Kwidagadura
Sc : Tele Renaissance
Inyuma Yogutahuka Mugihugu Ciwe Umuririmvyi Sat B Yongeye Gushira Kumugaragaro Indirimbo Yiwe Nshasha ’Show Time’ afadikanije na Miss...
Umuririmvyi Jean Pierre NIMBONA batazira KIDUM avuga ko ibiteramo aheruka kuremesha muri Australie vyagenze nabi kubera abantu bahimirije abandi...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Haraheze iminsi Lolilo na Big Fizzo bongeye kutumvikana kubera indirimbo ya Lolilo yitwa “URUWAMBERE” isa cane n’iya Big Fizzo yitwa “NAKULOVE”....
Umuririmvyi w’umurundi Sat-B ubu ari mu buhungiro mu gihugu c’Urwanda,yashize ahabona indirimbo nshasha yakoze ari kumwe n’umuririmvyo wo mu Rwanda...
Inyuma yaho bivunzwe ko umuririmvyikazi w’indirimbo zo guhimbaza Imana, Rose Muhando yakoroye inda y’amezi indwi, uwo mugore yavuze icatumye yica...
Sandra Bullock, umukinyi w’amareresi w’umunyamerikakazi niwe yatowe n’ikinyamakuru People nk’umugore wa mbere mwiza kw’isi yose mu mwaka...
Inyuma yaho ireresi I Mashoka imaze iminsi itorwa mu kibanza ca mbere mu mareresi yo mu karere, Jean Marie Ndihokubwayo umwe mubayiteguye...
Mu giteramo "Explosion Concert" cabereye mu gihugu c’Urwanda, Fariouz yahahuriye n’abandi baririmvyi bakomeye bo mu Rwanda n’Ubuganda. Fariouz...
Nakulove

11.03.2013
174
0
1
127485
Ubutumwa buri mu ndirimbo ya mkombozi yitwa Mucezo wa Ndani, avuga ko atamoko ari mu Burundi, ati :’’Twarabahinyuye, amoko n’umutahe wanyu...
Iradiyo n’imboneshakure vy’Uburundi RTNB vyahagaritse gushikiriza indirimbo izo arizo zose z’abaririmvyi b’Abanyarwanda n’izindi zose zifitaniye...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Umugwi w’abaririmvyi b’abarundi witwa Seraphim’s Songs uzoja mu mahiganwa mu kwezi kwa Kigarama mu gihugau ca Cote d’Ivoire. Ayo mahiganwa yitiriwe...
Uwo musore ava mu gihugu ca Turikiya afise imyaka 38 yagenze urugendo rurenga ibirometero ibihumbi bine kuresha umwigeme wo mu gihugu c’u...
Vyinshi ku muririmvyi Khadja Nin

26.11.2012
4
0
0
2196
Umuririmvyi Khadja Nin yavukiye mu Burundi italike 27 ukwezi kwa Ruheshi mu mwaka w’1959. Se wiwe yaraserukiye igihugu mumakungu. Uwo mwana wa...
Umwana yitwa Audrina yarakize ku gihamana mu bitaro vyo mu gisagara ca Texas muri reta zunze ubumwe za Amerika. Uwo mwana yari yavutse afise...
Umusore yasavye umukobwa ko bokundana bakubakana, umukobwa aramwishura ati ’’Umve wa musore we, nukuri uri mubi jewe ntivyoshoboka ko dukundana...
Nihehe umuntu yovukira mumwaka w’2013 kugira agire ubuzima bwiza ? Ishirahamwe ryishinze guteza imbere ubutunzi (The Economist Intelligence Unit)...
Muri reta zunze ubumwe za Amerika hari umukobwa yakundanye n’umuhungu hanyuma haheze iminsi barahebana. Umuhungu yari yaraguze imodoka ayandika...
Ubona ko mu gisagara uhasanga vyinshi, umugabo umwe yaje mu gisagara ahamara umwaka wose ata kazi afise. Muri ico gihe wa mugabo baca...
Umuyobozi w’ikigo SOS c’i Gitega ariko arahuza abana barerewe muri ico kigo n’ababa hanze mu ntumbero yo kubategurira kubana neza. Ku wa 16...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...