Amafoto yabahiganirwa kuba Miss Burundi 2018

Yanditswe na IGIHE
Kuya 1 June 2018 saa 03:50
36435
0 0

Inyuma yaho kw’igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2018 habaye guhitamwo hisunzwe kwihweza aboja mw’ihiganwa ryitiriwe umukobwa mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi,urutonde rw’abigeme bagiye guhiganirwa muri ico kibanza bamenyekanye ariko uyu mwaka abashika 17 nibo bashikanye ibisabwa kugira baje mu gice ca nyuma.

JPEG - 108 kb
Lyse Nancy Irakenuye 20 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya KAYANZA mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 112.6 kb
Loys-Ley Igiraneza 19 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya Bururi mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 98.4 kb
Dona Marvella Bizindavyi 19 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya MAKAMBA mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 66 kb
Audrey Akimana 22 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya KAYANZA mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 65.8 kb
Leila Iradukunda 23 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya KARUZI mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 117 kb
Digne Darlène Inashaka 20 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya RUMONGE mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 114.6 kb
Anaïse Audrey Masabo 21 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya GITEGA mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 111.6 kb
Ornella Uwamariya 21 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya Bururi mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 123.8 kb
Dative Uwimana 20 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya BUJUMBURA MARIE mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 121.1 kb
Bernice Bénie Ingabire 20 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya KAYANZA mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 105.5 kb
Nelsela Kimana 20 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya BUBANZA mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 115.1 kb
Stessy Ghalia Sindayigaya 22 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya GITEGA mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 104.5 kb
Marvella Binagana 21 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya NGOZI mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 129.4 kb
Lydie Marlène Ndabashika 23 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya RUTANA mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 111 kb
Welsa Bernice Mugisha 19 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya BUBANZA mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi
JPEG - 118.7 kb
Ella Chandelle Ineza 19 ans, Uyu mwigeme aserukira intara ya NGOZI mu gice ca nyuma ry ‘ihiganwa ry’umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge umwaka wa 2018 mu Burundi

Kumenyekanisha

1
uwimana venantie 10-09-2018 à 20:02

murakozecane ndabashimiye kubwamakuruyiwacu mudushikiriza ikindindashimira bbakobwaba babarundikazibitabiriye ayomahiganwa kubwanje nelsela kimanayotsinda

2
kamegeri Fulgence 25-07-2018 à 01:05

ELLA CHANDELLE INEZA miss burundi 2018

3
GAKWAVU 4-06-2018 à 19:31

mbe twebw nitwebw turi bab ark muratwenz kwata ba miss babahungu babaho?muratwenz pe!

4
lg 3-06-2018 à 13:22

Aba bakobwa bose ni beza cyane guhitamo bizagorana kugiti cyanjye Ineza ntiyancika mwifurije amahirwe*

5
Ezeceli bayisabe 2-06-2018 à 09:09

Icipfuzo canje nagomba munyereke umukobwa wambere mwiza muraya mafoto. nawa mukobwa wumunonosti niyonsaba flansine

6
mananivyose emmanul 1-06-2018 à 21:58

ego ndabashimiye kubera uburundi bwacu dusigaye dufise abakobwa beza. none bazo hirwanirirwa ino muburundi? canke barahejej kuhiganirwa mbega ntamunya muyinga numwe ariyo?

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha