Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net
-
Umuririmvyi Hope yasohoye isanamu y'ururirimbo rukebura abahanzwe n'itiro
https://www.igihe.bi/umuririmvyi-hope-yasohoye-isanamu.html
https://www.igihe.bi/umuririmvyi-hope-yasohoye-isanamu.html
2014-09-29T09:59:06Z
text/html
rn
HomeNews
<p>Umuririmvyi Irakoze Hope yasohoye isanamu y'ururirimbo "Kemea Usingizi". Amajambo arimwo hanini avuga ibijanye no gukura amaboko mu mpuzu abantu bagakora maze bakaronka ivyo vyose bipfuza. Isanamu n'intambo bishusha n'ivyo tubona mu baririmvyi bo muri Congo <br class='autobr' />
"Kemea Usingizi" ni umutwe w'ururirimbo rushasha ruheruka gusohorerwa isanamu. Nk'uko uwo mutwe ubisigura, " Rwanya itiro", Hope ahanura abantu kwirinda itiro. Hope yitangako akarorero, aho avuga ko azinduka afise igitari ku rutugu agiye ku (...)</p>
-
<a href="https://www.igihe.bi/-amasanamu-339-.html" rel="directory">Amasanamu</a>
/
<a href="https://www.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>