IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Caster SEMENYA yasubiye gusiga Francine NIYONSABA mu kwiruka imetero (...)

Caster SEMENYA yasubiye gusiga Francine NIYONSABA mu kwiruka imetero 800

lundi 14 Myandagaro 2017

Francine NIYONSABA yirutse imetero 800 mu mwanya ungana n’umunota umwe, imisegonda 55 n’ivy’ijana 92 (1’55’’92), mu gihe Caster SEMENYA umunyafrika y’Epfo yabaye uwa mbere yirutse izo metero mu munota umwe imisegonda 55 n’ivy’ijana (161’55’’16).

Mu kibanza ca gatatu, umunonotsi w’umunyamerikakazi Ajee Wilson yirutse imetero 800 mu munota umwe, amasegonda 56 n’ivy’ijana 65 (1’56’’65).


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.