IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amashirahamwe icenda adaharanira ivyicaro vya poritike yafatiwe (...)

Amashirahamwe icenda adaharanira ivyicaro vya poritike yafatiwe ingingo

vendredi 20 Munyonyo 2015, par egide

Inyuma y’iyugarwa rw’ububiko (Compte) bw’amafaranga ya Maragarita Barankitse hamwe n’ikigo Maison Shalom, hasohotse urundi rutonde rw’abantu hamwe n’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike bahagarikiwe ubukibo bw’amafaranga. Kw’isonga ry’abafatiwe iyo ngingo hari Pacifique NININAHAZWE arongoye ishirahamwe FOCODE.

Kuri urwo rutonde rw’abantu bafatiwe iyo ngingo n’umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika, habonekako cane cane abantu hamwe n’amashirahamwe yagize uruhara mu kwiyamiriza ikiringo ca gatatu Petero NKURUNZIZA.

Inyuma ya Maragarita Barankitse n’ikigo Maison Shalom, hakurikiye :

1. Pacifique Nininahazwe arongoye ishirahamwe FOCODE

2. Vital NSHIMIRIMANA arongoye urunani FORSC

3. Armel NIYONGERE arongoye ishirahamwe ACAT

4. Ishirahamwe FOCODE

5. Urunani FORSC

6. Ishirahamwe ACAT (Action des Chrétiens pour l’Abolition de la torture)

7. Ishirahamwe APRODH rirongowe na Petero Karaveri MBONIMPA

8. Ishirahamwe PARCEM rirongowe na Faustin NDIKUMANA

9. Ishirahamwe AMINA (Association des nciens Militaires Démobilisés)

10. Ishirahamwe FONTAINE - ISOKO

11. Urunani SPPDF ruhurikiyemwo amashirahamwe y’abakenyezi.

12. Ishirahamwe RCP rirongowe na Vital Nshimirimana


IGIHE

Messages

  • Njye mbona leta yuburundi yashyiraho itegeko rigenga imitungo yatawe nabanyirayo hanyuma igafatirwa ingwate ikishyura ibyo basize bangirije. Byaba ngombwa igatezwa cyamunara

  • Abagumyabondo bashaka amafaranga bacikana barabona ko atari heza,na FDRL mu Rwanda vyagenze uko.

  • Baritwenga.Nukwiteranya Babonyeko, Batogenda Batiteye, Ijeke!

  • Biraboneka yuko amafranga yoguhemba IMBONERAKURE hamwe Ninterahamwe yaheze none bikoze kumafranga y- amashirahamwe. None ko OLUCOM itarimwo ubwo RUFYIRI ntiyinjiye mu mugambwe mudutohoreze.? ?A quand la fermeture des comptes des stations comme RPA, ISANGANIRO,BONESHA? BUNYONI, NDAKUGARIKA,BAGORIKUNDA na sebuja bazopfa barya.

  • Nibabifate.Uwugomba ubutunzi bwo mugihugu acitwaramwo neza.Abo nabaja b’Ububirigi.

  • BARAKABONABAYAHAGARICEKUKOTURAVYEMBONIMPA NAPASIFIKENURYAMUGOREWOMURUYIGI NABONONYI KUKOIVYOBONOYEMUBURUNDI NIKIRENGABAKWIYEGUFATWABAKAJI IMBEREYUBUTUNGANE

  • Kizigenza, uri interahamwe

  • izo nkotanyi za kagome mwarimwaratevye murwanda baba babifashe bugica non ngo ubuniho mubonye kuyakurako ubuntibayakuyeko?mubahashe mwivuyinyuma mukomere.

  • Nimuyafatire ibihano baze bishur amamodoka yacu baturiye
    Bashumbushe nabantu batuririye muma pneus arko kandi ntibatugarukire kubutaka bwacu nibagume mububiligi.

  • izo nkotanyi zokwa kagome muzihashe nimpene batungiy kubutaka bw’uburundi zifatwe nkibintu bitagira nyinavyo.

  • mbega uwo niwo muti wikiringo cagatatu?reka tubirindire!

  • Reka tubirorere none boyasahuraho boyarya imyaka ingahe? Namba boba bashaka gukwegera abana babo n’igihugu kwama mu madeni n’ubukene nta kindi.

  • Il s’agit d’une décision irréfléchie et qui aura des conséquences sur la vie sociaux-économique du pays.Et rien n’est étonnant pour le grand auteur de cette décision car nous savons que c’est une personne méchante,impitoyable, mais surtout malade mantelement.

  • C’est une décision irréfléchie

  • Ayo mahera nibaturihe imodoka jacu jaturiwe ijo munjeri iyomihimbiri itazi kurima

  • basha naho mutera igere intwaro yanyu isagaje umwanya muto nukuri wait and see , ibimenyetso vyibihe.

  • Aba Dd Ntimubashavurir Nigr Ryanyuma Babony Kobaherew Imisi Basigaj Ndibazako 5o Idashika

  • None babigize uko
    Niwomuti wivyo bibazo?
    Bihanze iki gihugu cacu cub’
    uburundi?

  • @umurundi (Sindumuja). Niba ndi interahamwe ndamaze. Harya ngo mutegereje genocide ko so wanyu Inkoramaraso karahabutaka KaGaMeyatangiye kuyishyira mubikobwa nkuko yarimbuye abanyarwanda. Utabusya abwita ubumera . Ntamuntu muzima ushyira imbere ubwicanyi ngo bimugwe amahoro nkuko ba Sindumuja muri kwica abarundi na grenade. Uri igicucu kweri. Ubupfapfa bwo ba Sindumuja murabuvukana. Ubuntu bw’ubugabo butavana amaboko mumpuzu!!

  • You maybe the loser or the winner to the game.kubwanje ndabona harabantu bahawe diplome mumategeko ata vocation quardiac bafite muribo.nkuyu mushikiriza manza nibwoko ki?ndimuto mubijanye namategeko ariko birarenze ivyo mbona.ntakwiyumvira kukibaho imbere yo gufata ingingo?kuki mutaki visant àlong terme?nimana irafise les opposants but it goes not far way to us.hwy you?ubujuju bwambere nukwiyita umunyabwenge.muntunge mumburanye abagarukiriza ukwiyumvira kwabo hagufi muribaza ko ataciyumviro kiri muvyo mvuze.ariko abo mbwiye bariyizi

  • nyakubahwa kizigenza wa republic du burundi , urincabwenge peee! we wiyunviriye guhagrikira amashirahamwe yabo bambuzi bashatse gutembagaza ubutegetsi bakoresheze amahera banyaze muri 1993.nibabandanye rero bakokeza iyo bari mubuhungiro ,yamara hanwe bobima agafashanyo iyobari boca bry urubutiro!tuza abo babisha nyakubahwa valante.

  • Ayo bagiye kuyagura intwaro zo guha inter_imboner_ngobakore mureke gufata ibyemezo byo gusamba. Iyo muryango irazira iki? Nabarundi muri kwica! Oh Dieu pardones le burundi

  • guhagarika ayo mashirahamwe siyo nyishu y ibibazo biri burundi.leta niyemere ibiganiro n abo batavuga rumwe niyo nzira izokiza abarundi kwugara ama compte n ishavu gusa ntakirimwo

  • mfit ubwoba kuri OBR nimba bir uko amahra azohava avahe ko ayo mashrahamwe ariyo yatanga ikori riboneka muri leta? ubu ho naza 48% ntaho zizova! nzobe mbona.

  • Ivyanda ho hararishe ko hatarimwo?

  • Ivyanda ho hararishe ko hatarimwo?

  • urupfu n’impfane birajana. gufata ama comptes y’abantu ntaco bimaze ariko biratwereka KO hari abntu barushe bakeneye uwobaruhura. mbega intwaro! ivyo je mbona ari nkukwidigadiga kuko aho mugeza nihafi cane hari vyinshi bikibasiga. gukora ikibi ukacita iciza ni akagaye kadasanzwe kuwagikorewe ariko kandi ni ikosa rikomeye kuruwo yabikoze. À ha mwibaza KO abarundi bayobewe gutandukanya ikibi n’iciza, umuco n’umwijima, ukuri n’ikinyoma? kuri rufyiri tuzoguma twibuka KO yigeze kuba umuntu w’imvugakuri ariko tuzokwemeza neza KO atakiri wawundi hanyuma tumufate uko yifashe. uko tuzomwita nakwo ni yama terme nyene yiwe yama yita abo bamusumakuye: imihimbiri, imbunuza, bakaboko, bampemayuzuye, amasiha... Sinzi KO abahinga ba vocabulaire rundi bazoturonkera i terme imubereye kuko kubwanje ni umupfu uwo nawe ntakindi atari kumugandukakako ahasigaye ugahangana n’ibibazo vy’ ico twokwita imizimu nacanecane KO benabo bantu baba bafise abo bigaruriye benshi kubwamahera twe twita "argent sale" mbega rufyiri yovyubahuka? oya n’ajeko turabe areke kutwica urubozo canne abibeshuze.

  • Aya namashirahamwe aharanira inyungu za poritike, yinyegeje inyuma yamashirahamwe adgaranira ivyaporitike. akarorero igihe hatanguye imigumuko nibobagiye kwisonga ngwe mama ikiringo cagatatu ntigishoboka ngo bazokora ibishoboka vyoshe baciyamirize. ndetse ngo bazokoresha ninguvu biribube munyuma batangure kwica nabantu,guturira amamodoka amabarabara,munnyuma twababonye kumamodoka yingwano (auto blende). none aracitwa societe civile? ahubwo leta nkabanyagihugu turasavye ayomashirahamwe yigenjenje ukotwabonye guhanagurwa burundu abayarongoye intahe ibokere ukuri kuja ahabona murakoze.

  • Aba CNDD-FDD murerekanye ko muri aba Satani naho mwama mwivugisha ko mukorera Imana. Mufise ubwenge buke, aha muzi ko mwabakomesheje? Naho shwi ! Ahubwo muritunganya kuko ubwanyu buza bwahera. Nta wurandura imbuto ngo abeho ! Temba temba harageze muriko umuvumo !!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.