IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye abayobozi mu biro vyiwe

Umukuru w’igihugu yagenye abayobozi mu biro vyiwe

mardi 25 Myandagaro 2015

Mw’itegeko inomero 100/03 hamwe n’itegeko 100/04 yose yo kuwa 24 Myandagaro 2015,Umukuru w’igihugu yagenye abategetsi babiri mu biro vy’umukuru w’igihugu.

Gen Major Evariste Ndayishimiye yahora arongoye igisata kijejwe ibikorwa ku kibuga c’indege SOBUGEA yagenwe kuba umuyobozi mwishikira ajejwe ibibazo vy’abanyagihugu (Chef de cabinet civil).

Commissaire de Police Principal Gabriel Nizigama yahora arongoye ubushikiranagnji bw’umutekano,yagenwe kuba icegera c’umuyobozi mwishikira ajejwe ibibazo vy’ikinyagihugu(chef de cabinet civil adjoint).

Mwomenya ko aba bose bagenywe muri ayo mabanga bahoze mu muhari CNDD FDD ukirwana,ubu umwe akaba ari mu gisirikare c’igihugu uwundi mu gipolisi.


Van Naris Mugisha

Messages

  • nshimiye umukuru wigihug u izo ntwiri zacu he nitwa Nadel nkaba nzwi cane
    murutegama Ku kaniga nkaba ndi dar es salama tz. ndakeje muramu wacu Gabriel na marume wacu evariste my mabanga bahawe barayakwiye Ku bitwaye neza kuva Baja kuntwaro atamuntu numwe arigera abavuga kwinabi canke ngo bavugwe mumanyanga nkuko abandi baza baravigwa nibobere akarorero nabandi kuko iyo ukoze neza uhabwa impera nziza Mimukomere kwibanga mutibagiye guteza imbere ryaho muva murakoze

  • nshimiye umukuru wigihug u izo ntwiri zacu he nitwa Nadel nkaba nzwi cane
    murutegama Ku kaniga nkaba ndi dar es salama tz. ndakeje muramu wacu Gabriel na marume wacu evariste my mabanga bahawe barayakwiye Ku bitwaye neza kuva Baja kuntwaro atamuntu numwe arigera abavuga kwinabi canke ngo bavugwe mumanyanga nkuko abandi baza baravigwa nibobere akarorero nabandi kuko iyo ukoze neza uhabwa impera nziza Mimukomere kwibanga mutibagiye guteza imbere ryaho muva murakoze

  • nshimiye umukuru wigihug u izo ntwarizacu je nitwa Nadel nkaba nzwi cane
    murutegama Ku kaniga nkaba ndi dar es salama tz. ndakeje muramu wacu Gabriel na marume wacu evariste my mabanga bahawe barayakwiye Kuko bitwaye neza kuva Baja kuntwaro atamuntu numwe arigera abavuga kwinabi canke ngo bavugwe mumanyanga nkuko abandi baza baravugwa nibabere akarorero nabandi kuko iyo ukoze neza uhabwa impera nziza nimukomere kwibanga mutibagiye guteza imbere aho muva murakoze

  • Umukuru wigihugu nuruphu rumushaza nimbayatinye kuja ilahe ntahoyavuye ntahoyagiye.

  • Dukonwje kunezerezwa nukuntu ibintu birikobirakorwa ndabakeje abobose bariko barahabwa amabanga.

  • Nimurek Mutarengany Azoturenganura Guterana Amajambo Ntaco Bimaz.Abarundi Bumutima Nibibuk Ko Amaraso Ahom Kand Izihor Ntitebej Amasezrano Mwihangane.

  • Harabandi yokwiyegereza atarabicanyi nkawe? muga ntaco nuwahora yiyita imana yohasi yarapfuye amarira y’ibibondo biraho azomuhumira.

  • Nibakezwe Kandi Bamye Ari Intwari Nubu Turabizeye!Baratubungabungira Intwari Yacu Maze Baduteze Imbere Bongere Badufashe Kugwanya Inyankaburundi.Nyenicubahiro Twashimye Kandi Turagushigikiye!

  • Ndakeje Nyenicubahiro Umkuru w’Igihugu kubutwari bumuranga bwo gukunda igihugu nabanyanyagihu akabogora igihugu cacu abasavyi bagira bate mukaga kukwongera kuba abaja babanyamahanga kandi twarikukiye.Ndamusabiye ku Mana Imuhezagire imuhe ubwenge nubukerebutsi bwo guteza imbere igihugu n’abanyagihugu. ndakeje nabariko bashingwa amabanga ahambaye kugira bamufashe mwishirwa mungiro ry’imigambi itezimbere abanyagihugu Imana izobarongo. nabo nibaterimbere nkumuzinga.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.