IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > FOOTBALL > CoupeDuMonde2018: Inkino z’igice ca kane gishira icanyuma ziratangura

CoupeDuMonde2018: Inkino z’igice ca kane gishira icanyuma ziratangura

Friday 6 July 2018, by vianney

Urundi rukino rutegekanijwe kuruno wa gatanu murico gice ca kane gishira icanyuma c’igikombe c’isi yose ruja guhuza igihugu c’Ububirigi hamwe n’igihugu ca Bresil igihe c’isaha zibiri z’ijoro.

JPEG - 41.5 kb
Urukino rwa mbere rukaba ruja guhuza igihugu c’Ubufaransa hamwe n’igihugu ca Uruguay igihe c’isaha cumi z’umuhingamo.

Inkino zitegekanijwe murico gice ca kane gishira icanyuma ku musi w’ejo igenekerezo rya 7 Mukakaro 2018 n’izizohuza igihugu ca Suede n’igihugu c’Ubwongereza igihe c’isaha cumi z’umuhingamo hamwe n’urukino ruzohuza igihugu c’Uburusiya hamwe n’igihugu ca Croatie igihe c’isaha zibiri z’ijoro.

Ibihugu bisanzwe bikomeye vyahabwa amahirwe kuzotahukana ico gikombe vyarasezeye iryo higanwa nk’igihugu c’Ubudagi gifise igikombe giheruka mu mwaka wa 2014, ibihugu vya Argentine,Espagne hamwe na Portugal.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.