IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > U Buhindi: Urugendo rwo kuja kwiyuhagira ibicumuro

U Buhindi: Urugendo rwo kuja kwiyuhagira ibicumuro

lundi 14 Nzero 2013

Mu gihugu c’u Buhindi abantu bahuriye Kumbh Mela ari isinzi mu mugigwa wo kwiyuhagira ivyaha.

Uwo mugigwa ukaba uhuza abantu benshi cane barenga imiliyoni ibihumbi icumi mu minsi 55.Muri uyo mugigwa bagenda kwiyuhagira muri Gange no mu ruzi Yamuna.

Ngo uwiyuhagiye muri ayo mazi agenda ahanaguwe ibicumuro vyiwe.
Urwo rugendo rero rukaba rukorwa rimwe mu myaka 13.

JPEG - 81.1 ko
JPEG - 13.6 ko
JPEG - 39.3 ko

Mugisha Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.