Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Patient Matabaro > Inkuru > R Flow, Matabaro n’abakobwa bambaye udutenge tugufi mw’itegurwa ry’isanamu (...)
R Flow, Matabaro n’abakobwa bambaye udutenge tugufi mw’itegurwa ry’isanamu nshasha
vendredi 20 Ntwarante 2015
Matabaro ariko ashira ahabona ifatwa ry’isanamu(video) y’ururirimbo yakoranye na R Flow. Bari kumwe n’abakobwa bambaye udutenge tuzingiye haruguru cane y’amavi, tukongera tugafuka amabere gusa.
![](local/cache-vignettes/L672xH499/13757_929695990416169_2607330820942416283_n-c2a6c.jpg?1550707207)
Ururirimbo "Whatsapp"Matabaro yaririmbanye na Flow rwamenyekanye cane igihe Matabaro yari mu buserukizi bwa Primusic2014.
Raba amafoto amaze kuja ahabona:
![](local/cache-vignettes/L672xH499/13757_929695990416169_2607330820942416283_n-c2a6c.jpg?1550707207)
![](local/cache-vignettes/L672xH907/15485_929696960416072_5929236810136161371_n-c3e2b.jpg?1550707207)
![](local/cache-vignettes/L672xH907/10929922_929696280416140_3601299819028067758_n-f5a42.jpg?1550707207)
![](local/cache-vignettes/L672xH704/11027939_929696887082746_8512795878481586223_n-4c1d9.jpg?1550707207)
Cherif Nkeshimana
Messages
25 Nyakanga 2015, 19:43, par vianney.
jewe ndumusore nta mugore mfise ntamwa mfise. ariko ndumurundi. kandi abobigeme, nabashimye. rero icifuzo canje nugushaka uwotubana. nkaba nkora commercent. mfise amashure 6gusa.
9 Ntwarante 2016, 12:45, par Armand Ndayisasirire
Àrashoboye Pe.Umeng Sabarundi Cank Sibo
9 Ntwarante 2016, 12:46, par Armand Ndayisasirire
Àrashoboye Pe.Umeng Sabarundi Cank Sibo