Accueil > Amakuru > umutekano > Umuporisi w’umurundi yarekuwe n’Urwanda yashikiye mw’ibohero
Umuporisi w’umurundi yarekuwe n’Urwanda yashikiye mw’ibohero
mercredi 18 Ndamukiza 2018, par
Uwo muporisi yagirizwa ko yajabutse urubibe yinjira mu kindi gihugu atabifitiye uruhusha, akaba apfungiwe mu gasho k’igiporisi mu ntara ya Cibitoke.
Umuporisi w’umurundi Theogene IRAKOZE yari yafatiwe mu gihugu c’Urwanda kuwa gatanu w’indwi iheze yashikirijwe kuri uwu wa mbere igihugu c’Uburundi, nk’uko vyemezwa n’igiporisi c’Uburundi. Uwo muporisi yashikirijwe Uburundi ku rubibe rw’aho bita ku Ruhwa, mu ntara ya Cibitoke.

Egide NDUWIMANA
Messages
19 Ndamukiza 2018, 13:25, par nkotanyi
EEEEEEEH sinaherutse igipolisi cy’ uburundi cyari cyatangaje ko uwo mu polisi yari yagaragaje ibimenyetso by’uko yakorewe torture seee?? umuntu wakorewe torture ngirango yari bubanze kunyuzwa ku ivuriro kurusha uko yabanje mu ibohero wamugani wanyu ????? nyabuneka igipolisi cy’ uburundi mwabaye abanyamwuga koko??? murabeshya abaturage banyu ibintu bidafite umutwe n’ ikibuno koko??? plzzzzz
21 Ndamukiza 2018, 18:50, par lg
Ntakintu nakimwe u Burundi bwavuga cyiza, cyakozwe nu Rwanda babuze uko bavuga ko u Rwanda rwamushimuse, iwabo aho gushima ko bamubahaye bavuga ko yahondaguwe asinzikaye, kandi ikizwi nuko aba polisi bu Burundi bose ali aba sinzi bivuga ko yaje atari muzima none ngo yageze iwabo bamushyira muli clinic yitwa cachon ibigambo byo murabizi