IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > CECAFA : Uburundi bwaronse uburenganzira bwo gukina igice ca kane gishira (...)

CECAFA : Uburundi bwaronse uburenganzira bwo gukina igice ca kane gishira ica nyuma

lundi 11 décembre 2017

Mu murwi B wari uhurikiyemwo imigwi y’Uburundi, Etiyopiya, Ubuganda, Sudani y’epfo, Uburundi bwarangije igice ca mbere buri mu kibanza ca kabiri n’amanota 5, bukaza inyuma y’Ubuganda n’abwo nyene bufise amanota 5 ariko bukarusha ibitsindo Uburundi.

Muri uwo murwi nyene igihugu ca Etiyopiya kiza mu kibanza ca gatatu n’amanota 4 nayo Sudani y’epfo ikaza mu kibanza ca nyuma n’inota 1 gusa.

Mu gice ca kane gishira ica nyuma, Uburundi buzotana mu mitwe n’igihugu ca Zanzibar kiza mu kibanza ca mbere mu murwi A


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.