IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Lumitel > Free Talk : Ntahandi atari muri Lumitel

Free Talk : Ntahandi atari muri Lumitel

jeudi 13 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu kuyaga ataco mwinona andika *140# hama uyage n’incuti n’abagenzi mu mutekano ntangere.

Mu kiringo c’umusi umwe, ironkere imisegonda 129 ku mafaranga 249 gusa, imisegonda 199 ku mafaranga 349, imisegonda 285 ku mafaranga 499, imisegonda 456 ku mafaranga 799, imisegonda 570 ku mafaranga 999.

Mu kiringo c’imisi itatu, ironkere imisegonda 500 ku mafaranga 999, imisegonda 800 ku mafaranga 1499, imisegonda 1100 ku mafaranga 1999.

Utuganuke nkutwo, ntahandi muzodusanga atari muri Lumitel.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.