IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi 28 b’Intamba mu rugamba batarenza imyaka 20 batumweko kwitegurira (...)

Abakinyi 28 b’Intamba mu rugamba batarenza imyaka 20 batumweko kwitegurira urukino na Ethiopie

lundi 19 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Muri iryo higanwa, Intamba mu Rugamba zizokina urukino rwa mbere na Ethiopie, urwo rukino rukaba ruzobera i Addis-Abeba kw’igenekerezo rya 31 Ntwarante 2018, ni ukuvuga mu minsi 12. Urukino rw’ugusubiriza ruzoca rubera mu Burundi, kw’igenekerezo rya ritaramenyeshwa. Hagati y’Uburundi na Ethiopie, umurwi uzotsinda uzoca uhura na Sudan ya ruguru.

Abakinyi batumweko kandi batangura umwiherero kuva kuri uwu wa mbere ni :

Abanyegori

1. RUKUNDO Onesime (MESSAGER NGOZI)
2. NDIKURIYO Patient (AIGLE NOIR)
3. NDUWIMANA Haile Shalom (NGOZI CITY)

Abakinyi bakina inyuma

4.SELEMAN Moustafa (AIGLE NOIR)
5. MURYANGO Moussa (VITAL’O)
6. NDORIYOBIJA Eric (LLB)
7. VYIZIGIRO Lewis (MESSAGER NGOZI)
8. NDIZEYE Eric (MUSONGATI)
9. BIGIRIMANA Ramadhan (AIGLE NOIR)
10. KASHINDI Joseph (VITAL’O)
11. BARANDONDERA Abdul Karim (MUSONGATI)
12. NDAYE Chancel (LLB)
13. NAHIMANA Ramadhan (MESSAGER BUJA)

Abakinyi bo hagati

14. MBIRIZI Éric (BUJA CITY)
15. MURYANGO Mabano (AIGLE NOIR)
16. EZA Armel (NGOZI CITY)
17. NAHIMANA Guy (BUJA CITY)
18. NDAYISHIMIYE Youssouf (AIGLE NOIR)
19. NSENGIYUMVA Rahim (MESSAGER NGOZI)
20. NDIKUMANA Magloire (OLYMPIC STAR)

Abasatirizi bakina k’uruhande

21. DJUMA muhamed ( MUSONGATI)
22. ULIMWENGU Jules (LLB)
23. KWIZERA Eric (LES LIERRES)
24. YAHYA Sadiki (FLAMBEAU DU CENTRE)
25. RAMADHAN Pascal (OLYMPIC STAR)

Abasatirizi

26. SHAKA bienvenue (AIGLE NOIR)
27. IRAKOZE Saidi ( MUSONGATI)
28. MAVUGO Cédric Titi ( AIGLE NOIR)


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.