Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuryango wa Welly Fleury NZITONDA wamusezeye irya nyuma
Umuryango wa Welly Fleury NZITONDA wamusezeye irya nyuma
mardi 10 Munyonyo 2015, par
Welly Fleury NZITONDA umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yahambwe mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri.
Umuryango wiwe wamusezeye irya nyuma, haca hakurikira inkuka y’imisa yabereye kuri paruwasi yitiriwe ababikira Bene Bernadetta.

Welly Fleury Nzitonda, umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yari yafatiwe ku Mutakura, abaporisi bamufashe bamutwara mu kibanza kitari bwamenyekane.
Amakuru y’uko yagandaguwe yahavuye amenyekana mu nyuma, ikiziga ciwe gitorwa ku Mutakura kw’ibarabara rya 12.
Petero Karaveri MBONIMPA umuvyeyi wa Welly Fleury NZITONDA akaba atashoboye gushika muri urwo rubanza rw’ugushingura umuhungu wiwe, kuko asanzwe ari kwivuza mu gihugu c’ububirigi. Ku musego aho ari, Petero Karaveri MBONIMPA akaba yamenyesheje ko yamaze kugirira ikigongwe abamuhekuye.

Aho ari mu gihugu c’Ububirigi, Petero Karaveri MBONIMPA, umukuru w’ishirahamwe APRODH yarungikiye ubutumwa abari bagiye guherekeza Welly Fleury NZITONDA. Yababwiye ati : Ndiko ndabikurikirana ku masanamu. Nagomba nshimire abo bantu bose bahambereye nk’uko nari nabibasavye. Kuko umuhigi ari kure atavuna imbwa. Ntihagire uwihebura kubera aya magogwa turimwo. Imana irabifitiye inyishu.
Nayo Welly wanje agiye kubana nayo imyaka idahera.
Aya magogwa ndiko ndabona azobere inyishu ikibazo c’Uburundi kandi ndavyizeye kandi atari kera. Imana yo mw’ijuru atariyo hejuru ihabwe icubahiro. AMEN"

IGIHE
Messages
10 Munyonyo 2015, 12:19, par WELLY
abamuhekuye arabazi nabonyene yirigwa aratera intege mugabo ararinda gutaga umwanawiwe
10 Munyonyo 2015, 12:20, par WELLY
abamuhekuye arabazi nabonyene yirigwa aratera intege mugabo ararinda gutaga umwanawiwe
10 Munyonyo 2015, 13:13, par junja
niyigumye.bakokeza.intanbarabatazikonabakunzibarwamwo.ntaruganbarwijana.seyaraziko.ovuakokeza.atabuhonbe.azogiramwo
10 Munyonyo 2015, 13:57, par gihugu
IMANA RUGIRA VYOSE imwakire mu bwami bwayo kandi iremesh abavyeyi yasiz muvyeyi BIKIRA MARIYA niwuzi kangah abavyeyi buwo muhisi kangah bamukunda kangah bamwitayeho gushika kururwo rugero yaragezemwo nubambariz ku Mana ubahoz ubabungabunge bo n’ibibondo bisigay ubafukish umutamana waw w’intamenwa ,abo nabo biyita WELLY na Junja IMANA irababona kdi ihora ihoz ntakiguzi mwatanz kugera iyi saha kandi iyo ziguhay ziyita umuhinga uno munsi nibo ejo ni mwebw
10 Munyonyo 2015, 14:33, par sisi
Ngira mbonimpa arabonye isomo.yamafoto ya vyabiziga yaza araja kudandaza kubazu ngo yabibonye kiriba ondes,baraba baramurungikiye amafoto y’umuhungu n’umukwe wiwe ashire hamwe niyiwe bamusudiriye igisasu mwitama ariko barondera mubwenge hama acashira ababirigi basha bazomuha agakwiye ngira azoronk ahagurira uwundi welly kuko azoba afise ryishi ashize kuyo bamuhaye kubiziga vya ondes
10 Munyonyo 2015, 14:57, par maso
cakigwarudubi jacques bigirimana ngo aya n, amasanamu ya 93. emwe! kubura ijambo kubera inyaga n, ibara. ntamurundi n, umwe arekuriwe kwibagira amajambo avugwa n, uyomuhemu.
10 Munyonyo 2015, 15:22, par ortega
Kazibe Wamuja We W’interahamwe Abo Mutama Mbonimpa Bakorana Nabaporisi Kwaribo Bamuhekuye?
10 Munyonyo 2015, 15:26, par bamporubusa
junja ntubeshye na Nkurunziza hamwe na Reveriyano babwiye abantu ngo nibicyane ngo azabakingira ubwicyanyi bakokeza nabo ababo barashobora kuburwamo,twese tuva amaraso
10 Munyonyo 2015, 16:02, par ana
ortega urikijuju gambonimpa yatwa ye umwanawiwe ikuzimu
10 Munyonyo 2015, 16:03, par ana
ortega urikijuju gambonimpa yatwa ye umwanawiwe ikuzimu
10 Munyonyo 2015, 16:27, par welly
uyo welly niweyarimubarasa ntibita ganje yaguye kurugamba yatumwe nase mbonimpa ingaboziraguhereyeko wena kagame aboyarugitse bose bahenze atagu yekudedempa
10 Munyonyo 2015, 16:28, par welly
uyo welly niweyarimubarasa ntibita ganje yaguye kurugamba yatumwe nase mbonimpa ingaboziraguhereyeko wena kagame aboyarugitse bose bahenze atagu yekudedempa
10 Munyonyo 2015, 19:01, par Pontien
Ndavye ivy’abagira commentaire kurupfu rw’uwo mwana bavuga, bintera ubwoba! Abarundi benshi musigaye mufise umutima uva kuri satani! Ntamuntu afise umutima uva ku Mana anezererwa nuko umuntu apfa uko yoba ari kwose n’uko yoba yarameze kwose!
Murabe neza musigaye muri abicanyi birenze urugero. Erega umuhero w’isi utanguriye mu Burundi! Uko vyahora bimeze kera naho umwasi wawe yopfa warababara cane ukicuza none ubu bigeze iyo hose? None muzokwica nde mureke nde? Hasigaye gato namwe ubwanyu mukiyahura!
Mushaka mwokwihana mukareka amacakubiri ntaco bizobashikanako ciza kiretse kubashikana ikuzimu kwa satani mukabana nawe mu muriro utazima Imana yateguriye abakora n’abavuga nkivyo mukora kandi nkivyo muvuga. Ibibogaboga mu mutima w’umuntu nivyo akanwa kavuga. Isubireko bigishoboka!
10 Munyonyo 2015, 20:13, par ABISI
ABATWENGA NIBATWENG KUKO BAVUGA BATI RURIY ABANDI RUTABIBAGIY.ABO BAPOLISI HAZOGRAHO URUHIGI RUHINDUKIRA.
10 Munyonyo 2015, 20:18, par houssen
uru rubuga tuzoruheba kuko mwakira ibitandero ntamuntu numwe mwakiriye yavuze ivyakamaro .abantu.nkabo ntimuba mukwiye kubakirira ibitekerezo vyabo namwebwe ayomakosa ndayabaharurako nimwebwe muturerekera ivyo bitandero!zamurakira abafise ivyiyumviro vyubaka! mugabo birumvikana usanga bavyariwe mwibarabara bareregwa mwibarabara nonewumva iyondero bazoyikurahe?
10 Munyonyo 2015, 23:15, par Muhoza
Ndasavye amara7o ziwe aze acahumire.ABA DD MUSAG6WE GUKO MUZOBAzwa 8YISHH
10 Munyonyo 2015, 23:19, par Grd
Uyo maso ava amaraso?Ntanyungu n’umutahe bizova mumaraso !Mbonimpa n’umugabo naho utamwemera agateka agwanira n’akawe karimwo.Mana dusenga yo m8juru atariyo hejuru cambu ca mutama turengere udutabare!
10 Munyonyo 2015, 23:29, par zitonda
imana yo mwijuru no mwakire mubwami bwiewe ariko bamenye ivyobakora imana izabahora ayamaraso yirigwaarsseseka bamenye ko.mwijuru hari mana izikuhora imsna nire here igihugu ciburundi sawamurakoze
11 Munyonyo 2015, 00:44, par Worlde
@ WELLY
Ntakinryohera nko gutahura ko twese tuzocirirwa imanza kandi tugahanwa atagiturire. Ijambo rigukunze rikuguma munda. Wewe usanga umunezero mw’iseseka ryamaraso y’inzirakarengane, wumva vyukuri wimariye iki?
11 Munyonyo 2015, 04:09, par yaya
Uwitwa welly nivyiza gutamba kumivyimba mwaratakaranga mukirundi bavuga sakirimikibi yatanze umurozi gupfa kandi ngo ruriyabandi rutakwibagiye za muravuga make
11 Munyonyo 2015, 07:04, par Karusi
Emwee barundi mbeko muterana imiragwe!!Ninde Muri Twebw Abarund Azomar Imyaka 100 Ans?Zenibaz Yuko Nkuko Twes Tuva Amaraso Twomeny Ko Umunt Ari Umunt,tukareka Kwigra Intumva!Bamwe Tubakingra Aband Tukabahohotra!Jenibaz Ko Khadafi Atananiranye.
11 Munyonyo 2015, 08:10, par Mpozamarira Erias
Niyigira mahoro, nabamugandaguye nabonyene ntamyaka 1oo bazomara.rurabarindiriye.
11 Munyonyo 2015, 08:57, par che
Muzehe Mbonimpa ’umuryango wose mwihangane nta mvura idahita, Imana yo mw’ijuru dusenga irababona kandi ntizoreka ngo igihugu gikomeze guheranwa n’agahinda.!
11 Munyonyo 2015, 14:19, par Martin Nyandwi
mutama claver ihangane kuk imana niyonyishu kimwe gusa ntamvra idahita nawe welly fleury imana nimwakir mubwami bwayo amen.
11 Munyonyo 2015, 20:09, par Hakizimana er
Imana imwakire mubayo!
11 Munyonyo 2015, 20:38, par Ndayiragije Gaspard
nyakubahwa humura ntakiba Imana itakizi gusa willy Imana imwakire mubwami bwayo gira aho uba wubahwe urware ukira.
11 Munyonyo 2015, 21:01, par niyokwizera
bizohera ivyo muburundi
11 Munyonyo 2015, 21:09, par josué
ibiri muburundi bizohera
12 Munyonyo 2015, 05:31, par chris gabby
mbega iyo mutakura yari mubiki?ku rugamba?guhiga abapolisi ahorere se?intambara ntagahimbo kajamwo,ndabarahiye ntamuntu yavukiye aha i bujumbra yoshobora ikiroberi ndetse no mugisoda c’amategeko ntabarimwo kiretse umwana wa nyakubahwa nkurunziza,mbonimpa nabone ko urucira abahutu rugatwara abatutsi,ubwoko butirwanira buragapfa buhone ivyo na bible iravyera.abahutu twarashitse kuhava s’ejo,ubuho na twebwe inkoho turazifise sinkakera,72,88,93.
12 Munyonyo 2015, 07:16, par Mbonimpa
None Abarundi Murantwenza! Nane Mbonimpa Yarungika Abarundi Mwibarabara Azi Ko Ruzohitana Umwansi Gusa? Numukunzi Rurajana!! Gupfa Nako Twese Tuzopfa Mugabo Mbon We Azopfa Yaratunturiye Kwisi Kuko Niwe Yabikwize!
12 Munyonyo 2015, 09:24, par ndiho
wa muntu wanditse ko mbonimpa azopfa atuntuye isi ntayo uzi haraho weho ugutuntura kwiwe kwogwizwa kenshi wewe ko ukiri kw’isi nyakuvumwa .....Imana yo ntiraba nkawe...
12 Munyonyo 2015, 21:14, par nzambimana
ndababay umukama ati baharire kuko batazi ico bakor
12 Munyonyo 2015, 22:03, par Nizigiyimana
Wili Imana Ikwakire Mubwami Bwayo
16 Munyonyo 2015, 08:38, par Mpozamarira Erias
Muhoza wewe bira boneka ko woba uri mubirirwa baragandagura inzirakarengane, kuko nimvugo yawe irakuranga biraboneka kowabamazepe. Murabesha basha naho mwirirwa murica benewanyu, ikinogo canyu kirarindiriye.
14 Kigarama 2016, 16:46, par Evelyne
Nsubiy Kubabara Nibuts Uwo Mwana.Nkah Bamuhoy Iki? Imana Nibaharire Ntibaz Ico Bakora.