Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Munyare yasavye gufashwa mw’ireresi <Ni bande Tunigana> - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Amareresi > Munyare yasavye gufashwa mw’ireresi <Ni bande Tunigana>

Munyare yasavye gufashwa mw’ireresi <Ni bande Tunigana>

dimanche 29 Ntwarante 2015

Ndaruzaniye Deo batazira Munyare, yiteguriye gusohora ireresi yiwa , ariko akemeza ko afise ingorane y’uburyo.

Uwo asanzwe azwi nk’umukinyi wa Ni nde,igikonino gica ku nsamirizi n’imboshakure ya Reta y’Uburundi (RTNB), avuga ko uwomufasha akamuterera ico arico cose yomushimira, kuko vyomutuma iyo reresi yiwe isohoka. Ivyo tukaba tubisanga ku rubuga rwiwe ngurukanabumenyi, aho asaba imfashanyo kugira ashobore gusohora iyo yeresi.

Kuri urwo rubuga, Ndaruzaniye Deo yandika ati: ‘’Bakozi b’ IMANA, Bakunzi Banje Mwese Mwanka Ibikogwa Vya Satani Ndabasavye Ngo Mumfashe Gusenga Kugirango Nsohore Film Yanje Nise <> Kandi Nuworonka Agatererano Kaba Kanini Kaba Gato Ampamagare Ndagatore Nuworonka Ifanta Imwe Gusa Yokumpemburira Umukinyi Umwe Gusa Ampamagare Ndayitore Azoba Agize Neza Numero Yanje Ni 79634796 Ndashimiye Kandi Abamaze Kugira Ico Bakoze Nabiteguye Gukora Nifuza Ko Uku Kwane Vyoherana Nkazo Defira Kuwabakozi Mfise C.D. Muminwe Yogwanya Satani Murakoze ‘’.

Tukabamenyesha ko Ndaruzaniye Deo batazira Munyare, asanzwe ari n’umuririmvyi w’indirimbo ahanini zihimbaza Imana.


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.