Umurwi w’abaririmvyi Redemption Voice washize ku mugaragaro icegeranyo kirimwo ibikorwa vyakozwe mu myaka ibiri. Bategura kandi gushira ahabona urundi rukurikirane rw’indirimbo zabo hamwe no kwagura imihora mu gukorana n’abaririmvyi bo mu karere.
Umurwi ugizwe n’abahungu 6 n’umukobwa umwe bise Redemption Voice washizweho mu ntumbero yo gutanga ubutumwa bw’urukiza, waratanze ikiganiro ku bamenyeshamakuru. Bashira ahabona icegeranyo c’ibikorwa vy’imyaka ibiri kuva mu mwaka w’2013 gushika 2014. Ico (...)
Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Redemption Voice