Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > inkuru > Fariouz ahishurira abakunzi biwe amajambo yanditse mu ndirimbo (...)
Fariouz ahishurira abakunzi biwe amajambo yanditse mu ndirimbo bakunze
mardi 27 Nzero 2015
Fariouz ariko ashira ahabona amajambo agize zimwe ndirimbo ziwe ivyo bita "Lyrics" zakunzwe kurusha izindi. Ivyo bifasha abakunzi biwe kumenya amajambo yaririmvye hamwe no gutahura neza ubutumwa yashatse gutanga.

Indirimbo Fizzo amaze gutanga amajambo (Lyrics) yaririmvye ni nka : Ndakumisinze, Es’iyo menya, Niko sawa, Mama, Nakulove, Urukumbuzi.
Twashimye kubereka amajambo yaririmvye mu ruririmbo rukiri rushasha Fizzo yise "Niko sawa".
"NIKO SAWA"
Intangamarara: yup, fizzo baby.. Pastor. P on the beat, Niko sawa
Igitero ca 1
Maisha ni ya Mungu/
Niache nile vyangu/
Ni jasho yangu/
Mbona mnapiga majungu/
Kanipa Mungu/
Ni riziki yangu/
Matunda ya kazi zangu/
Achana na maisha yangu/
Inyitangizo y’Icitabirizo
Oh mara fizzo kalewa/
Tunashindwa mtambuwa/
Nani kaninunulia?
Kama nalewa ni pesa yangu/
fizzo kalewa , atapagawa/
Nyie ndo mtachachawa/
Mi niko sawa na life yangu/
Icitabirizo
mi niko sawa, wewe uko sawa?
Yule iko sawa, sawa sawa
Mi niko sawa, mifuko iko sasa
Mademu wako sawa
Sawa sawa
Igitero ca 2
Alichopanga Mungu/
Mwanadamu hawezi panguwa/
Mabadiliko yangu /
Yamefanya wengi wasiwe sawa/
Alichopanga Mungu /
Mwanadamu hawezi panguwa /
Hata mkikesha riziki yangu /
Hamto iziwia/
Inyitangizo y’Icitabirizo:
Icitabirizo:
Asante Mola mi nakula
Asante Mola mi nalala
Asante Mola mi nakula
Asante Mola kwa afya bora
Inyitangizo y’Icitabirizo:
Icitabirizo:
Yanditswe yongera irimbwa na Mugani, amajwi yatunganijwe na Pastor P na Mugani muri African Sound Studio( Written & composed by Mugani, arranged by Pastor P & Mugani at African Sound Studio.)
Muri zirya twabashikirije hari urwo mushaka ko tubaha amajambo arimwo?
Umviriza rero ayo majambo ari mu majwi akoze neza mu ruririmbo.
Cherif Nkeshimana
Messages
31 Nzero 2015, 06:44, par Lol
We unataka kujikufia weye..................Tekereza nta succe ugufise uri umukuyakuya w.imakamba.tekereza ntanumwe akigukeneye .............wa Mborerwa y,imalaya
18 Ntwarante 2015, 20:09, par joachim niyoyitungira
uyo ndo gnrl wa music.bakwanke bareke maisha niya mungu.p6@love
24 Nyakanga 2016, 10:48, par joe sne sagna
uwo lol ntanuko ava i makamba,none ngo ntawumukeneye?
we atari i malaya amaze guhindura iki mumuziki wuburundi