IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Francine NIYONSABA yasubiriye kuba uwa mbere

Francine NIYONSABA yasubiriye kuba uwa mbere

lundi 5 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Mu gutahukana intsinzi, Francine NIYONSABA yenuriye abo bari kumwe, aheza ku mwanya w’umunota umwe, n’amasegonga 58 (1min58sec31).

Yakurikiwe n’umunyamerikazi Ajee Wilson (1min58sec99), mu kibanza ca gatatu naho hakaba haje umwongereza Shelayna Oskan-Clarke (1min59sec81).

Amakuru atangwa n’abegereye Francine NIYONSABA avuga ko bitegekanijwe ko aza mu karuhuko mu Burundi muri iyi ndwi, aho bikavugwa ko ashobora gushika i Bujumbura mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Félicitation Francine umurundikazi urazwa ishinga nuguha izina ryiza igihuguca kwibarutse ukaduza i drapeau r ’UBURUNDI mumakungu Imana ibandanye ikongere rereza amagara meza uze wamewanka akagaye ka bugutanga kuririmbirwa mumakundu imana yakuduhaye ikuduko mereze umyeyi yakwibarutse aragahoraho mugongo waguhetse uragahoraho

  • Ndi umunyarwanda ukunda Uburundi cyane uyu Mukobwa aduhesheje ishema muri aka Karere duherereyemo nakomeze ajye mbere turamushyigikiye cyane

  • Ego nivyiza cane kubona dufise umuhayagizwa mumakungu kandi akaba akunda igihugu ciwe,n’abandi bamwigireko akarorero , ndaguhaye Felicitations iyo tutaza kumugarizwa mumutwe Saído nawe abageze kure ariko ko bamumugaje mutwe n’abansi b’igihugu cacu urabona ko yazimiye nukuvugwa nta kivugwa ubwo buka ari ububegito bwokugaya isahani waririyeko ,ishauriya yake asi tuulizi ,kutama menya ugwasi n’uburo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.