IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi indwi bakuwe ku rutonde rw’umurwi AIGLE NOIR w’i Makamba

Abakinyi indwi bakuwe ku rutonde rw’umurwi AIGLE NOIR w’i Makamba

vendredi 20 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Amakuru dukura mu murwi AIGLE NOIR w’i Makamba avuga ko abo bakuwe ku rutonde bahagaritswe muri uwo murwi ku mvo z’uko badashaka kwubaha amategeko bahawe y’uko bategerezwa kuba bari i Makamba kw’igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2018, mu kibanza c’imyimenyerezo, ivyo mu gifaransa bita "Local".

Abo bakinyi indwi basezerewe muri AIGLE NOIR ni NDAYISHIMIYE Yussuf Nyange, NAHIMANA Moise, NAHIMANA Eloi Fils, NDIKUMANA Jean Etando, RUKUNDO Therence, IRAKOZE Yves hamwe na NDAYISHIMIYE Eric.

Urutonde rw’abakinyi 19 umurwi wa AIGLE NOIR usigaranye

1.NDIZEYE Aime Fales
2.SOULEMAN Moustafa
3.BIZIMANA Kelvin
4.BIGIRIMANA Séraphin
5.HAKIZIMANA Héritier
6.BIGIRIMANA Ramadhan
7.MABANO Shabani
8.SHAKA Bienvenue
9.NDIKURIYO Patient
10.NTWARI Eddy Patrick
11.KAMANA Ismaïl
12.NDAYISENGA Eliphaz
13.MAVUGO Cedric Titi
14.KANAKIMANA Bienvenue
15.SEIDOU Keita
16.NDUWIMANA Ibrahim
17.KWIZERA Abdel Samad
18.KAZE Evariste Odilon
19.HITIMANA Hamza


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.