Accueil > Amakuru > umutekano > Christophe NKEZABAHIZI n’umuryango wiwe wose bashinguwe
Christophe NKEZABAHIZI n’umuryango wiwe wose bashinguwe
mercredi 21 Gitugutu 2015, par
Umuryango w’umumenyeshamakuru Christophe NKEZABAHIZI wagandaguwe wose washinguwe kuri uwu wa kabiri mw’itongo ry’abapfuye ku Mpanda. Abantu isinzi bari baje kubasezera ubwa nyuma bariyamirije ubwo bwicanyi bwakorewe inzirakarengane.
Mu nkuka y’imisa yabereye kuri paruwasi yitiriwe umweranda Yozefu, imisa yasomewe Christophe NKEZABAHIZI n’umupfasoni wiwe Alice NIYONZIMA, abana biwe KAMIKIMANA Ines Nikura, Irakoze Tresor, hamwe na Evariste MBONIHANKUYE, umwishwa w’umumenyeshamakuru Christophe NKEZABAHIZI.

Abantu bari baje gusezera uwo muryango bari bitwaje inzandiko ziyamiriza ubwo bwicanyi, amwe mu majambo yari kuri izo zandiko akaba yavuga ati : Turiyamirije ubwicanyi ndengerabutungane, Turiyamirije uguhohotera ikiremwa muntu, Turiyamirije ukudahana ivyaha, Kwica si umuti, Turiyamirije ubwicanyi bw’inzirakarengane, Turiyamirije ubwicanyi bukorerwa inzirakarengane.
Christophe NKEZABAHIZI n’umuryango wiwe wose bagandaguwe ku muhingamo w’igenekerezo rya 13 Gitugutu 2015.

IGIHE
Messages
21 Gitugutu 2015, 09:38, par kazoviyo
basha, birababaje kweri.
21 Gitugutu 2015, 09:55, par Joseph
ubwicanyi nkubwo turabwiyamirije kandi turiyamirije pacifique nininahazwe nabandi bose bibereye iburaya bagakokeza ingwano hagasigara harapfa inzirakarengane
21 Gitugutu 2015, 10:51, par Nkundwa Patience
Abo bantu bishwe na Polisi irimwo imbonerakure n’interahamwe ni genocide politico ethinique iriko irakorwa.
21 Gitugutu 2015, 11:19, par Falcon
Nkurumbi umusi azova kubutegetsi niho uburundi buzoba bwikukiye kuko aba biligi ntakibi badukoreye kingana nubwicanyi iyi mbunuza nkurumbi iriko irakora.
21 Gitugutu 2015, 11:54, par Chris
Izi ni i! Ese ni uwuhe musaruro uzova mukumena amaraso uretse umuvumo n’amaherezo mabi kubishora mu bwicanyi. Abantu bite kubibahuza kuruta ibibatandukanya. Twibuke ko buri wese amaherezo ye ari ugupfa mugihe Umwami Yesu atagarutse vuba. Abicanyi ni mwanamure icumu kuberako Imana itabaremeye ku mena amaraso. Imana yaremeye buri wese ibikorwa by’Urukundo si Iby’Ubunyamaswa cyangwa ubugome ndengakamere. Tureke ivangura ryaba irishingiye ku moko, irishingiye ku karere, cyangwa irishingiye
ku gihugu. Bene ibi bikorwa, ni ibikorwa by’ubugwari kandi by’umwanda. Twese tuva amaraso, duhuje ururimi n’umuco kandi ibirenze ibyo turi race humaine. Reka dukore ibijyanye no gushaka kw’Imana, duharanire ubumwe n’urukundo nibyo bifite inyungu n’umumaro kuri twe n’abazadukomokaho. Mana tabara Uburundi n’abarundi n’abandi bose bgerwaho n’ingaruka zibiri ko biraba.
21 Gitugutu 2015, 12:18, par Abarezi don- diomède
jew kubwanj ubwicanyi ubwicany bwose nu bwohagarara.nukuvuga umunt arafise uburnganzira bwo kubaho,kiretse imana yamuremye imuhamagay.2 ubutungane niukore,mbega harihaho bukira n’aho budakora?rero abantu kurya yaturemye tudasa,tutareha,tutavuga kumw,tutiyumvira kumwe,nicogituma tudakora kumwe.ntushobira guhora umuntu ivyiyumviro vyiw.3menya neza,urica umuntu IMANA ikinumira,wica yinumura ukibaza ko haraho muhuriy nayo,( Gezaho uyisabe imbabazi) yo ifise igihe ivugira nigihe itegekera kandi vyos biba uko ishaka.ntukibaze ngo ndishe uyu cangu uriya kuko w’ica umwe hakavuka 1000000 nabarenga non wrw ukora ivyo uzomara imyaka igihumbi,nasubiyemwo ( GEZAHO) mbega wica icutaremye urinde? wigiriki? burya wamwu n’IMANA?andakubwiy umugabo numugore,bavyara abana bakonka ibere rimwe,bakigishw kuvuga kumw,gutambuka kumw,kuraba kumw,nibind nibind,nob abavye bamwe bagisha kumw,ko batigera biyumvira kumwe cange ngo nakore kumw,mbega aho ushakako bose bakora nkaw,cange ngo biyumvire nkaw,wew ur’IMANA?uba umutware,ubaa nyarucari twese ilbere y’IMANA turangana.bavukanyi igarure musege uhoraho kandi muysabe ibereke inzira nziza yokugenderamwo ngaha mwisi turimwo.mwese,N.B,twese vyose,mwese mugende imbere IMANA ibaherekeze kuko uri imbere mumuso y’IMANA ntakintu nakimwe kikunyiganyiza ucunwe n’uhoraho IMANA yac yaturemye.,(kubwanje uwomuryango IMANA iwakire ,namwe mwaduhay akanya kogira ico tuvuze uhoraha abazigame.
21 Gitugutu 2015, 12:19, par Abarezi don- diomède
jew kubwanj ubwicanyi ubwicany bwose nu bwohagarara.nukuvuga umunt arafise uburnganzira bwo kubaho,kiretse imana yamuremye imuhamagay.2 ubutungane niukore,mbega harihaho bukira n’aho budakora?rero abantu kurya yaturemye tudasa,tutareha,tutavuga kumw,tutiyumvira kumwe,nicogituma tudakora kumwe.ntushobira guhora umuntu ivyiyumviro vyiw.3menya neza,urica umuntu IMANA ikinumira,wica yinumura ukibaza ko haraho muhuriy nayo,( Gezaho uyisabe imbabazi) yo ifise igihe ivugira nigihe itegekera kandi vyos biba uko ishaka.ntukibaze ngo ndishe uyu cangu uriya kuko w’ica umwe hakavuka 1000000 nabarenga non wrw ukora ivyo uzomara imyaka igihumbi,nasubiyemwo ( GEZAHO) mbega wica icutaremye urinde? wigiriki? burya wamwu n’IMANA?andakubwiy umugabo numugore,bavyara abana bakonka ibere rimwe,bakigishw kuvuga kumw,gutambuka kumw,kuraba kumw,nibind nibind,nob abavye bamwe bagisha kumw,ko batigera biyumvira kumwe cange ngo nakore kumw,mbega aho ushakako bose bakora nkaw,cange ngo biyumvire nkaw,wew ur’IMANA?uba umutware,ubaa nyarucari twese ilbere y’IMANA turangana.bavukanyi igarure musege uhoraho kandi muysabe ibereke inzira nziza yokugenderamwo ngaha mwisi turimwo.mwese,N.B,twese vyose,mwese mugende imbere IMANA ibaherekeze kuko uri imbere mumuso y’IMANA ntakintu nakimwe kikunyiganyiza ucunwe n’uhoraho IMANA yac yaturemye.,(kubwanje uwomuryango IMANA iwakire ,namwe mwaduhay akanya kogira ico tuvuze uhoraha abazigame.
21 Gitugutu 2015, 12:29, par che
What a shame on the government supposed to protect its people!! Till now, there no clear explanations about murderers!!!
21 Gitugutu 2015, 13:34, par deo
Turateyivyatsi ubwicanyi bwa hitany inzirakarengane atacozizi ra , turayamirije abaja gusegesha amaraso yacu .pasfiqe nabo barikumwe turabi yamirije .abaporisi batay umurongo turabi yamirije
21 Gitugutu 2015, 15:12, par SEANINO
UMUNTU WESE AZIRA VYIZA CANKE BIBI AKORA.POLITIQUE IS NOT SOMETHING!
21 Gitugutu 2015, 16:35, par Xavier
Imana Ibakire Mubwamibwayo
21 Gitugutu 2015, 17:00, par segatwa
nabagende isi ibakandagire ntakundi natwe turinyuma imana ibakire
21 Gitugutu 2015, 17:20, par Egome
Nonububutegetsi Twobuvuga Gut? Nubwo Kwica, Nukwiba Gusa Ark Bameny Neza Ko Imana Ibibona
21 Gitugutu 2015, 20:39, par butungane
ndabona bamwe baragize ubuhizi kwica
ariko bamenyeko nabo bafise umunsi wabo.
22 Gitugutu 2015, 02:37, par Nice
Abo bantu bazohumira ababishe. Kandi abo bantu bitwa igipolisi n’interahamwe bazopfa bangara uravye ivyo bakora. Nk’abo bana bovuga ngo babahoye iki? Ubututsi bwabo? Ni bature baruhuke ntibashobora kumara abatutsi. No mu Rwanda barananiwe.
22 Gitugutu 2015, 11:25, par bigirimana
imananibakiremubwamibwayonamwemwica abantumubahora ko imanayabaremyemuragowe été si igiyegushira igihecimanza uzokwireguziki
22 Gitugutu 2015, 20:54, par J.Claude BIGIRIMANA
Abantu mwanditse ngaha nashaka kubanza kubashimira kuvyiyumviro vyiza mwanditse. Mugabo hariho ikintu gikomeye tutibuka canke twirengagiza.Twarabwiweko ati: ntukarabe ikiri mujisho ryamugenzawe nawe utararaba ikiri muryawe. Hariho imico y’abantu idutuma tudashobora gutahura ,ivyo bintu bikomamakomeye ariryo jambo ry’’Imana. Nimba uzi ivyo Imana yauze mwitanguriro ,woguma mu mico y’’Abantu bigize incabwenge muguhindagura ivy’’Imana yaduteguriye ikiturema. Ijambo KWICA,muraziko kizira , nimba uriko uraraba abo bariko barica ubu; raba nawe ko atagikoko kumbure kirabura ubuzima kubera wewe!! Mumenyeko Inyama, n’ubuzima bwazo ariyo Maraso mwabibujijwe . Mugabo imico irabihindagura ukundi . Ivy’Imana yabateguriye gufungura ntibirahinduka , bihige kugira tuvavanure n’’igicumuro c’’ubwicanyi. Tuzobandanye tuganirira aha .
22 Gitugutu 2015, 21:55, par Methoucella
ndahojejeuwomuryango nkiyamirizaubwicanyinkubwo imana ibakiremubwamibwayo
23 Gitugutu 2015, 18:30, par Gitegwa
ubwicanyi bwabayendase muburundi mana garukira uburundi
23 Gitugutu 2015, 19:25, par ernest ruyigi
Arik ababikor bisunga ik?yaba bibuk ko bazopfa, ntibokoze iry shano.
24 Gitugutu 2015, 07:25, par Mpozamarira Erias
Nonegayemwe izo ntore bazihoyiki ?nukuri abagadaguye abobantu amaraso yabo azobakurikire ahobazoba hose ntibakaronke amahoro, kera uburundi bwararwamwo amata nubuki none burarwamwa amaraso gusa.none ntakundi iyo tubanye ubutegetsi bubi abenigihugu barahahonera.
24 Gitugutu 2015, 18:24, par MANIRAKIZA DIEU DONNE
MBANJE GUHOZA UMURYANGO WASIGAYE KUWO BAMUKAKO NKONGERA NKAHOZA ABARUNDI NABARUNDIKAZI BAKIRI MUGIHU NKONGERA NKASHIMIRA ABAFASHE MUMU GONGO IMURYANGO WABUZE MUGUSHINGURANA ITEKA UWOMURYANG MUZE MWAME UKO IMANA IBISHURA KANDI MUSENGE KUKO IRIKO BIRABA NTAHO BITANDUKANYE NUMUHERO NIYOMPAMVU MWOSENGA MWIVUYE INYUMA IKINDI NACO MWOMENYA UWIGIRA AGAKOMEYE IMBERE YI MANA NUBUSA
25 Gitugutu 2015, 08:05, par irazi emerine
Yemwe turabe neza ntidusigikire aba carwabariya abataguye kwica imuporisi nibo nkweziyamarira ahivubu zirwaniye ibihahonera nivyaci mwibuke 93 harangeze h imana yisura reka abicana bicane uwicsizinkta azokwi ciswinkota
25 Gitugutu 2015, 22:13, par None?
Ndahojeje umuryango usingaye, ariko inkuru zizewe ziravuganezanezako gobamuhoyeko yafashe amaphoto nama video yabantubari mumigumuko nokugerageza gutera kudeta akaba ayomafoto nama video akomeje kwerekanwa cane hiryanohino yerekananeza amabi bakoze kandi ayomafoto nama video akabayerekana abataribake abaribonezaneza ngukwo uko Boko Halamu yi Burundi ishigikiwe nibihungu bimwebimwe bikomeye yamujijije. Ngokamimura icaciyekibashavuza bigatuma bacabamwirenza mumisi iheze haherutse gutunganwa film yukuntu abari muribiryabise imyigaragamvyo arinabo barikumwe nabashatse gutera kudeta iyo FILM uyumusi ushobora kuyisanga aho ibitse heshi ariko noguhitiramwo kujakuyirabira kuri YOUTUBE maze ukandikango :
BURUNDI2015 LA PSEUDO RA C VOLUTION ET SES CRIMIMES. Iyi film irerekananeza nukuntu baturara abantu nukuntu bica aba polisi bagendababakwega mwibarabara, irakwerekaneza ukuntu bagenda bamanitse inkoho hejuru , irakwereka ukuntu bakarisha ibipanga, irakwereka abataribake umunezere wariwishe muba civil nabasonda igihe barikobaragerageza gutera kudeta aritegerezaneza abanyagihugu naba soda buriye kuri burende umunezero wabishe, etc.
Imana imwakire mubayo nabiwe.
26 Gitugutu 2015, 21:51, par TUYIGANE
ABO BAGIZIBANABAZAKURIKIRANE URUPFU RWUWO MURYANGO BAZAHANWE