IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Yoweri Museveni umuhuza mu bibazo vya politike yagendeye u Burundi

Yoweri Museveni umuhuza mu bibazo vya politike yagendeye u Burundi

mardi 14 Mukakaro 2015, par Jean De Dieu

Yoweri Museveni umuhuza mu bibazo vya politike biri mu Burundi yagendeye u Burundi


IGIHE

Messages

  • none ga yemwe,uwo mutama amaze imyaka 30 ku butegetsi,ararya umutima amenyo abuze nkurumbi kwitoza ku manda ya 3?
    ahaa,reka turindire!

  • kaguta naze ariko abaguji ntibahave biyumvira ngwikibazo camandat kizovurwa birya vyaraheze.hama izombwa zabatutsi barekuza imizuru nkubusakanyika nazo mandat yazo izopfa itageze.

  • Nivyiza Ariko Umengo Amazi Yaramaze Kurenga Inkombe !!!None Ahava Amwumvisha Guheba Ikiringo Ca3???Nagir Ndabe.

  • MUSEVENI AHANURE GWASA NABO BARIKUMWE BITABE AMATORA NAYO NKURUNZIZA BAREKE KU MUBUZA UBURENGANZIRA BWIWE NKUMURUNDI.

  • NAZE ARIKO KUVYO TUBONA NTAKINTUKININI TUBONA AZOSHIKAKO

  • NAZE ARIKO KUVYO TUBONA NTAKINTUKININI TUBONA AZOSHIKAKO

  • ngozi boreka kumwakira nk’umwami gute??ko nazi neza ko aje gushigikira mû mafuti imvukira yabo!muri Tangara naho bari mucunamo mugihe barasiwe ababo baboshwe ku mutakura!

  • Naze Nawe Agerageze Turabe, Ariko Ikibazo C’uburundi Kirenze Ukwemera Uravye Amarementanya Ari Muri Iki Gihugu.

  • ngira wewe ntibozovuga ko ahengama?mbe abanya africa twabaye gute?

  • He has come to totally destabelise the Burundian government.

  • Umuhuzanaze Turamuhaye Ikaze Mugihu Ariko Aze Yubahiriza Amasezerano Yi Arusha

  • Bantu mwe murebe ingene abantu isinzi bari Ku mabarabara aho Museveni yaciye ava kirundo aka bujumbura. Ivyo birerekana umutekano ukwiye uri mu gihugu. Twizere rero ko n’umuhuza Museveni nkuko yavyiboneye n’amaso yiwe ko azobishikiriza amakungu. Nazo injavyi zishaka kudusubiza inyuma zizoza zironka impera bakwiranye. Gira amahoro Burundi!!!!!.

  • Mr.mseven has got no new in Burundi crisis,he will coup the Burundian government should take the precaution.

  • Uyo ntamuhuza arimwo nawe ashaka kuguma k’ubutegetsi hama aje kukibazo c’abarundi? Naze ajajure twumve,mugabo n’umwungu wa rwaruyuzi, ubona peter ataje kumutegera kuko azi ivyo bavuganye? Abarungitse na ONU katagiye kubategera, murindire mwumve muzombarira je mwene rubabavuga iconzi co namba harabiyemeje kumugwanya nibakomeze ntibizere ibiva kwa Museveni, EAC yarananiwe nukudomako urutoke kuri mandat 3,none uyo niwe aje kuyihagarika? Ndabirorere ndabe iyo bitemba bija.

  • nagerageze ibishoboka vyose kugira ngo turabe ko igihugu cova mur’izi ngorane za politique.

  • Umuhuza nyakuri!! Bari biteze ko aza n’indege mugabo yarahiye ngo mpaka yirabiye neza ko 99% yibereye mu mahoro.

  • kuba yaje yaje akoresheje umuduga agashika ntankomyi navyo bifise insiguro kubijanye n’abavugako atamutekano uri muburundi bwose amatora adashoboka.

  • YOWERI MUSEVENI PITA BARAZINANYI KUKO NAWE ABO ARABAFISE NSHIGIKIYE PITA AHO AZOJA TUZOJANA KUKO NIMUSA WAKABIRI.

  • karibu musereveni uduhanurire intunva iraho !! ngiraweho araza kukubaha. !!!!!!! muga ntaco twitez kur nkurumbi kuk petero nkurunziz ntinkagatuku kaguye mu nzoga !!! geragez amaraso yabarund amaz gusesek ni mensh

  • BIRANEZEJE KUBAYASITSE MUBURUNDI MBEBAMWE BAHORA BAVUGA NGO BAKENEYE UMUHUZA KOYAJE UBUNAHO BAZOHAVA BITWAZIKI? NGIRANGO UBUHO BAZITABA MATORA? ICOBASHAKA NTIBAKIBONBIRANEZEJE KUBAYASITSE MUBURUNDI MBEBAMWE BAHORA BAVUGA NGO BAKENEYE UMUHUZA KOYAJE UBUNAHO BAZOHAVA BITWAZIKI? NGIRANGO UBUHO BAZITABA MATORA? ICOBASHAKA NTIBAKIBONYE!

  • ICAMBERE MUHUZUMUTIMA MUDAHUJE MWESE NDBARAHIYE NTAKIZOVAICAMBERE MUHUZUMUTIMA MUDAHUJE MWESE NDBARAHIYE NTAKIZOVAMWO

  • None Azoshobora Gutorera Umuti Ibibazo Biri Mu Burundi? Ahubwo Yabuze Ico Akora

  • Ndamuhaye ikaze ariko amere nk,umugabo urworubanza azoruce adahengamye amere nkumwe aca urwabavukana mukuruca ararangamiza.ariko ntanyishu atari Imana Yonyene.

  • Ndamuhaye ikaze ariko amere nk,umugabo urworubanza azoruce adahengamye amere nkumwe aca urwabavukana mukuruca ararangamiza.ariko ntanyishu atari Imana Yonyene.

  • wapi umuntu Atwaye imyaka 30 yobuza 10

  • Uyo Muhuza Turashimye Umuzo Wiwe, Kuza N’imodoka Agaca Mu Rwanda,kirundo,Bujumbura,Nivyiza Cane,yashatse Kwereka Abarundi N’amakungu Ko Uburundi Burimwo Amahoro,n’umutekano.

  • Barundi barundikazi namwe ncutizu Burundi. Nagombandababwire ikintunaraye ngunduye, iconaco sikindi nikigikurikira, kubamatora yatanguye kwitegurirwa hakirikare ariko hakabaho abakomeje gusaba Ko yokwigizwa inyuma ntimwibaze ngohariho icotwokwita gukemura ibibazo, icariho kwarigusamaza abarundi namakungu kungira imiganbimibisha ikorwe icitwamatora gihagarare agaheriheri abanyarwanda vyavyita burundu. Rekandababwire ibimenyetso nkabibiri nubwo harivyishi: Igifero ca Cibitoke carico guhagarika reta ironvowe na Nkurunziza ivyamatora yomuri 2015 bikababirahagaze, kandikiryagitero carikirimwo canke gishigikiwe nabarya basirukarebose mubona bashatse gutera kudeta nabapolirisi barikumwe, ntimwibagireko namashirahamwe arongowe naba Pierre Kraveri Mbonimpa, Pasifike Nininahazwe, Vital Nshimirimana, hakabamwo nabamwe mubakuru bimigambwe, tutibagiwe abobose twabona kumaso ngonaba CNDDFDD ataribo nkuwari icegera cakabiri cumukuru wigihugu Gervais Ruyfikiri, umukuru winama nshingamateka, baryabantumwumvabose birirwabavuga ayamuhe muziko baribakomeye muri DD . Ndashaka kubibutsako murabobantu nabadondaguriye twabona nkabarongoye amandindi munzego zigihugu nomumugambwe DD nomugusoda, nibobagize uruhare mugutorokesha Rajabu nokumuherekeza bakamushikiriza abanyarwanda hariya kumupaka wuburundi nu Rwanda, mbere akokakaba arakandikamenyetso kerekananesako urwanda rufise uruhare kubigebdabiba mu Burundi. Ikintintokwibagirakubabwira nuko abotwabona nkabasirikare bigihugu nobotwabona nkibihangange muri DD kandibaramaze kwinjirwamwo nokwubika uburundi, amabiyose yagakorewe ngaha muburundi babifisemwo uruhare rukomeyecane babikora ngokugira amakungu yanke urunuka Nkurunziza na reta arongoye kukonyene vyaroroha gukoramabi kukobaribayirimwo aribo bashaka Ko ibonekana nabi. Irya kudeta yariyabobose nababwiye, ivyobitero vyose muzamurabona nivyabobose nababwiye ikizobibereka ntanumwe muriyomigambwe imwimwe navuze namashirahamwe amwamwe navuze azigera yubahuka guterivyatsi abaterama kudeta canke abatera ibitero Ku Burundi. Murabobose ndababwiye kobashigikiye ayomabiyose harashobora kubaharimwo abababatazi iyomipango nabo mumisi muzobina bagenda bitandukanga nabenevyo. Ibintunivyishinobabwira vyokwemezako badashaka ivyamatora kuko nababwiyeko badashaka amatora gusa ariko harihikintu nyamujuru cashizemwo akayabu kamahera nacanecane ahabwa abantu bomubwoko bwabahutu kugirabafashe kugiricokintu kigerwe nacosikindi nica EMPIRE HIMA TUTSI ibihuturero biremera bikakira akayabu kamafranga ariko ntajambobizompabigize murikazoza ekayemwe nubwo hazoba naburya Amerika nahandi kuko ayomahera atangwa nivyobihugunyene bizoza birajayo babibazango uruwimubwokonyabaki? Navyongo Hutu bacebamenya karivyo bikundamahera bikanka kazoza kavyo!. Bazozabarabibona nkakurya wobonumuntu yishe umwanawiwe canke umugabowiwe canke, umwanawiwe.

  • Nyakubahwa kaze urisanze.Ariko murabeneza mugikorwa kibazanye mwibukeko NYAKUBAHWA Peter NKURUNZIZA amaze gutorwa rimwe gusa ijwi ku muntu.Ubu dukeneye kumutora irya2 canke ntitumutore nimba ataranguye ivyo yiyemeje.Noneho ingingo ya96 y’ibwirizwa shingiro iratomoye kurico kibazo cabaterekwa ukwitoza kwiwe.Ikindi naco nta RETA MFATAKIBANZA dukeneye kuko ibwirizwa shingiro ryoba rihonyanzwe.Kandi ntidukeneye abaja KUGESA UBWO BATABIVYE.Ndakwipfurije ibikorwa vyiza.

  • Uwo mukuru wigihugu ca Bugande akozeneza kuzanimodoka agaca muntara nyishi zigize igihugu nobwoyoreka kwamamaza ivyoyabonye mugabo amakuru arikwaragenda kw’Isi yose avugako umukuru wa Bugande yaciye Kirundo, Muyinga, Ngozi canke Karunzi, Gitega, Kayanza, nahandi tutibagiwe Bujumbura. Ahorero bazoheza bibaze ukuntu harabavugako atamatora yoba ngokubera muburundi atamutekano uhari.

  • ABARUNDI NIBATEKEREZE,UMUHUZA WABO N’IMANA KUKO NABANDI BARANANIWE.PEREZIDA WU BURUNDI WENYENE YARAVUZE KO ICABONA ARI IMANA.UWITEKA NIWE AFISE IJAMBO RYANYUMA.REKA TURINDIRE

  • kuba yaje nivyiza ariko sinzi ko bizomwo kuko haniw benshi.Imana itabare uburundi ataraho na obama azoza.

  • Mtama Museveni ,ihutire Guhanura Izo Ntagondwa Zidashaka Amatora N’amahoro.Ibwirizw Shing Riratomoy Peter Turamwongera Pe! Mukinda Mugaramy Mwubama Azoba.Intambara Nay Nimuyitangure Arik Ntimuz Uk Izohera

  • Mtama Museveni ,ihutire Guhanura Izo Ntagondwa Zidashaka Amatora N’amahoro.Ibwirizw Shing Riratomoy Peter Turamwongera Pe! Mukinda Mugaramy Mwubama Azoba.Intambara Nay Nimuyitangure Arik Ntimuz Uk Izohera

  • Mtama Museveni ,ihutire Guhanura Izo Ntagondwa Zidashaka Amatora N’amahoro.Ibwirizw Shing Riratomoy Peter Turamwongera Pe! Mukinda Mugaramy Mwubama Azoba.Intambara Nay Nimuyitangure Arik Ntimuz Uk Izohera

  • KARIBU MUTAMA I BURUNDI TURITEGURIYE KWUMVA INGENE UZOBUZA GUTWARA 15ANS NAWE UTWAYE 30ANS UBONA HAMWE WOBUZA PETER UTOBA UMURENGANIJE?KANDI UHANURE PETER AREKE KUGIRA MURI PARE-BALLETS KUKO N’ABANYAGIHUGU BARATEMBERA NTAZO BAGIRAMWO ATINYA IKI?INDODO YICUZE URWO MUNDA IHITANWA NUGWO MUMUTWE!!

  • UKIZA AVANDIMWE ARARAMA TWITEGUYE IMINDKA MUBURUNDI ITABANGMIRA ABATURAGE

  • kanyosha ivyo wandits nibazko wavyandits utiyumviriy.mbega uworaba abari contre 3e mandat nabahutu cank nabatutsi?amoko ntakibanza agifis.ww ubifis mumutima waw uzorwara cancer yavyo.

  • abarundi turamaze kumenyana icabarundi bazizera nico kizonezera benshi muri bene ntawucigisha uwundi twese turazukuri

  • Aho bizohindukira Petero nkurunziza ntatware igihugu ubwa 3 bamwe bazobura aho bihishaa kubera ibiteterwe!

  • Ivyo akora vyose canke ivyo avuga ntimusinzire mwa bahutu,ni umututsi w’umuhima yomoye abahutu mu rwanda,dutegerezwa kuguma turi maso,abo batutsi bafise akarimi k’inzoka ntimube hypnotisés,restez vigilants ,ntimwibagire ama rebellions aturi ku mugono ,mama jewe mwabonye bagaza kuri buja news ingene yamuraba,yibitse ingene yamutwaye umugore yahungiyeyo vyari bitwengeje.

  • Ntazavuga ko Manda yagatatu ifutwa acapfuma asubira nahand yobaze guteranya

  • NONE KOYOWERI MUSEVENI KONAWE ATWAYE IMYAKA CUMI UGANDA ARAHAVA AFASHIKI UMUHUZANYAWE NUWOBUZA PEREZIDA KWITOZA!

  • Nivyiza kuba waje guhuza abarunda natwe turabishima ok ibikorwa vyiza muburundi umutekano urakwiye mukomere mugikorwa babajeje

  • KARIBU! TURAGUSAVYE UVUGISHE UKURI NTUHENGAME KUKO ABARUNDI TWARAMBIWE NOKUGUMA TWUMVA ABAPFUYE BISHWE N’IMBONERAKURE N’ABAPOLISI

  • Arakaza uwo aje guhuza abarundi ariko ntazoce urwango ndi gondi abarundi dukeneye ukuri ariko Nkurunziza twamutoye kandi turacamukunda

  • MUSEVENI MWUMVISE GWASA AZE KUMURONGO.

  • Iyo abanza agakora ivyiwe. Ba bantu yasize abapfunguye?

  • Iyo abanza agakora ivyiwe. Ba bantu yasize abapfunguye?

  • uwo nahanure ariko ntakivamwo ubu peter nkurunziza nabo barikumwe peter ni pharaon abandi ningabo za pharaon Imana rero igira ikore.kubera siwe yarakomantajwe umutima kandi umwasi wiwe ari mubamucungereye

  • atavuga.mandat.ace.yigira.ntagorane.muburundi.ivya.moko.ntabihari.nibareke.kumaramara

  • NGOMBAMUMBARIREUKUNTUIYONAMAYAGENZEMUBURUNDI

  • Mana.Ibibazo,dufise Muburundi.Nivyoo Gutura.Imana?Asize Apfunze Abobitavugarumwe.Wumva Harico Afashe Wumva Harco Afasha,kandibakora Bimwe?

  • Karibu nyakubahwa muvugan ivyubaka ibibondo vyisubirire mwishure

  • Karibu nyakubahwa muvugan ivyubaka ibibondo vyisubirire mwishure

  • NAMWEBANYEPOLITQUEHANURWAMWUMVEMUTARAVYINYUNGUZANYUMURAGABAMUSHAKAMWOREKAGUKOMANTAZUMUTIMA.

  • Jewe nibaza ko Museveni ata bwirizwa yahonyanze mu kuguma atwara uganda iyo myaka yose. None muri constitution ya UG hoba harimwo limitation de mandats presidentiels,? ikaba atayiriho nta kosa bamwagiriza.

  • UYOMUHUZA TUMUSABAHUZIMPANDEZOSE ATAHOYEGAMIYE.

  • jewe ndatangazwa n’abantu bagifise amacakubir mu mitima yabo,reka turab ivyo azoshikako Museveni twizigire ko azohagararira ukuri[accord d’Arusha na constitution].

  • Ewe mutama museveni’ uruce wagwitondeye, wibukeko,ingwara uburundi bugwaye, ikwiye Aflika yose kandi nubuganda burayigwaye! ukaheza ugwabarundi witegure kuja mugwanda Ewe mutama museveni’ uruce wagwitondeye, wibukeko,ingwara uburundi bugwaye, ikwiye Aflika yose kandi nubuganda burayigwaye! ukaheza ugwabarundi witegure kuja mugwanda naho!!

  • Ewe mutama museveni’ uruce wagwitondeye, wibukeko,ingwara uburundi bugwaye, ikwiye Aflika yose kandi nubuganda burayigwaye! ukaheza ugwabarundi witegure kuja mugwanda Ewe mutama museveni’ uruce wagwitondeye, wibukeko,ingwara uburundi bugwaye, ikwiye Aflika yose kandi nubuganda burayigwaye! ukaheza ugwabarundi witegure kuja mugwanda naho!!

  • Ewe mutama museveni’ uruce wagwitondeye, wibukeko,ingwara uburundi bugwaye, ikwiye Aflika yose kandi nubuganda burayigwaye! ukaheza ugwabarundi witegure kuja mugwanda Ewe mutama museveni’ uruce wagwitondeye, wibukeko,ingwara uburundi bugwaye, ikwiye Aflika yose kandi nubuganda burayigwaye! ukaheza ugwabarundi witegure kuja mugwanda naho!!

  • Twisamburiko nki impene

  • Mbega uyuwewe aje kugirante iburundi?

  • uwi pfuza intambara ntayazi arazobanza abaze mbe ivyo bijuju uwo biza gobishakiki ntacobaz abanya porotike barakundana kand bashira nako

  • NONE KO BURIMUHUZA OBOMURI OPOSITION BAMWANKA, BASHAKIKI? NIBAZE TUBAZ’IMANA NAYO ICIVUGA, IKIBAZO NAYONYENE NTIYEMERWANABOSE!! NONE DUKORIKI? AMATORA NANYARUKE ABE, IMANA IZORUCA.

  • Ibwirizwa nshingiro riratomoye,Peter nta manda ya gatatu yoshoboya gutwara, kiretse akoresheje igikenye.

  • WE BIBISI MENYA NEZA KO IBWIRIZWA SHINGIRO RYA UGANDA ATARICOKIMWE NIRY’UBURUNDI!!

  • "L’idée fait plus mal que le fait".
    ndasavye bene wacu babarundi guterera ivyiyumviro vyiza vyubaka bidasambura,
    umuhuza arakaza,abarundi twiyugurure tuvugane ukuri,ntidutore amakosa umuhuza imbere yuko twitora i zacu,akabango na kacu katuveko,hanyuma tunywane.

  • mbega,abobafatiwe mukayanza ntimwatubwiye abaribo.nimbonerakurebakunzekuvuga kwaribobageramiye abanyagihugu.cankenibamwebiyitakobadaharanirainyunguzapolitike.nonega?ni adolofe cankeninde?

  • NIBAREKE ABANYAGIHUNGU NDUTORE HANYUMA UWOTUZOTORA AZOBA ARUWO KUKO ABANYAGIHUNGU NIBO BAZOBONA UWO BAZOTORA NIBAREKE MUTAMA ATWARE ARABIKWIRIYE NIWE ANDUSHOBOYE OK

  • Umuhuza,narabe ingene yobigenza kubera bamutoye bamwizigiye,kubera nabashintahe bijambo bamutoye,nagaragaze rero yihagarareko,nkumushinkantahe

  • Nyakubahwa Yoweri museveni gerageza ubahuze bunvikane kuko twebwe abanyagihugu twarambiwe nibihayebiraba muburundi nibaduhe amahoro abarundi basubire mungo zabo nabahunze bahunguke

  • @ Ngozi, ivyo umbwiye nivyo kuko akokarwi ka EMPIRE HIMA TUTSI ntibisigurako karimwo kiramututsi iyavakagera, nkakarorero imbereyuko abarwanyi batera Kayanza abatutsi bomu Rwanda nibobagize uruhare rwogutsiragace abarundikobokwitega igitero kirikokirategurirwa iwabo Rwanda, muvyukuri abanyarwanda nibobakoresha ijambo agatsiko ndumvananje ariryo narigukiresha mugishingo cokuvuga abatutsi kuko ucunenga abatutsibose barabangamiye abahutu kandi umuntu hariho aboyoba arenganije, arikorero turakwiye kumenyera iryojambo rya EMPIRE HIMA TUTSI ntirisigurako arabatutsi bose bayishigikiye kukobamwemubatarishigikiye nibobaduciriye agace kibijanye nuwomugambi wa EMPIRE HIMA TUTSI mberemboneyeho noguhamagarira abagifise amakenga kugura igitabocanditsemwo uwomugambiwose jewe mperutse kuronka uwunzanira icogitabo avuye mu Bubiligi yambwiyeko abogijenerabose yokibarungikira ariko kigurwa amahera yamanyaburaya ashika 30 kandinawe numututsi womunyarwanda turafise ibikorwa bitumatwamatwahuriye mwibibihugu vyonubiyaga binini. Ikindi amoko yabantu abaho yumvayobangamira ayandimoko ivyosivyomumatutsigusa nabahutu bumvabobangamira abatutsi bariho ariko ivyakokarwikabatutsi barabangamirabantucane kukobobo usanga ibihugu bikomakomeye bicabibashigikira bishimikije ngonugukingira inkehwa. Ariko mwikigihe bizogorana kukoharihibindibihugu bikomakomeye vyamazekubonako arinkogushigikira abagambanyi ninkozizibibi. Ngozi ndagushimiye kubwokunkebura.

  • Nadufashe Twironkere Amahoro, Museven Nakore Nkushingantahe Ntiyunvz Abantu ,akoreshe Ubuhinga Bwiwe

  • GERAGEZA MUZEMURASHIRA INKURU KUMBUGA MUBUNYARUTSI KUKO TUBATUZRINDIRIYE ERGANIZO RADIO TWIKORAKO!

  • MUTAMA MUSEVENI HAHAAAA URABE NEZA KUKO NIWAHE NGAM UZOBIBAZWA KUMUSI WUMUHELO AHO UMUNTU WARIWEWESE ABAZW IVYOYAKOZE KWSI

  • Ndashima cane Kukigoro Nyakubahwa YOWERI Museveni yaj kumvikanisha abene burundi tukamusaba ko yarangiza icogikorwa ciwe,

  • Nene Yaje Guhuza Abaharanira Intebe? Inyishu

  • HA IVYIBURUNDI BINTERUBGOBA MURAREBA NEZA IGIHE CIHEREZO RYIYISI RIRIKO RIRASHIKA NONE SANGA YESU AMAHORO ARI KUMANA YONYENE

  • nibareke Nkuru mbi tuzomkuza ho ubuhiri.kandi NKURU NINTORE PE’arashobora gufuta burundu dd kumwe frodebu yafudika .kandi mureke yiryohere

  • NIVIZA MUSEVENI TURAGUSHIMA NIMBAIVYO WAVUZE abarundi barabihurijeko wewe komera

  • Nareke Kwitoz Kuk Manda Yiwe Yarahey

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.