IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Ikinyamakuru « IKIRIHO » cahagaritswe

Ikinyamakuru « IKIRIHO » cahagaritswe

Saturday 13 October 2018, by vianney

Mw ‘ikete inomero Ref :552/10/700/SN/2018,umushikirizamanza mukuru wa Repuburika yandikiye umuyobozi w’ico kinyamakuru ,Sylvestre NYANDWI avuga ko ico kinyamakuru gihagaritswe ku mvo z’idosiye RMP /799/NS yuguruwe mu butungane.

Sylvestre NYANDWI avuga ko uwuzorenga kuriyo ngingo azohanwa n’ amategeko


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.