Accueil > Poritike > Imigambwe > Rwasa yashikanye ibisabwa mu kwitegura guhiganirwa ikibanza c’umukuru (...)
Rwasa yashikanye ibisabwa mu kwitegura guhiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu
samedi 9 Rusama 2015
Abariko barahiganirwa ikibanza c’ukurongora igihugu, babandanya gushikana ivyankenerwa mu murwi w’igihugu ujejwe amatora CENI.
- Agathon Rwasa
Agathon Rwasa yatwaye nawe ibisabwa kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 9 Rusama uwu mwaka, mu murwi ujejwe amatora CENI. Agathon Rwasa akaba yaserukiye urunani Amizero y’Abarundi, aho ari kumwe n’ishami ry’umugambwe UPRONA utemewe n’ubutegetsi, uwo nawo ukaba urongowe n’umushingamateka Karori Nditije.
Agathon Rwasa rero akaba yatwaye nawe ibisabwa kugira aze ahiganwe muri ayo matora, mu gihe abanywanyi biwe co kimwe n’abandi bari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike n’imigambwe itavuga rumwe na CNDD FDD, bahamagariye abarundi mu myiyerekano, yo kwanka ko Petero Nkurunziza yitoza mu kindi kiringo kigira gatatu. Iyo myiyerekano, abantu barenga kuri 15 baramaze kuhasiga ubuzima bwabo.

Aristide Nizigire
Messages
9 Rusama 2015, 15:35, par mutabazi
Agato Rwasa areba kure. Ni umugabo ntaho ahuriye n’inkozi zikibi zitwika abantu zibahora ubwoko bwabo kubera ari abahutu
9 Rusama 2015, 15:41, par NTIRA
Ntayindi nzira isigaye atari amatora nakare abarundi barayamaze bati:igiti ntikigukora mujisho kabiri,bonne chance.
9 Rusama 2015, 15:59, par kimana armand
Ww uvuga ngo batwika abantu ngo kubera abahutu nibaza ko uri umukozi wa Nkurunziza n’akarwi kiwe. Baryabicwa n’imbonerakure n’aba polisi bitwa iki. Ico womenya nà uko ubwo bwoko uriko ushir imbere ataco bumaz. Urazi abahutu Peter amaz kwica??? Menya ko umuntu wese tubuz aba ari igihombo kuko ari umuntu kandi umurundi. Urakwiye gukira iyo ndwara urwaye.
9 Rusama 2015, 16:06, par masabarakiza alexis
reka 2bemez abo ba cndd.fdd yamara ko cni ari iy,umukuruwigihugu ntaco dusha twokora yaratsinz yivy amajwi be na ndayicariy.ndongozi zacu ntimudut mukaga turangir inzira nyayo tuj mumatora cank tugume mumyirekano?Ã vs le clavier
9 Rusama 2015, 16:23, par Bazohinyuka
Rwasaaaaaaaaaaaaa!!!! Oyeeeeeeee inzinzi ni gwawe Dawe twikureko uyo mukoni nkurumbi
9 Rusama 2015, 16:26, par James
Nimba nkuko vyandikwa imyiyerekano ifatiye kunvo zubwoko Rwasa ace akurayo abamuyoboka bose.kandi nkuko vyandikwa aha ko umugambwe CNDD-FDD uriko urategura jenocide mudusigurire abizokorerwa:nubwoko?ni toute opposition?abarwasa bazobamwo?
9 Rusama 2015, 16:26, par hjgfhjl
Nukuri jewe narinda vyizeye komutama adafa guhendwa riko nibazako manifistation atayahagarika yokomeza nabo bikabatekurukana .
9 Rusama 2015, 16:37, par freedom
mbe pitapita n’umuhutu? cank umututsi?irya mvugo yiw ?"_ukinnda ugaramye..........."
9 Rusama 2015, 16:56, par Mwenewanyu
Ndamukeje Agathon Rwasa kuri iyo ntambwe.
9 Rusama 2015, 17:12, par mitama
Uburundi bukeney abagabo nka rwasa ! Inzira yamahoro ni amatora si manifestation canke guturira abantu.nibabandany kumbura barashobor kuvyicuza ic babikorey ! Irambir Nyakubahwa president uwukwank yihe umuti.
9 Rusama 2015, 17:47, par terimbere
bonne chance
9 Rusama 2015, 17:51, par Antoine Niyibitanta
uko biri kwose’ twebwe abarundi turakeneye kwishira no kwizana. turakeneye gukora uvyacu mumutekano ntangere.
aho bigeze Ubu twarushe kandi turipfuza kuruhuka.
9 Rusama 2015, 18:19, par hatungimana
Vyiza twokura mukanwa amacakubiri kuko vyatumye bamwe mubana b’urwanda bariko bangazwa nkibikoko bari bafise igihugu c’amavukiro.then uwuhaze urumogi ngo abahutu na batutsi!
9 Rusama 2015, 18:20, par hatungimana
Vyiza twokura mukanwa amacakubiri kuko vyatumye bamwe mubana b’urwanda bariko bangazwa nkibikoko bari bafise igihugu c’amavukiro.then uwuhaze urumogi ngo abahutu na batutsi!
9 Rusama 2015, 18:35, par Troubass
Komera Rwasa Abakwanke Biyahure.Maze Abashingamateka Bawe Bazokwirikiz Amategeko.Muri 2semaines Tuzokora Vyinshi.
9 Rusama 2015, 18:37, par cedroviano
yego birakwiye, ninvyo koko . Abarundi barakwiye kureba ubifite umumaro.
9 Rusama 2015, 19:00, par Freeman Le Sage
Bonne Chance Monsieur Rwasa,
9 Rusama 2015, 19:03, par Mélchiade
EHEEEEEEEE VYEMERE NIVYO ABANTU BAVUGA YA MUHE VYEMERE NIVYO AMATORA AZOBA MEZA CANE UKINDA UGARAMYE WICARA WUBAMA AMATORA AZOBA MEZA CANE VYEMERE NIVYO BURYA NTIMUZOPFE KUZA MURASUNGARA KUBANTU MUBURIRA MU GAHANGA VYEMERE PETER ARASENGA KANDI IMANA IRAMWUMVIRA KUBA IMANA IRIKO YOROSHA IMITIMA YABAMWE VYEMERE NIVYO ABASENGERA UBURUNDI BADAHENGAMA BARIHO VYEMERE NIVYO RWASA UREREKANYE ICIYUMVIRO CIZA ARIKO ATTETION PAR NDITIJE NINZOKA KANDI WONGERE UHANURE UMUVUGIZI WAWE MAGERA ATI REKA GUKURIKIRA ABO BASANZESHEKE NTUZOSUBIRE KWIGIRA TUMWE TWA 2010 WACA WANGARA UZOBUKOREYE NDITIJE
9 Rusama 2015, 19:08, par patient
rero nibahagarike imyiyerekano abarundi barashoboye guca urwananiye ngoma,kuko ntayindinzira irashe atariy’amatora.
9 Rusama 2015, 20:01, par joseph
rekaturorere!!!
9 Rusama 2015, 21:26, par NDIHOKUBWAYO VIANNEY
HEW GEND NAWE URABE KO WOTENTENT AMACHANCE NIKOBIMEZ.
9 Rusama 2015, 21:40, par kabwa
Abantu biyumvira kwinshi ariko jewe sindi mubibaza ko gutanga dossier muri CENI kwa Rwasa bisigura ko ahevye manifestation, loin de loi. Il se dit que si une candidature de celui qui n’en a pas le droit, je veut dire celle de PITAPITA, a été déposée , à plus forte raison, celle de RWASA légale mérite de l’être. La candidature de PITAPITA par ailleurs, illégale, ne met pas fin au droit de RWASA de déposer son dossier. Ce qui est plutôt surprenant est le dépôt de la candidature de PITAPITA, illégale et non celle de RWASA. Comprenez alors que le dépôt de sa candidature n’est donc pas synonyme de retrait des manfestants de son parti, loin de là , il continue à soutenir les manifestations. C’est pour que, au cas où lui et son équipe n’arrivent pas à évincer NKURUNZIZA qu’il puisse quand même participer aux éléctions. C’est une question de prudence et non de soumission à la regrettable sortie médiatique de PITAPITA.
9 Rusama 2015, 22:27, par dada
Ntamuntu asenga yubahuka gusuka abapolice mubanyagihungu ngo babarase.mbega ayomaraso musesa mwibaza ko mutazoyabazwa.komera mutama gwasa IMANA iguhezagire.naho tuziko urimubarundi baburagizwa niyo ntwaro yigikenye
9 Rusama 2015, 22:36, par Joseph Gasabiko
agiz neza gutanga dossier yiwe!ahejej kwerekan ko ariw abarund twizeyemw urukiza mu gushayur uburundi,natw tuzomutora!
9 Rusama 2015, 23:00, par Chacha
Gwasa,korea kumuheto,ndakwijeje ko intsinzi ariyawe nyimba amatora atazohava yibwa.kk ibiri mwiki gihugu cacu c,uburundi ari ivyubusuma nuburyarya.ariko yesu nivyose.
9 Rusama 2015, 23:32, par Christopher
Komera k’umuheto Mutama Rwasa we mizero ya Barundi. Naho ico gihweba Nkurunziza Pierre kimenyeko imyaka 10 yaheze. Ubu abarundi turindiranye igishika cinshi kugira Rwasa Agathon aze gusubiza abarundi umutamana. South Africa, Europe, America tutavuze I Burundi. Tuzogutora 100%. Naho uyo munyoni Nkurunziza atunzwe nubusuma no guca mubisaka. Ahirahire tuzomwerekako kudahaba Imbwa vyorora imisega. Viva FNL viva, Terimbere Rwasa Agathon Terimbere
9 Rusama 2015, 23:50, par kaneza florA SCHEILLA
Sha RWASA uranyeretse aho uhagaze nawewe nimba wemeye kujaku deposa nuko wemeye mandat ya 3 ariko nagomba ndakubwire kutakaje amajwi menshi kandi uze uzosezererwa nka cndd-fdd nkakurya urya muvugabutumwa yabivuze NYANGOMA arabatwara ntakibuza hama manifestation irabandanya naho wikuyemwo kushika nkurumbi ahevye mandat ya3
10 Rusama 2015, 10:19
nyiye watu wamandamno wa bujumbura wilaya 5 kwa 129 je nyiye hata theruthi hamfikie acheni kelele zenu mweeee ...
10 Rusama 2015, 10:37, par mutama
Mumatama thank yu wewe niwe uburundi tugiye gutera iteka nutaduhemukira nkabandi nguzane modani obeyere kuko aho kumenya ko pawa irimuntoke zacu rero genda utubere hiro imboneza rwagasore yazanye ukwikukira bamuraba bwajisho ndadaye nawe ngo ntitwotwarwa nimanki ntibamenyeko aribwabwenge buke bwokwisamburirako nkimpene yarimutama jenera ciramaze
10 Rusama 2015, 10:54, par nayisi
bandanya mutama imawna ikuje imbere.kandi ufashe cane iyo ngendo igayitse yabatagomba gusangira nabandi
10 Rusama 2015, 13:20, par Nizigiyimana Eric
Mutama Turinyuma Yanyu Ndabipfurije Intsinzi Nimwe Uburundi Bwari Burindiriye Shishikara Ushike Kure
10 Rusama 2015, 14:36, par ndayishimiyejean1
Mutama komera kumuheto ejo niheza
10 Rusama 2015, 14:57, par EGIDE
MUTAMA TERA IMBERE
11 Rusama 2015, 00:41, par Ahmed
Mutama turakwizeye imana irikumwe nawe we komera
11 Rusama 2015, 08:01, par thomas
Komera mutama turinyuma yawe kimw nsaba petero nkurunziza kudafata abarund nkabagererwa
11 Rusama 2015, 09:26, par Aferky
Uwo nawe ivyiyumviro vyiwe nivyo mwishamba, ntaho twoba tuvuye canke tugiye. Abatama nka Ntiba, Cyprien, Minani, Canke mubakiribato boshobora gutezimbere igihugu nka Alexis Sinduhije nabandi nibo uburundi bukeneye.
11 Rusama 2015, 16:37, par Ally hassan
Abo dushaka ko badutwara niba tubwire impavu bemey gushikana muri ceni ico bisisgura kand barundi nimusengere inama ya mercred murakoze
12 Rusama 2015, 20:56, par ABERI KIYENZI
MUTAMA TUGOMBATUKWIZERE NAWETURABE ICO WOFASHA LIRALE NABARUNDIBOSE TERIMBERE USABE IMANA BIZOSOBOKA
12 Rusama 2015, 21:15, par ABERI ZONEKIYENZI
MUTAMA NDAGUTEYE INTEGE WICUNGE NDAZI UZODUTWARANEZA PORITIKE ZIRARUTANA YIWAWE IRARENZE SENGUZORONKA
12 Rusama 2015, 21:15, par ABERI ZONEKIYENZI
MUTAMA NDAGUTEYE INTEGE WICUNGE NDAZI UZODUTWARANEZA PORITIKE ZIRARUTANA YIWAWE IRARENZE SENGUZORONKA
12 Rusama 2015, 21:17, par ABERI ZONEKIYENZI
MUTAMA NDAGUTEYE INTEGE WICUNGE NDAZI UZODUTWARANEZA PORITIKE ZIRARUTANA YIWAWE IRARENZE SENGUZORONKA
15 Rusama 2015, 14:25, par Aaron
Kubikora Nivyiza,agatima Ariko!
18 Rusama 2015, 15:37, par Bucumi Louis
Ahubwo yari yatevye abarundi n’amakungu niwe batezeko amaso gusa aragabe ntibazomuce murihumye nka 2010.
21 Rusama 2015, 14:27, par Bacam
Ishallah Mutama Agato Gwasa Mukomeze Gusenga Muzostinda Imana Ibaje Imbere
22 Rusama 2015, 11:42, par bucumi
Mutama agathon,mukomere na cane cane mukwiyamamaza nigihe c’amatora kuko warumvise ingene manasse yavuze kuvyamatora 2010?abo muhiganwa ubu ntibicara nagato,baguma barondera inzira bazonyuzamwo mugusubira gutsinda!kuko inzira yambere manasse yarayimenyekanishije uburero harageze nawe aho userukira abarundi mumakungu.iyo wicaye ukibaza kundirimbo zasohotse,<<bacemwo ntibabona>>ntakintu rikwigisha?