Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Umwigisha yatowe ikiziga
Ngozi : Umwigisha yatowe ikiziga
lundi 28 Munyonyo 2016, par
Umugabo w’imyaka 39 yahora yigisha kw’iseminari ntoya ya Mureke yatowe ikiziga mu gatondo ko kuri uwu w’Imana, muri komine Ngozi, intara ya Ngozi nyene. Abamwishe bamukubise mu mutwe.
Abajejwe intwaro mu ntara ya Ngozi baremeza amakuru y’iyicwa rya Ignace HAVYARIMANA, bakamenyesha ko ababikoze bataramenyekana.
Ignace HAVYARIMANA yavuka mu ntara ya Kayanza.
IGIHE
Messages
28 Munyonyo 2016, 07:51, par Morodikayi Jon
Turahojeje umuryango wabuze uwonyakwigendera, bihangane Reta iyo imazekurwiza abicanyi beshi mugihugu, niko vyama bigenda. Mwibuke murwanda Reta yahavyari mana imaze kwigisha imisore yinterahamwe ivyokwica nicogihe abantu batanguye kuza baricwa cane. Ngahiwacu uko Reta ikora unomusi ninkakurya kwomurwanda, imbonerakure zirirwa zirigishwa kwica ijoro numurango ,none abantu bazoreka kwicwa burimusi ngahahiwacu? ahi ngozi nikucicaro gikuru gihasazwe cigishigishirizwa imbonerakure ivyokwica, izindi poroveri ziza inyuma. nonabantu bazobura kuzabaratorwa ibiziga? aha igihugu caramaze kwononekara.
28 Munyonyo 2016, 17:02, par NDAYISENGA PASCAL
NONE YOBAYICIWE AHONYENE?KONZIHABAHARI ABANTUBENSHI NTABABONYE INGENE AKUBITWA?
29 Munyonyo 2016, 08:08, par nkengurutsejamboscon,
IMANA,NIMWAKIRE
KK YAZIZE UBUSA
29 Munyonyo 2016, 14:19, par gerard
ntakundi ndahojeje umuryango wabuze niwihangane
2 Kigarama 2016, 07:40, par FELIX MUHIRE
Wewe wiyita Moidekayi, Nta bu Moridekayi bwawe!!! Burya wabonye ko Leta ifise abicanyi benshi gusumba abari bahari kuri Micombero na Buyoya! Namb’arico mupfa na Leta. Abantu mu bihugu vyose barapfa, ntibiba bivuze ko bishwe na Reta. Uzopfana intimba n’iminihiro. None iyo Leta uzoyigira gute?
3 Kigarama 2016, 20:39, par Patrick
ABABUZE UMUNTUNIBIHANGANEIMANAIRABABONA.KUKONIKOBIMEZE.
4 Kigarama 2016, 23:09, par Kanani Elias
Birashika Hakaba Haricobapfa N Abanantu Amatohoza Akore Biciye Kuncuti N abagenzi.
5 Kigarama 2016, 21:43, par Methode
Nimugire Amatohoza Bahanwe