IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > FFB : Imirwi ibiri yaduze mu cicaro ca kabiri yamenyekanye

FFB : Imirwi ibiri yaduze mu cicaro ca kabiri yamenyekanye

lundi 25 décembre 2017

Iyo mirwi ni Transport FC na Busoni Star wo mu ntara ya Kirundi, yaronse ubwo burenganzira inyuma y’inkino zo kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 24 Kigarama 2017.

Mu nkino zo kurondera ubwo burenganzira, umurwi Transport FC watsinze umurwi Buhumuza, ibitsindo bibiri ku busa, mu gihe umurwi Busoni Star watsinze Les Guepiers du Lac ibitsindo bitatu ku busa.

Mwomenya ko umurwi Transport FC usanzwe umenyerezwa n’umumenyereza w’umurwi Inter Star wo mu cicaro ca mbere.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.