IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare Gen Prime Niyongabo yarokotse mu (...)

Umukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare Gen Prime Niyongabo yarokotse mu gitero

vendredi 11 Nyakanga 2015

Umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare Gen Prime Niyongabo yarokotse igitero cabaye ku modoka yiwe mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 11 Nyakanga 2015.

Amakuru ava aho mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura,amasase yatanguye kwumvikana nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’iminota 45 mu gatondo,abantu bataramenyekana bateye imodoka yarimwo.

Ayo makuru nyene amenyesha, ko abasirikare bamucungerera ubuzima bose boba bitavye Imana muri ico gitero cabereye ku kiraro ca Muha, hafi y’ishuri Internationale.
Gushika ubu,ibarabara rirugaye ntawurengana.

Ni inkuru tubandanya kubatohoreza.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.