Ikoh yahinduye icapa kiyiranga inyuma y’imyaka itari mike bagikoresha. Impamvu ngo ni kujana n’ibihe kandi abakunzi babo bakunda ibigezweho.
Accueil > Kwidagadura > Umugwi
Umugwi
-
Ikoh yahinduye ivyahora biyiranga
11 décembre 2017 -
Ikoh Multiservice yasohoye ururirimbo rutakozwe na Amir Pro
17 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANAIkoh Multiservice ibandanya inonosora igikorwa co kurangiza igikorwa kimaze hafi umwaka kiriko kirategurwa. Muri iyo ntumbero nyene, ba baririmvyi bari mu mugambi "U’ll Love Changes Vol2" basohoye ururirimbo rutakozwe na Amir Pro, umuhinyanyuzi asanzwe akorana na Ikoh Multiservice.
-
Abagize umurwi wa Sauti Sol bemeye gukora ibishoboka vyose kugira banezereze Abarundi
22 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANAUmurwi w’abaririmvyi Sauti Sol waraye mu gisagara ca Bujumbura kuva kuri uwu wa kane, aho uzanywe no kuremesha ibiteramo hamwe no kwunga ubucuti na bagenzi babo bo mu Burundi. Umwe wese mu bagize uwo murwi yaratanze iciyumviro haba ku bijanye n’ibiteramo eka no ku Burundi.
-
Umugwi Diaspora Band uzofasha abanyeshuri guheza uburuhuko neza
2 Myandagaro 2017Umurwi Diaspora Band waratunganije igiteramo kizoba kw’igenekerezo rya 30 Myandagaro 2017, mu ntumbero yo guherekeza abanyeshure bazoba bariko bararangiza uburuhuko, kugira babibutse ko bagiye gusubira ku mashuri.
-
Best Life Music: Umurwi watowe ku rwego mpuzamakungu
23 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M.Umurwi Best life Music wagize amahigwe yo gutorwa mu mirwi itari mike y’abaririmvyi bari k’umugabane wa Afrika. Amatora yakozwe n’ikinyamakuru African Musik Magazine Awards. Imice itari mike y’Abaririmvyi yatowe kuzoronka ubushimwe.
-
Umurwi Best Friends of God ugiye gushira ahabona urukurikirane rw’indirimbo
21 Ruheshi 2017Umurwi Best Friends of God ugizwe n’abahungu baririmba bakoresheje amajwi yabo gusa uhamagarira abantu bose batumiwe kuzokwitaba ibirori vyo gushira ahabona urukurikirane rushasha rw’indirimbo rwiswe ‘’Baho’’, bizobera ahakorera ishengero New Biginings Church riri muri quartier Asiatique, kuw’Imana igenekerezo rya 25 Ruheshi 2017.
-
Umurwi Best Life Music ntuzovyorosha muri Uvira
31 Ntwarante 2015Umurwi w’abaririmvyi ba Hip Hop "Best Life Music" ufise igiteramo gikomeye bazokorera aho muri Uvira. Young na Young Jpy bati tuzotwara umuziki utosoye wakoreye i Bujumbura, abakunzi bacu ntibazokwidoga, umunezero uzoba wose.
Muri Uvira muri Congo Iharanira Itwaro Rusangi ntibizokworoka ku munsi wa Pasika. Igiteramo c’umurwi Best Life Music casabwe n’abakunzi ba "Bar Happiness", kizovuzwamwo indirimbo z’umurwi zakunzwe cane nka Never Sleep bakoranye na Matabaro, High Girl yakorewe muri (...) -
Isanamu nshasha ibonekamwo T-Max ariko ararima, Sat B agendesha "Tukutuku"
10 Ruheshi 2014Bamwe mu bihangange mu muziki w’Uburundi bafitaniye amasezerano na "African Sound Records" baragiye hamwe basohora ururirimbo ruhamagarira Abarundi bose gukura amaboko mu mpuzu bagakora. Eka n’abo baririmvyi baboneka bariko bakora ubuzi tutamenyereye ku bantu bafatwa nk’ibihangange.
Ururirimbo rwitwa "Abakozi" rwaririmbwe n’umurwi w’ibihangange mu muziki w’Uburundi na mpuzamakungu "Buja Super Stars" ari bo T-Max. Lolilo, Sat-B, Mkombozi, Happy Famba na Black G. Urwo ruririmbo rutera akamo (...) -
Umurwi "One Heart Worship Nation"wacerejwe n’ubunebwe bwo muri "Kim Frans Record"
13 Rusama 2014Umurwi uririmba indirimbo mpimbazamana"One Heart Worship Nation" uriko umenyesha igikorwa gikomeye kitaworoheye. Ico si ikindi, n’urukwirikirane rw’indirimbo 10 baherutse gushira ahabona inyuma y’imyaka hafi 4. Insiguro n’ingorane zitari nke bagiranye n’abakora imiziki"Producteurs".
Urukwirikirane bise"Ubu Ndiho" rugizwe n’indirimbo 10 ruherutse gusohoka ruva muri "studio" Nayoth Rama Production". Manirakiza Benjamin ajejwe gutanga amakuru muri uwo murwi, avugako kugira urwo rukwirikirane (...) -
Igiteramo co kuryoherwa no gufasha kuri Star Hotel
1er Ntwarante 2014Ibiteramo vyo gukugarukira abacitse kw’icumu muri ya segenya, biciye mu biteramo birabandanya. Ishirahamwe Youth Black Shine Princess ryarateguye igiteramo aho amahera avamwo afasha mu guterera agacumu k’ubumwe ku basigaye. Bamwe mu baririmvyi bazwi kandi bakunzwe barateramisha abitaba ico giteramo.
Nk’uko biherutse kugirwa n’imvukira zo mu karere k’uburaruko bw’igisagara ca Bujumbura, mu giteramo cabereye kuri Musée Vivant, n’abandi bariko bategura guterera biciye mu giteramo. Igiteramo TWESE (...)