IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ingendo > Kanyosha : Abunguruza abaja mu ntara z’ubumanuko bafise amakenga ku gituro (...)

Kanyosha : Abunguruza abaja mu ntara z’ubumanuko bafise amakenga ku gituro kigiye kwimurwa

jeudi 15 mars 2018

Uwurongoye ico gituro co mu Kanyosha kigiye kwimurirwa aho benshi bakunda kwita kwa SEBATUTSI, Ferdinand avuga ko bafashe ingingo yo kwimura ico gituro mu ntumbero yo gukinga amasanganya.

Uwo arongoye ico gituro, kigiye kwimurwa, avuga ko, aho bahora bahagarika imiduga yabo hari hasanzwe ari hato, kandi hegereye ibarabara.

Bamwe mu bunguruza abantu bakoresheje imodoka, bavuga ko iciyumviro co kwimura igituro ari ciza, ariko ko bashobora kugira ikibazo co kubura abafata imodoka zabo, kuko bazoba bataramenyera ikibanza.


Callixte Carpe NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.