'ururirimbo "VIMBA VIMBA" rwa Kidum Ft 3 HILLS yasohotse
http://www.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-VIMBA-VIMBA.html
http://www.igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-VIMBA-VIMBA.html
2016-09-07T10:48:33Z
text/html
rn
Jean De Dieu
HomeNews

Chansons

HomeNews

Kidum yitezwe mu giteramo i Kigali
http://www.igihe.bi/kidum-yitezwe-mu-giteramo-i-kigali.html
http://www.igihe.bi/kidum-yitezwe-mu-giteramo-i-kigali.html
2016-06-22T08:07:18Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umuririmvyi rurangiranwa muri Afrika y'ubuseruko, Nimbona Jean Pierre [Kidum Kibido Kibuganizo] yatumiwe mu giteramo gikomeye azokorera mu gisagara ca Kigali kuwa 1 Mukakaro 2016.

Kidum yakunzwe mu ndirimbo nka "Yaramenje", "Nitafanya", "Haturudi nyuma", "Ngwino" n'izindi, yaheruka kuririmbira mu Rwanda muri Ntwarante 2015 mu giteramo yari yatumiwemwo na mugenzi we Frankie Joe.

Muri ico giteramo Kidum azokorera mu gisagara ca Kigali, azoba ari kumwe n'abandi baririmvyi bakomeye nka Big (...)

inkuru

HomeNews

Ukuri ku mpari zabaye hagati ya Kidum na Frankie Joe kugiye kuja ahabona
http://www.igihe.bi/ukuri-kw-impari-zabaye-hagti-ya.html
http://www.igihe.bi/ukuri-kw-impari-zabaye-hagti-ya.html
2015-05-12T08:41:28Z
text/html
rn

HomeNews

Kidum agiye gusohora ururirimbo rurimwo ukuri kwose kw'ivyabaye hagati yiwe na Franckie Jo. Uwo muririmvyi aremeza ko akoresha cane indimi mvamakungu zikoreshwa mu Burundi.

Kidum yandika avuga ko hagiye gusohoka vuba cane ururirimbo ruzoshira ahabona ukuri kwose kw'ivyabaye hagati yiwe na Franckie Joe. Yandika ati:"Vuba cane hazosohoka ururirimbo ruzovuga ukuri kwose kwinyegeje mu mpari zabaye hagati ya jewe na mutoyi wanje Frankie Joe. Udufaranga dukeyi dushobora gutera ingorane hagati (...)

inkuru

HomeNews

Kidum abona ko umuti w'ingorane ziri mu Burundi woba ibiganiro
http://www.igihe.bi/kidum-abona-ko-umuti-w-ingorane.html
http://www.igihe.bi/kidum-abona-ko-umuti-w-ingorane.html
2015-05-04T13:03:11Z
text/html
rn

HomeNews

Kidum asaba ko ibiganiro vyoza imbere ya vyose, kuko nta murundi ategerezwa gusumba uwundi, naho koba akarwi gatoyi canke uwuri ku butegetsi. Uburundi ni igihugu Abarundi bategerezwa gusangira.
Ubutumwa Kidum yandikiye umuvyeyi wiwe asigaranye, yagize ati:" Wewe na nyakwigendera dawe wanje mwanyigishije ubumwe. Ubumwe mu muryango, mu babanyi bacu, ubumwe mu gihugu cose. Inyigisho zanyu nazishize ku muzirikanyi, nazishize mu vyo nkora vyose. Natanguye gukwiragiza inyigisho z'amahoro (...)

inkuru

HomeNews

Kidum yerekanye ko gushwana na Frankie Jo ari ibere ryayaze
http://www.igihe.bi/kidum-yerekanye-ko-gushwana-na.html
http://www.igihe.bi/kidum-yerekanye-ko-gushwana-na.html
2015-04-06T10:47:41Z
text/html
rn

HomeNews

Inyuma yo guterana amajambo hagati y'abaririmvyi Kidum na Frankie Joe bapfa amahera y'igiteramo, hama bakandikirane ama "sms' bavuga ko batoteranywa n'amahera, Kidum yahinduye"photo de profil".

Kidum abandanya yerekana ko ivyabaye hagati ya we na Frankie ari nk'ibere ryayaze, inyuma yo kwandikirana ama "sms", ubu naho yahinduye ""photo de profil". Aboneka rero ari kumwe na Frankie Jo, bose batwenga. Abatari bake batanze ivyiyumviro vy'abo, bamwe bati:" Kidumu ni akarorero keza ariko yereka (...)

inkuru

HomeNews