Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Kwidagadura \BB umucuraranzi \BB Lolilo \BB inkuru
Umviriza indirimbo zateye Lolilo na Big Fizzo kutumvikana
Yanditswe taliki ya 11-03-2013 - isaha 03:21'

Haraheze iminsi Lolilo na Big Fizzo bongeye kutumvikana kubera indirimbo ya Lolilo yitwa “URUWAMBERE” isa cane n’iya Big Fizzo yitwa “NAKULOVE”.

Twari twavuzeko tugiye kurondera izo ndirimbo tukazizana namwe mukazumviriza hama ukuri kukaja ahagaragara kuko mbere Lolilo yari yavuzeko indirimbo yiwe yatanguye gukorwa mbere y’iya Big Fizzo ariko iyo ubajije abahinyanyuzi bakoze izi ndirimbo bavugako Nakulove ya Big Fizzo ariyo yatanguye kandi ko ari nayo yageze kubimenyeshamakuru ubwa mbere.

Fyonda ngaha wumvirize indirimbo Nakolove ya Big Fizzo

Fyonda ngaha wumviriza indirimbo Uruwambere ya Lolilo

Icagaragaye nk’ukuri nuko izo ndirimbo zose bazikora bagendeye kundirimbo ya P-square yitwa “Shop my money” gusa kuva Big Fizzo ariwe yayikoze ubwa mbere Lolilo ntiyagomba gukora iyo bisa kuko ntiwomenya ukuri kwiwe niba na we yaragendeye kuri “Shop my money” canke niba yariganye” Nakulove” ya Big Fizzo.

Gusa ababirabira kure babona ko Lolilo akunda gukora indirimbo afatiye cane kuzabandi kuko no mu minsi yahera yakoze iyindi ndirimbo yitwa ngo “Aka gafi” isa cane n’iyitwa “ Akabuto” ya “Kitoko Bibarwa” umuririmvyi mugenzi wiwe w’umunyarwanda.

Ivyiyumviro vyanyu

BIGFIZZOndamwerankigihangangelolilonawenarekevyiweturabiziko arimba izo abandibaririvye narekekwigeranyanaGIKUNDIRO KINGWABRING BRING

24.07.2016 à 12:28
JEANCLAUDE

Bg Fzz Ndamukunda Lolilo Nareke Kumwinjrra

12.07.2016 à 12:42
Joshua

Big Fizzo Ndamukund Cane Love You Fizzo

9.07.2016 à 11:43
Sabushimike Gad

bos nabasuma gusa

4.07.2016 à 19:50
rashid

jewe kuvyukuri ndakund big fizo sana big fizzo namu love gusa uramurenz sana lizzo p6.

25.06.2016 à 14:54
mugisha frank

LOLILO NAFIZO BARAFIKI ICONOBABWIRANUKO FIZOYOREKAKWIJIRIRALOLILOICONICOKIBAZONAGOBAGUTAGA

23.06.2016 à 19:41
DANIYERI

INDILIMBOYAFIZZO IVUGA NGO MAISHA NI YAMUNGU

22.06.2016 à 10:38
ILADUHAYE KEVIN

Burya ufatiy indirimbo kuyuwundi birahanwa ?

13.06.2016 à 16:20
Jay

fizzo ndamukunda ariko hariho abamwanka

12.06.2016 à 06:11
Nyanza-lac’iwacu

fizzo ndamukunda ariko hariho abamwanka

12.06.2016 à 06:10
Nyanza-lac’iwacu

FIZZONUMUHANGACANEGOSE

9.06.2016 à 20:01
.comWASAIWAZULIPRO

Mbona Borubir Guhuz Kk Iby Nibit

4.06.2016 à 19:12
Samuel

Jewenbonako Hobukubahana Hagatiyabo Mugajewendumufanawa Fizzo

27.05.2016 à 21:21
Eric Copin

nivyizacane

11.05.2016 à 11:32
joy yvan

Nahitaji Wakae Pamoja Waelewane Mimi Nawapenda Wote.

10.05.2016 à 20:14
Isaka Baraka Joseph

Nahitaji Wakae Pamoja Waelewane Mimi Nawapenda Wote.

10.05.2016 à 20:12
Isaka Baraka Joseph

Nahitaji Wakae Pamoja Waelewane Mimi Nawapenda Wote.

10.05.2016 à 20:11
Isaka Baraka Joseph

Lizzo Nareke Abandi Barye Kubera Nawe Yarariye Kandi Wewe Yariye Kenshi Fizzo Je Ndamukunda Ntiwoza Umbwira Ngo Lizzo Aramuruta Fizzo, Fizzo Tu Es Generale

9.05.2016 à 13:45
Alain

None Vyogenda Gute Kugira Bumvikane

3.05.2016 à 09:39
AMANI

Ico jew nobivugako nuko bos bojahamwe bagahuza kuko imitwe ikora ikoranye nibaje hamwe bahuze bizoshoboka ok ariko big fizzo na lolilo bos nibamwe nibarabe baje hamwe bizohera

28.04.2016 à 11:29
Icoyitungiye
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.