IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubumwe bwa Buraya bwongereje amafaranga yafashishwa impunzi z’Abarundi

Ubumwe bwa Buraya bwongereje amafaranga yafashishwa impunzi z’Abarundi

mardi 31 Rusama 2016, par egide

Ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya ryongereje imfashanyo zijejwe gufasha mu vya nkenerwa vyihutirwa ku Barundi babandanya guhunga Uburundi.

Iryo shirahamwe ryamenyesheje kuri uwu wa kabiri ko hagiyeye kwongerezwa izindi miriyoni 10 z’amafaranga y’amanyaburaya zizokoreshwa mu gufasha izo mpunzi z’Abarundi.

Ayo mafaranga yiyongereye kuyagera ku miriyoni 12,2 z’amanyaburaya zari zisanzwe zifashishwa izo mpunzi kuva mu ntango z’umwaka w’2015, ayo mafaranga yose hamwe akaba aciye aba imiriyoni z’amanyaburaya.

Mw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya bamenyesha ko Abarundi barenga ibihumbi mirongo ibiri na bitandatu (260 000 personnes) aribo bahunze igihugu, ica kabiri cabo bakaba bagizwe n’abana.

Muri iryo shirahamwe bamenyesha ko bazoguma hafi y’Abarundi muri ibi bihe bigoye.


IGIHE

Messages

  • emwe nimuvugishe ukuri ko arimfashanyo zamagrenade muriko murabaha.kugirango mubananye muteza ingorane Uburundi na Africa,nimwe mwabataye murudubi nimubafashe rero,mwahagaritse imfashanyo kuri leta yacu mwibazako tuzobarondera?ariko nimwe muriko mwiruka nkabasazi muturondera ngo emama ibiganiro!ariko murarushe!

  • Abantu bategura iki kiny amakuru murakunda kwihenda cane . ngoyos aciyaba imiriyoni za manyaburaya, bisiguriki. ?

  • ayo mafaranga baha izompunzi nayo kugura ibirwanisho vyo kumara abene gihugu ntakuntu bokwitwararika abantu badakwiye na 1% ngo banige 99% twarabahinyuye ico ishiramwe ryaburaya bifuza kugerako twarakimenye nugusubiza kubutegetsi abatwaye kuva kera ariko ntibizokunda abarundi turi maso kiretse mutumaze kuko iryane ziri muburundi zatewe naba nyaburaya gezahoooooo!!!!!!!

  • Komezamudufashirize Abacubahuye Nakajekaramana ! Kandinivyobihuguvyabakiriye Vyiheko Nayo Uburundi Gobuzotera Imberegute Namafarangatworose Yigira Ahandi Kuko Mwishinga Kujebajeba Nkimborozimbata ?

  • Uko ni ukutwiratako!Ahubwo iyo musumvya aho mukaja ku miriyoni 10 000."IMANA NIYO NKURU!!

  • Birateye ubwoba nagahinda kenshi kubona leta yuburundi na leta ya tanzania baduhungura kungufu atankurikizi nimwe ihabaye.

  • NIMUBAGUM HAFI AMAKUNGWU MWAMYEMUTUBERA ABAVYEYI!

  • Jewe iconosaba amakungu nuko yofasha nyabuna abarundi gusubira mugihugu cabo camavukiro kuko ntibatoranye gufashirizwa mubuhungiro kuko abarundi nabantu bakunda kwikorera bakarya ibivuye mumaboko yabo abarundi icobakenye namahoro nkabona ko amakungu akwiye gukoresha inguvu mugushinga intwaro ibereye ishingiye kumasezerano yarusha kandi yitaho abanyagihugu mugukumira ubuhunzi nuyumusi amakungu yogenda agafata nkurunziza nakarwi kiwe abarundi nankeka boca bisubirira mugihugu cabo kuko ntibahunze kuberinzara ico bahunze nubwicanyi bugirwa na nkurunziza nakarwi kiwe ntakindi

  • Abanyjankarungwi kugahweba balamanye kukayuka

  • Ahumbwo.Nobona.Bomanza.Bagacira.Urubanza.Abagovye,gutembaganza.Igihugu.Izofashanyo.Bakazireka,kuko.Nibobatumyebahunga

  • Ciza gishoboka ni uko mwobakorera kwoba kubasubiza muzabo,bitabaye muriko murwiza imanza z’amatati y’amatongo vyo mumyaka irimbere. kuk ahari ahabo ntihicaye haguma harimwa n’abatari beneho ari navyo bizogora reta mugihe bazoba bariko bagaruka kuko amaherezo y’inzira ni munzu(Burundi)

  • UBUMWE BWABURAYA NIBABE BARARYA BATAHIDA BAHUNZIKI TWEKOTUHABA TUBIKI ABADASHOBO KURIMA NOKWITENZINBRE BATUGWA NIVYO MUMAKANBI MUZOTAHA MWICUZA BURAYANAMWE MWITONDE KUMUZEHEWACU MWARYARYAMWE NTANAGASHHTWA MUZOBONA KUBURUNDI MUGARAMA MWUBAMA MUVYINA MURA MUZOTAHA UKO MWANTUROMWE

  • UBUMWE BWABURAYA NIBABE BARARYA BATAHIDA BAHUNZIKI TWEKOTUHABA TUBIKI ABADASHOBO KURIMA NOKWITENZINBRE BATUGWA NIVYO MUMAKANBI MUZOTAHA MWICUZA BURAYANAMWE MWITONDE KUMUZEHEWACU MWARYARYAMWE NTANAGASHHTWA MUZOBONA KUBURUNDI MUGARAMA MWUBAMA MUVYINA MURA MUZOTAHA UKO MWANTUROMWE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.